Reprises de manifestations à Bujumbura (images)

Publié le 18 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 15 Commentaires.

  1. Amasengesho y,abera niyo azohindura ibintu

  2. Rose Hakizimana

    Nimwanke amatora mwanke na Ndayicariye hamwe na Ntahogwiye Amatora ategerezwa kwigizwa inyuma kugira azotegugwe neza,Ugutegugwa neza nukwo Nkurunziza yoba yavuye mw ihiganwa, Nukwo kandi maniffestsation zizoba zahagaze,Nukwo abahunze bazoba bagarutse gurtyo amatora azoheza ategugwe neza abarundi batekanye
    Turabasavye ntimucike intege kuko ikvi murimukukitozo courage

  3. ahimbwa zarigatiye amaras yanaboti niho zizorigatira nayaw

  4. yoooo nibihoze iyo myiyerekano

  5. john Irabibona

    nI MUKANURE BARIKO BARABASAMAZA CANE BOBO BARIKO BIBA AMATORA NAMWE MUGUME MURI CONCENTRE KURI MANIF,BANDANYA MUCUNGE ,NTIMWEMERE IL FAUT KO VYOSE BATEGUYE BITANGURA A ZERO NA BIMWE VYO KWANDIKA. NYAMITWE NTIMUYOBEWE KO ARI UMUHANGA MUVYA INFORMATIQUE NTIBABAHENDE NGO ABO BA NATIONS UNIS BAZOYAHAGARARIRA. REKE REKA SUBIRA INYUMA HARI UBUSUMA BUKOMEYE CANE BWABAYE MWIYANDIKWA NABO BA NATIONS UN BATOFA BARATOYE .MBEGA NI KUKI BATINYA KO BITANGURA A ZERO BOSE BABIHAGARARIYE. TURANSE TWIVUYE INYUMA IVYO VYOSE CNI YAMAZE GUTEGURA NI UBUSUMA A 20%. NTA MA TORCHES NGAHO NI BITANGURE VYOSE A ZERO NIVYO TWEBWE ABARUNDI DUSAVYE KUKO HARI ICO TWAMENYE. NTI MUTINYE ARROGANCE YA PROSPER. BIRATEYE NISONI IYO TWUMVISE IVYO YUSHURA NA ARROGANCE ITABEREYE UMUKOZI WA CNI .EWE BARUNDI MURIHANGANA BIRENZE. JEWE KUBWANJE PROSPER NIWE WAMBERE NA NDAYICARIYE MWARI GUTANGURIRAKO MANIF. LERO BARIKO BARABASAMAZA MUGIHE BARIKO BAGABURIRA IMACHINI ZA CNI UBUSUMA. A BON ATTENDEUR SALUT

  6. Aureliie Nishimwe

    Gaciyubwenge aba Ministre ou pas ivyo ntibibasamaze iyo niya mikino yabo. Ico yakoze yaragikoze
    IMANA Yonyene Imuharire imuhe ubwenge spirituel asubire inyuma yibuke ko yahemutse ahemukira les innocents. Ikindi reka baze barabagira uko nyene. BABATUMA GUHEMUKA BUKEYE BAKABAKURA NKA. Reka barinde batwita Mujeri. BENE DATA NTIMUGAHEMUKE NGO MUTE ABANDI MURUDUBI MUFISE ICO MURINDIRIYE GUHEMBWA, NTACO BIMAZE KUKO NTUZOBIRYANA AMAHORO KUKO AMARASO ARAVUGA KANDI GUSHIKA NO KWIHEREZO RYAWE AZOVUGA KUKO INYUMA YURUFU HARI JUGEMENT. AHO NIHO MWIHENDERA YEMWE MUSENGA IMANA ZIBIRI.

  7. Aureliie Nishimwe

    Barundi , birababaje kubona abadutwara bose buzuye ikinyoma gusa hakabura uwuhanura uyundi. Ils ont tous le meme language kandi bazi neza ko bariko barabesha. None mubona abo bantu badutwara bari dignes yogusubira gutwara ka Gahugu kahora gatemba amata nubuki uno musi gatembamwo amaraso, ububeshi,ubusuma, ubwicanyi,inzigo, ubukunzi bwinda burenze. Ntibasubire kubesha ngo barasenga ni bareke gukinisha IMANA kuko amaraso Nkurunziza amaze gusesa yamaze kunukira IMANA. kandi aho nyene barikunda bakibagira ko bafise abana ,abagore, eka nabvyeyi nizindi ncuti. ICO NZI NTAHENGESHANYA NAHO BOSUBIRA GUTWARA IYO YINDI MYAKA, NI HAHANDI BAZOKURIKIRANWA,NIBASHAKE BATWARE NIYINDI IJANA NIHAHANDI BAZOKURIKIRANWA KUKO AMARASO ARAVUGA, AKAKWOMAKO NKA COLLE, NIMUBAREKE BAKINDE BAHAGAZE BAGARAMYE BAZORUHIRA GUHEZA NKA GAHINI.BAFISE AMARASO MENSHI CANE YABA INNOCENTS KURI BO. NI MUREKE LERO KWIGWANIRIRA MUHEREZE UHORAHO NIWE ATURWANIRIRA AGTSINDA ABO BITWAJE INKOHO,GRENADE IMIPANGA, UBUHIRI. UWITEKA WEWE IVYO NTAVYO AKORESHA. dUSABIYE IMBABAZI ABANA BABO BAGIYE KUZIRA UBUKUNZI BWUBWICANYI NINDA ZABABO.

    • Uburuona uwatwayebagahunguka
      ndi ntiburigera butemba amata nubuki kuko bene burundi bamyemubuhungiro . None ntibashobora gutora uwatwaye bagahunga babona uwatwaye bagahunguka

    • nassor prince de chateaubriant

      vrema ivyo bagira vyose un jour jure leur secret sera devoilé

  8. Ntakurekerahagati manif zatanguyeee!! Kuko muri mukuri!!! ivyo navya badabanganya,bahindagura birabaraba!!!! None ko adahamagara imigambwe yoseeee,ngo bategure amatora???Iyo macakubiri ashisha turayanse.Kandi nubandanya kugwanira agateka ka harusha kashikanye abantu kuntamwe nini.Nareke gusubiza inyuma ugwaruka!!!! Basigna,basignura barabasha!!! Société civils nukubandanya manifestation!!! Non !!! et Non!!! à la trosième mandat!!! Ayo ma jeu yabo,twayamenye,twayamenyereye!!!!! Unvikana na opposition yose aho iva ikagera!!!! kuko twe igihugu ça nous appartient.Kandi ntimusubire kwica abanyagihugu!!!! Nukuri turabavye mubareke bamanifeste !!!! Turi mukuri à 100%.Imana ibahezagire!!!! Merci Ndayizeye ngira urashika kuntambwe!!!!! Kandi usabe bugurure ama R.P.A ni zindi radio zose.Vive la démocratie partagée!!!!!Trois NON!!!!NON!!!!

  9. komez urugamba twikureko abo banyamacakubiri bo muri « GENEREATION » bagomba kudusubiza muri kahise. Non aho Peter yiruka ahindagura aba na bariya ngo azotuva imbere. Nacire birarura ariko ikiryoshe kandi gikwiye no kumukwirikirana n’uwo mu minister Kajuju yaburijemwo coup d’Etat kandi ubu uyu mugabo sewabo aba akirya imisaya hariya yaroye none reka bihurire, ahubwo nace amutwara muri campus musaga, asangeyo inziramugayo Cyrille NDAYIRUKIYE yemeye kwigura abarundi n’uburundi akavyankirwa n’uwo mugabo nawe atamaze na kabiri ari kumwe n’abo yiguze. Voilà le salaire y’uguhemuka

  10. Abamanistant ngo ni El shabab hiiiiiiiiiiiiii nimba arumukenyuro wirementanya ngo babice ou assassiner just go ahead.nkurunziza nako kagwikiwe nobahanura kugezaho bagategura kazoza keza nimiryango yabo kuko bitebe bitebuke ahobari bazohava kandi amaherezo yabo azoba mabi

  11. Kwambika police nimbonerakure ninterahamwe impuzu za gisirikare nikimwe muri coup d’etat rementanya yagomba gushikako ngo bigizeyo abasirikare bamwe bamwe baza barareka abamanistant noneho ntihagire uwucaruka.

  12. Nukur vyaray bidutangaj, bikaduha intumber k umukur w igihugu yob ashka k al shabab iduter, cnke ko yob ashka gusamaz abarundi n’amakungu, ivy rer ntiyibaz k arik akor vyiza, kuk vyos azobibazwa kand vub, we adakeney kwumvir ab arongoy mber n amakung, nakamaramaz ku gihugu vyitw k gifis amategek, k gifis uw gitwar, tubandany dusenger igihug cac nab bos bazir ubus.. Ham ivy vyos arik aragir ndets akabifashamw n’aband bategets ukameng bar mur cris d’adolescenc, bazobibazw kand bizobakurikiran ayo maraso yirigw arasesek yab innoncent, atac bazir atar guharanir agatek kazinamunt n’ ukwubahiriz amabwirizw nshingiro, COURAGE AUX MANIFESTANTS, QUE DIEU VOUS PROTEGE.
    #sindumuja_waw
    #nonau3iememandat

  13. chassez ces chiens galeux,basubiye kwica abantu nugukora ijoro numurango ba dolofo nabone tubabuze amahoro

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :