Les trois nouveaux ministres (photos)

Les trois nouveaux ministres (photos)

Publié le 19 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 7 Commentaires.

  1. Ils ressemblent étrangement à celui qui les a inconstitutionnellement nommés! Je veux dire: DES BONS EN RIEN!

  2. Uyo Emmanuel ndamuzi agwaye mu mutwe sinzi ko yaronse agahengwe. Nako ntarakaronka kuko ntawokwemera kwikorera urusyo atari we.

  3. Erega coup d’etat ntibayihebure kandi iyubu izoba itomoy!uti abaraba imboyongo!yemw ubu uwudafyura amaso ntashimirwa!warabony uko uyo mwicanyi atwara uburundi yitunuza ivyiso?nuko ataco amaze!muze mumurabe neza iyarikumwe nabagenzi be batwara ibihugu vyo muri EAC,bamwerekana yifashe neza yiteguriye i photo,abandi bacuritse imitwe bariko biyumvira kuvyo boterera kugira la region itere imbere,uwo nawe nyakubura atagiye gutera umwaku akarere,nigihugu cacu agaturumbura ivyo vyiso ngo iphoto iramucitse!erega jewe nama mbaza igituma yama yiteguriye iphoto,narabuze uwompa inyishu ariko nibaza kari kubera ajejwe kwica,harya naho ntiyokwihenda ngoyice kuko boca bamushikana neza i lahe!kandi nyamburakimazi ntiribushikirize ivyoyipfuza kubera ko barya baratsinze intambara,bashaka guteza imbere ibihugu vyabo,nayo iyo nkoto bayitahukanye nkimpunzi ntikarahera,rero igaca ishaka kuburabuza abantu bari mumakambi yimpunzi kuko nayo bayitahukanye,itatsinz!yoooyyyooikinda igaramy yubama iyo nkoto itegerezwa vuba bwa bwampi kuva kubutegetsi!urabona ako kagaye,umu candidat akura abaministres mwamubonye he?ubu rero novuga nti wiyubare!harya kwihoza birashoboka ariko kwibagira biragoye!unmuntu wese wakoreye we wigira umu kirisu!ndakubwiye ko uzovyishura!arrrr!uzuko urwo ruperezida rusigay rusesema kubera amaraso yabantu(abarundi) runwa?

  4. Murakoze bandanya amarementanya ariko uwo muntu muhaye kwivuna abansi muramudendereje nimba atariwe yidendereje. Rya ibirika mutama!!!!???? Urererwa.

  5. @ «Les trois nouveaux ministres (photos)»

    Et peut-être aussi les derniers à entrer dans la danse avant le départ définitif de Nkurunziza car la pression sur son éjection est plus forte que jamais… À suivre…

  6. Merci pour les photos! Mbona bose ari Banyamitwe, kiretse ico kibondo ciza baremetse inteba ishushe, emwe uwuramvye arabona!!! Vas-y Nyamitwe! Vas-y jouer la comédie comme ton frère Willy (lol)!
    Uyo nawe araba imboyongo ngo niwe Nkurunziza yagomwe mu batutsi bari mu Burundi?! Ngo » So akwanka akuraga ivyamunaniye »! Sokoza amasunzu ngo uje gutwara Ministère de la Défense Nationale?! No mubihe bitari ibi ntayo woshoboye mwana wa sinzi se!!!.
    Nturinde no kugurana uduhera two kugura costume ndabona ko wari unayikenye gende uko kuko ugiye gukubura aho barya bicanyi baca… Akanya bakikiramutswa… Abo bagabo iyo bava ntibagayana ngo basigaze mamajye!!! Emwe basha mwahimvye ntacoyimena, mwabonye mwambikwa amapete na Buyoya n’ amakungu ba Mandela et consorts kubera mwishe abatutsi benshi mugaca mwibaza ko igisirikare c’ uburundi gisigaye ari CENDE KIRABOREWE?? Genda mwari mubanyaye mw’ isunzu abo basoda nyabasoda n’ uko batumva!!!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :