Des IMBONERAKURE déguisés en manifestants se prennent en photo pour tenir l’image des contestations

Des IMBONERAKURE déguisés en manifestants se prennent en photo avec armes en mains pour tenir l’image des contestations

Imbonerakure manifes

Publié le 22 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 29 Commentaires.

  1. Ndacariho Kubona Ukiriho Peut Etr Ko ari derniere chance IMANA iguhay kugira ugire ubwenge:uvuz ngo muguturirwa kwa RPA BONESHA RENAISANC NA ISANGANIRO yari ukwihora kubera rema yari yahiy???mbega w’evoluer h??sinzego zumutekano zabigiz?urabaza ico zijejw?muvyo zijejw KWIHORA NTIKURIMWO,ZIJEJW GUKINGA BIKENEW ZIGAHANA KANDI NAVYO NYENE MUGUHUNA NTIZISHIKANAYO ZIRAHANURA,MBEGA UBUJUJU MUFIS BURARENZ MURAKWIY ISHUL

  2. Reférer vous aux analyses faites par CHRISTINE Deslaurier.Cette brave femme a fait un commentaire enrichant permettant à ceux qui sont à la commande aujourd’hui de rectifier certains points pour d’amples améliorations.

    Bref, Pierre Nkurunziza ,ce que je pense, a fait sien la situation au regad de ce oup d’état manqué intimement lié avec les manifestations qui sont conçues comme l’hameçon pour les putschistes, afin de diriger ce pays connaissant bien les défaillances et comment apporter des solutions.
    Si non attention avec le cyrille ndayirukiye qui a toujours éliminé des gens depuis 1980 et qui n’a pas peur de lincher ses propres tutsis,est ce qu’il aurait pitié d’égorger godefroid niyombare et zenon ndabaneze et leurs proches? Voilà le jeu casino de ce numéro 1 du putsch au vrai sens mais pas niyombare pour tromper cette pauvre masse hutu.

  3. De toutes facons la photo qui soit etre pr opposants serieux qui prennent une policiere en bavure puis relachee. Ceux qui sont intelligent ne peuvent pas monter la marque internationale da la biere (HEINEKEN) Le CNDD coe ils sont con ils voulait passer son message debile. Freres manifestants vs vs etes confrontesa des cons donc oyez vigilants, mais soyez surtout sur de vous meme pas jamais avoir confiance aux europeens, La solution est ds vous coe ts ces problemes viennent vous mm

  4. kaneza flora scheilla

    ahubwo nimwebwe muhengamye namba mutahawe amafranga namwe,but am not a judge,is the only God who will judge everyone,kuko sinibazako harumuntu numwe ashigikiye iyireta atarabantu basangiye leurs interets,uvuga ko araba opposants batanze ibigwanisho akaba aribo bariko barapfa,wewe warabonye ivyabaye nakamaramaza!!!! cndd iheza guturira isoko none yabasanze ahobariko biyandira utwabo twasigaye bacumukura bariko bironderera icobafasha abana babo nimiryango yabo hama igipolice kikabateramwo amagrenade abo none naba manifestants babishe kobapfa!!!!! babesha ariko sha ubwobuhanga bwose ahintwaro ihindukira baragowe.hama namwe mugume mushigikira amafuti,nimugezaho kuko numwana wimyaka 5 YOKUBWIRA IBIRIKO BIRABA MUGIHUGU CACU NEZA,SO SHIGIKIRA AMAHO NOT UBWICANYI.

  5. kaneza flora scheilla

    Ndacariho et Espoire,nibazako mutaba iburundi canke ntimurabarundi kuko umuntuwese yivugisha ivyabahutu canke abatutsi,vous ne savez pas se qui passent franchiment au Burundi,there is no hutu or tutsi in this matter,and uravuga ngo harabifuzako peter yobandanya atwara!!!!!ooh my God nobody who want peter nkurunziza to continue 3rd term except abobanywana amaraso nkaba adolph,ndakugarika nabakazungu eka abomuzi bari populaire mubwicanyi aribo bariko barata mukaga peter,ahubwo nkuko wenyene yavyivugiye bakinda bagaramye canke bubitsinda iyi 3eme manda ntazoryako,mbega aho mubishira mubwoko urazi aba FNL kuva 2007 gushika uyumisi yica atamuruzi akabeshara urwanda ivyovyose turabizi,vous lesdeux il faut se documenter bien ukuri muzokumenya .abo barabatutsi none??? erega natwe twarababaye,enough is enough muteshwe mute muburundi abarundi turumwe ntimuzosubira kuducanamwo kandi tuzorwanya uwowese afise amacakubiri,ntahumuntu numwe ariko arahengamira gusa turarushe nubwicanyi nicinyizwa ririmugihugu,hama guturira radio rema navyonyene uje mumatohoza naba cndd bituririyeko kuko they just wanted to cover themselves to show the world kwari abamanifestans mais heuresement the whole world new already strategy bariko barasotera guturira amaradio ariko arabavuguruza ibibi bariko barakora,kugira bice ntihagire amakungu abimenya but the LORD WE SERVE HE IS THE MIGHTY GOD,THE FATHER OF ALL BURUNDIANS. »seriously vamukuzimu muje imuntu »murakoze.

  6. REKE MUTAMA NKURUNZIZA YITOZE KUKO MANDA ZIWE NTIZIRAHERA IKINDI NUKO BARIKO BAGOMBA GUTA UBURUNDI MUKAGA .OPPOSITION IRIKITANGIBIRWANISHO IGOMBA KUVYEGEKA KUMBONERAKURE IMANIFASHE CNDDFDD BAGOMBA GUFUTA POLICE KUKO KIRIMWO HUTU NYINGI MUGABO IMANIKUNDE BURUNDI

  7. Ernest niyonzima

    nihatar ivyubu kweri biradusiga nukuri.

  8. mes chers freres et souers, vous savez ce qu,on appel susyteme? pour le parti au pouvoir? Jewe ntagitangaza kirimwo. Nomenyesha izo mbonera kure ko babahenda guko Imanga ntimarira Imana. ndasaba les manifestant agasabisho gato chaque matin dawe watwese 2 guko amadini yose aremera ico gisabisho. ntakabuza ukuri kuzotsinda. Imana ibazigame muburuhe mufise. Amen

  9. Iyo info niya vraie. Uwo afise inkoho ndamuzi bihagije. Yitwa Arsene, ahora aba mukinama. Yaragwanye muri CNDD-FDD. Après la fusion de l’armée, yarakoze mugipolice mugatumba n’imuyinga. Vraie umbonerakure ce type.

  10. Pour lever toute équivoque, quiconque connait les noms de ces soi-disant imbonerakure les portent a la connaissance de tout le monde. Ca aiderait aussi de connaitre le quartier dans lequel ils vivent. Comme ca, ikinyoma canke ukuri bije ahabona.

  11. Hahaha«poritike zirarutana bagenzi.

  12. Joshua MWAMUTSA MULOKOLE

    Mutama we pfa kuruta mugabo hariho intumva.Ntanarimwe umututsi yigeze ategura ubwicanyi atabanje kurondera abahutu yikingiriza.raba mukugandagura ndadaye babanje kurondera ba ngeze n’abandi kugira berekane ko atavyubwoko birimwo.ibi biheruka barondeye niyombare umuhutu kugira vyitwe ko ari umuhutu atembagaje uwundi.ariko plan yari nkimwe yo murwanda,bari guca bamutembagaza canke bakamwica.Abo bahutu birirwa mumabarabara bamenye ko ari ibikoresho kuko abatutsi bobo barazi ico bagomba gushikako.N’umwana arabibona ko batanka 3e mandat,banka intwaro y’umuhutu. bavuga ngo n’ukwibohora,ijambo ryakoreshwa n’inkotanyi.rero baracibaza ko uwushaka umuhutu amutuma uwundi,ariko bomenya ko abahutu bibijuju ari barya nyene biranwa mumabarabara,abandi bobo baramaze guca akenge ari naco gituma umusi umwe bazobona yasegenya ndadaye yavuga ibasanga muraryamabarabara bayabikuriremwo atabinyanya nkabirya vy’igipolisi n’igisoda.

    • Ewe warize kandi waramenye ubwoko ntibubuza ubworo n’ubwoba.

    • Ewe joshua mwamutsa uri ikijuju? ubwenge bwawe ntiburakwereka ko Nkurunziza ata vision afise? mbega umukurikira uravye ubwoko bwiwe gusa, canke hariho utu aventage umukurako naho yoba ataho ariko arakujana womugwa inyuma? urya ntakazoza kigihugu uzotuzanira atari kudusubiza inyuma. Nayo ivyamoko urashima ubwoko imana yaguhaye nibwo bukubereye. Hariho abari fier yubwo wanka kandi niteka ryabo. Naw sinibaza kufise amacakubiri ahubwo nibaza ko ushaka ibijuju bikujinyuma nkawe!

  13. Fabien Ndayizeye

    Mon Dieu!!Quelle malignité de ces voyous!!!Chers manifestants,soyez prudents car le système du cndd fdd est difficile à maîtriser!!!

  14. ivyo muvuga floride vyose biri problable mgb nta cemeza na kimwe kuri iyo foto ko ar imbonerakure. kugeza ubu abari mw ibarabara si imbonerakure. priere a la source de fournir des explications sur la photo car ca prouve pas k ce sont des imbonerakures. soyons francs n essayons pas d etre penchants

  15. NDIHOKUBWAYO Floride

    Florida Ndihokubwayo
    Imbere y’uko ama radiyo aturirwa, vyaravuzwe ko Peter n’abiwe bazotuma imbonerakure zifise ibigwanisho mu ba manifestants, ivyo uno munsi nivyo bibaye kandi ntidutangaye, kuko mu burundi ikivuzwe kiraba. Mwibuke ko Gilbert NIYONKURU umumenyeshamakuru wa RPA, yavuze ko RPA izoturigwa kandi ivyo biherutse kuba. Ico nomenyesha Wenthworth na Ndacariho ivyo imbonerakure birazwi, nibageze aho irementanya. Mbe icatumye Pascal Nyabenda n’ abiwe banka amatohoza ataho yegamiye akorwa kuri dossier Kiriba Ondes ni igiki? Ni iki berekanye uno munsi. Ico nomenyesha izo mbonerakure ni uko abarundi uno munsi bazi gutandukanya icatsi n’ururo.

    • Toi aussi tu es Imbonerekure, il faut l’admetre. Si tu es en contact avec les Imbonerakure, vous echangez meme les photos, que ce que tu as a dire a nous qui ne connaissent pas comment sont, ces Imbonerakure. On peux alors conclure que les Imbonerakure dont vous, vous parlez sont de votre creation, vous avez crees un groupe que vous utilisez et que vous avez surnome aussi Imbonerakure. Vous faites ce que vous dites que les Imbonerakure sont capables a faire. Il n’y as pas toi et Imbonerakure parce que vous etes confondu.
      Parlant des radio brules; vous avez brules les maisons, les voitures, les hommes, les pneux, et la radion REMA FM. Les autres radio ont ete brule apres la destruction de la radio Rema FM pour se venger je me dit. Que ce que vous croyez, ne pensez pas que il y a ceux qui sont tres faches because of your ill doing sous tretext du 3e Mandat. When these angry people will feel as enough is enough, they will atack you and le plus fort vencra. My question is this, what will become Burundi? and those who suport you today, what will soon suport, you or those citizens whom you are provoking today? Think carefully, what will be the end of your madness. We all need peace and justice, but in a good way, without jeopadizing lives of other citizens who are neutral to 3e Mandat issue; who have choosen to love Nkurunzira as their president. Don’t you think they have their right to choose who they think has done the most job in their life as you too has the right to refuse who you think has been a bad news to Burundians?
      Ce que tu appel amatohoza ataho yegamiye arafise aho yegamiye, kuko urafise aho ushaka ko yegamira. Ushaka ko amatohoza agenda uko uvyifuza. Il ne faut pas etre egoiste; parce que tu ne veux pas un judge, cet judge deviens automatiquement corrompu!!! Kuki mukwegera iyo muri gusa? Votre cerveaux doit guider les cerveaux de tous les Burundais? Vyose ni bibi iyo bitateguwe namwe!!!!; Aba biligi nibo babononye muragowe.

  16. Hama baharire ko ataborwanisho batanze iyo ninkoni?

  17. Ou avez vous trouves cette photo comme vous etes pas Imbonerakure. ikibwirwa ni icumva abobantu babarimwo batashaka gutahura votre language, ko imbonerakure isigura assaillant de l’epoque des sans echec n’igisoda c’ubwoko bumwe nakazi kabo, bazobimenya ababo babahezeko kandi ataco bagikiza. En 1972, le presindent de la republique Micombero a donne un discours sur la chaine televise Europeen en justifiant que abo yishe bari ABAMENJA. Il a dit que atigeze yica umuntu n’umwe wumu innocent, et si on pense a Mr Muhakwanke n’abandi benshi qui ont fait confience a son gouvernement et qu’ on avaient convencue qu’ils n’etaint pas dans le groupe de ces bamenja, ils ont soutenue l’idee de leur leader Micombero. Bababwiye ngo bahunge, ils repondaient, No, jewe ntacaha nakoze abo bafatwa bafise ico babagiriza, mais apres ont les a tous arrete et tue’s en toute silence ntanumwe yamenya ico mugenziwe yabaye. Baratwawe ntibagarutse. Kugeza uyumunsi ntanumwe azi aho bahambwe. Ivyo ntibari kubikora bataronse suport ya bamwe dans le people Hutu babwira ngo ni beza gusumba abandi. SVP, Il faut comprendre mon message, n’ukugira wewe ukiri muto utazi ikiri inyuma y’abagutuma kuja mwibarabara; agasagwa udashigikiye ivyabaye kera, reka kwumvira abashaka guturira igihugu bongera bazura akaboze, kuko intambara zo muburundi zama zihera mumigumuko zikaruhira gufata intumbero y’amacakubiri.
    Uko biri kwose nimba mwifashe ama photos pour tromper la communaute international, ico mwakinaniwe. Parce que le monde connait ce que vous etes capable de faire. Imbonerakure ntigira ibara, kandi zisa n’abandi. None mwebwe mubadifferencia gute? Vous tous vous etes des Imbonerakure kuko murakorana nazo, ntizobaha amaphotos yazo ataco mwavuganye.
    Murakoze.

    • Mwebwe bene Nkurunziza ntimwari mukwiye kuvuga nabi Micombero kuko amabi mukora aruta kure ivyo mumwagiriza. Muvuga ko yishe abahutu namwe mumaze imyaka itanu mwica abana babo basize. Ndibaza ko kur’ivyo uwutombeshuza ari Rwasa.

    • tu as bien dit,je soutien ces conseils en vers les jeunes
      nous sommes manipiles par plusieurs categories de gens
      les gens qui seront responsables aceux problemes sont en recurence,les partits politiques,les associations,eglises etc car ils ont a dire et ils ne veullent pas le faire,une personne a ete brulee publiquement face aux chretiens et associations,,,,,,en pleine air

  18. hagahhha. nne ko ata cachet ibariko ni igiki cemezako ari imbonerakure?

  19. Izombonerakure zagiye muri mwebwe, kuki mutazituriye canke ngo muzice ko tuzi ko atakinya muzigirira!!! Ico tuzi n’uko mwari gupfuma muzishayishisha inkoni; Rero iyo ni kamoufraje, kuko mwafashwe iphoto mufise inkoho. Ukuri guca muziko nti gusha, kandi ngo ntanzoka ibura mu mwonga iba itahizwe. Muri mwebwe harimwo abariko barivca bikitse inyuma y’Imbonerakure.
    Murambabarira nimba hari uwo nkomerekeje.

    • Mettez ces commentaires en français ou en anglais

    • Murakwiye kwunamuka mukabona. Ababahenda ngo muri imbonerakure babahagarira kwica n’ugutera ubwoba abo mudasangiye umugambwe n’ivyiyumviro n’abicanyi nka mwe. Vous allez le regretter.

      • kaneza flora scheilla

        bantu mukirimwo amacakubiri muragowe,kandi ntaho azobashikana,erega jewe nguma mvuga,ibintuvyuburundi samoko kandi mwaravyumvise abadukurira muripolitike nabandi baravugako ntimwiheke kumacakubiri,namwe mutarumva nibavako muri mubantu bahimiriza kwica abarundi benewanyu,dukoresheje logique murantunga jewe sindumututsi,ariko ibiriko biraba vraiment birababaje ntakuntu ama quartiers yayaciyemwo imirwi mama ngo kumusaga niyabatutsi canke ngo nyakabiga,ngagara,mukaca muja kubatoteza ntarabandi simbonerakure none vyaramenyekanye,hama murihenda caaaane gose musaga harabahutu nabatutsi eka amaquartiers yose ubu arimwo ubwoko bwose,rero mureke kwiruhisha mumitima yanyu,ahubwo mwigarure mwisuzume mumitima yanyu.mwegere IMANA YANYU namba mukiyemera.

    • umugambi wimana siwo wabantu uko biri kose imana irafise ijambo ryanyuma.nayo kuba imbonera kure canke uwundi wese imana irahora amaraso aseseka kuk atazokwigera yijana.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :