Manifestations de Buyenzi en images

Publié le 26 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 11 Commentaires.

  1. uwuramvye araabona. ariko petero yatoy nabi abamuhanura kuko iyi mandat nta kindi ayirindiriyemwo atari amagogwa.
    arikovjw mbona alakungu ataci ariko aratumarira.nafatevingingo ruhasha

    • mwumve ndababwire,bahutu batutsi namwe.uwabigishije amacakubiri,ntiyakaravye.ndababwijukuri mudafatanye munda,ngo mwikureko umwansi nkurunziza,agomba kuduta mumanga tutazovamwo,muzi neza yuko twari twarikukiye.none,mugomba dusubire mubukoroni dukoronizwe nabavukanyi kubera iyombwebwe yajiva mwishamba?mutahagabiye ngo mwunge ubumwe butamenwa,ibiriko birategurwa muriyi misi,bizotuma musubira mubuja mutazovamwoikureko umwansi,nayo abobitwaza amacakubiri ntimusubire kubaha amatwi

  2. nepomussen jean

    jean uyo nkurumbi azopfa nkuko kadafi yapfuye

  3. bizobatekurukana

    Iyo mw’ijuru irabona ibiba vyose, aho tugeze ntawoba akizira ivyiyumviro vyiwe, nakamaramaza…

  4. Emwe uwo muprésident ntakindi ashaka atari gucinyiza. Arusha yahagiye ngo bose abo yita bake uko bangana kwose naho yoba umwe yubahirizwe. none ga yemwe ducinyizwe bose barorera? vyumvishe amakungu n’isi yose

  5. Peter nagende, Uburundi s’itongo rya se. Qu’il soit bon ou mauvais, il a fait ses deux mandants. Il faut qu’il laisse de nous prendre comme des idiots. N’uwuzomusubirira ce sera comme ça, il faut une alternance au pouvoir pour un bon développement durable de notre pays. Ce n’est par ce que tu fais 3 mandants ou plus que tu feras mieux. Nta mwanya wokwiba, kwica no guhonyanga agateka k’abarundi tuzomwongera.

  6. Turiho Charles

    Noneho, naho boba abo batutsi, nico gituma amasezerano ya Arusha yabayeho, c’est pour garantir la survie à cette minorité comme la majorité devait être à l’abri de l’exclusion.
    Ariko ubu, ivya mandat yiwe bitera ubwoba bose, abahutu n-abatutsi kuki? N-umwana yokwishura ico kibazo: ni uko ya exlusion ica iza dans tous les sens. Ivyo nimuvyumvishe abo bafatira ku bitigiri, kuko ivyo bitigiri iyo bitaba biriho, Arusha ntiyari kuhaba.

  7. courage mes freres sindumuja

  8. Ariko uyo munyoni peter yohava vomutwara iki ehe uko buca niko abantu babona ko basizwe, nka buyenzi none ni kakarwi kavurwa ngo ni « akabatutsi 0,01.oya ntaco yigira ikimaga nakinjurevubuzima bubandanye niho yohezagirwa ega yemwe , » Ntawousomera basemerera. »! wavyaye abana cumi umwe akavamwo akama ari remark uko umubonye ntuvuga ngo ni umwe ntaco ngo uhebe wapi uguma ugerageza uko womugarukana mu muryango atari uko abandi barakwirikira.

    • Ni Mupfe Guta Ururimi Jew Narahevy!,umugani Wiw Ngo Hariho »INTUMVA » Imvugo Yahavuy Iba Ingiro.Ehe Raba Namw Inganda Zimaz Gutikirag,ibihumbi Vyahunz Igihugu,ubwoba Bur Mu Bantu,.,none Koko Uwo Muntu Ni Sebarundi Koko??Dix Ans Tumwubaha,ubutunzi,..Agaca Aguza 3e Mandat Amaraso Y,abarundi.Nagende Arerets Abarundi N,amakungu Ico Ari Kk Yahora Yiyorobeka Ngo Ni Ba Dolofo,kazungu Ndakugarika,rwembe,..,nn Turameny Uwabatuma.Guma Ku Mavi Burya Imana Isumba Ingabo!,

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :