Image du jour: Une femme se déshabille devant les policiers, en guise de protestation contre le 3ème mandat de Nkurunziza

Image du jour (J33): Une femme se déshabille devant les policiers, en guise de protestation contre le 3ème mandat de Nkurunziza

Umukenyezi buyenzi

Publié le 28 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 21 Commentaires.

  1. Ewe Mana mushobora vyose tabara uburundi
    Aba russia nabo ivyabo turabizi niba ntaho mpagaze,nibo k bambere bicanyi raciste banka les noir csn can abitwa « skin head »
    Va ibuzimu muje ibuntu,mwiyumvire inzara abarundi bafise murek kuba bansumir inda kuko inankunda kurya……

  2. barundi mwiyi misi akarinyuma karahinda nibindi tuzobibona rekaturindir turab iyo bija

  3. Mes chers compatriotes
    Le geste de cette femme est très fort.Dans notre coutume cela traduit une malediction.Ce pouvoir va s’ecrouler d’ici peu. Merci

  4. Ahobwo jewe uriya mu polisi yanteye amakenga!mbona amuraba cane iyo amuba hagufi mbona umengo yamusimbirako inkoho agata, erega nta mutima bakigira!

  5. nindudakomeye mumutwe hagati yuwo mugore nuwo yiyamiriza?nuwundi yarazikuye azikura n’umuryango

  6. Mbega ibara! Mbega abahenyi.Nakure zose hanyuma bamubise adutware ari gusa.!!!!!!

  7. Nibaza ko dutanguye gushikira impera ya crise turimwo na ntiba mukuvayo babanje kugira uko.nyene munyuma bamuteye ibiraho abona kugenda.

    • Murundikazi we, nibaza ko wavuze nkumuntu yarezwe ,ibugendana yahanduriye umukoshi erega ntivyari ibirato ncuti yanje? Yaramazirantoke mugenzi. maze iminsi nsoma ivyiyo i burindi ko les baricades des manifestants baca bashirako utwo tuzirantoke nukuri simwebwe turabatahura kandi turabashigikiye ino turi mubihugu vyohanze ntitwicaye ni mureme turiko turagerageza dusaba les cooperations de se retirer, so wait please.

  8. nico cari gisigaye ko aba bavyaye babavuma.Ayo maraso ariko araseseka y’inzira karengane muzoyabazwa mwaba DD mw!!

  9. Personne ne peut penser qu’elle est folle,personne je crois!!Elle est tout simplement impuissante devant cette situation incontrolable!Elle ne sait pas quoi faire pour attirer l’attention du CONCERNÉ qui reste dans l’indifférence totale!!Vous voyez de qui je parle!Et la chère Mère croit pouvoir l’inciter à faire quelque chose,à prendre conscience de la gravité de la situation!
    Mon Dieu,sauve notre pays!

  10. NDIHOKUBWAYO Floride

    Floride Ndihokubwayo
    Emwe mu mico y’abarundi iyo Umuntu arinze akura impuzu, ishavu riba rigeze kure. NKURUNZIZA n’arabe aho abavyeyi bageze bahekurwa bacibwa amabere, abana babo bicwa n’abo bakingiye bagapfa ataco bazira. Uwo mupfasoni ni ukwifatanya nawe ararushe, abapfasoni bose tuje muri marche amabere ari hejuru, abo bagabo twonkeje barabe aho batugejeje.

  11. muri abo bapolisi hamwe hoba harimwo abana biwe? turagowe

  12. Le signal d’une femme aux seins nus en public est certes fort, mais Nkurunziza et sa clique ont tellement vu et fait trop de mauvaises choses dans leur marche vers le pouvoir que rien ne les etonne ou ne les ebranle plus, encore moins une pair de seins.Ils sont tellement convaincus qu’il est de leur droit de continuer a presider aux destinees du Burundi jusqu’a la fin des temps, que toutes les protesatations et condmnations des grandes nations democratiques n’ont jusqu’a present produit aucun resultat tangible sur terrain pour le forcer a changer d’avis en renoncant a son 3eme mandate malgre les protestations a Bujumbura et a l’interieur du pays et meme a l’etranger.Il faudra vraiment plus que de simples manifestations rues pour forcer Pierre Nkurunziza a entendre raison et renoncer a son 3eme mandat de tous les malheurs pour le peuple burundais et la region des Grands-Lacs africains.

  13. Au lieu de comprendre, nos pauvres policiers riglent comme si s’était une chose intéressante pour eux!!! C’est domage!

  14. Iryo nishano muvyo mbona
    Nibara

  15. Rose Hakizimana

    Iyo Ntwaro ya nkurunziza iriko iratema itongora iravumwe amabere yabonkeje nabavume Abakenyezi barabavumye kuko bariko barabahekura Umuvyeyi ahari hose aravumye iyo ntwaro yabicanyi Ukwo kwinjira mu ma quartier kwica abana kwica abatagira ibigwanisho birababaje cane
    Turasavye Onu itabare Uburundi Nkaba nshimiye abo bakenyezi bavuye hasi bakerekana umubabaro bafise ko Imana yobumvira kugira Uburundi bukire

  16. mes chers amis, que personne ne s’imagine que cette femme est fole, non et non aujourd’hui c’est bien elle demain une foule de gens pouront le faire a cause de ce nkurunziza qui nous entre dans une pauvrete qu’on ne peut pas s’imaginer. turarushe pe. Jewe ndaguteye intege ahubwo twese kovyanse tumuhenere ntakundi.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :