Le gouvernement de plus en plus seul

https://i1.wp.com/scd.rfi.fr/sites/filesrfi/imagecache/rfi_16x9_1024_578/sites/images.rfi.fr/files/aef_image/BURUNDI_3_0.JPG

Une balle perdue a récemment fini sa course dans le bureau du chef de la mission de l’UE au Burundi. REUTERS/Goran Tomasevic

Le pouvoir burundais a rejeté mardi les pressions étrangères alors que les manifestations se sont poursuivies un mois jour pour jour après le début de la contestation contre un troisième mandat du président Nkurunziza. « Le gouvernement est (…) profondément préoccupé par l’activité diplomatique en cours qui tend à saper et – dans une large mesure – à dénigrer les institutions républicaines et constitutionnelles » du pays, a dénoncé le porte-parole du gouvernement. Un discours qui suscite un certain malaise parmi les diplomates à Bujumbura.

Au sein de la communauté internationale, le dernier communiqué du gouvernement burundais est perçu comme une étape de plus dans la crise et la défiance. L’Union européenne, comme les Etats-Unis plus tôt, décide d’évacuer son personnel non essentiel, soit une vingtaine de personnes. D’abord pour des questions de sécurité : une balle perdue a récemment fini sa course dans le bureau du chef de la mission et les pressions politiques sur ses employés se multiplient. Mais aussi parce que depuis le début de la crise, les membres de la mission européenne en sont réduits à une inactivité de fait.

Après la Belgique qui menace de couper son aide si le président Pierre Nkurunziza s’entête à briguer un troisième mandat, l’UE réfléchit également à une révision de sa coopération. Or, la Belgique et l’UE sont les principaux bailleurs du Burundi, dont 50% du budget national provient de l’aide internationale.

Coopération sécuritaire suspendue

De son côté, la France envoie un signal très clair annonçant le gel de sa coopération sécuritaire en matière de police, mais aussi de défense.

Le gouvernement burundais se sent menacé, explique une source diplomatique française, mais il a tort, il se trompe. Des pressions et des signaux diplomatiques balayés par les autorités burundaises. Si ces bailleurs traditionnels s’en vont, souffle une source proche du gouvernement, nous pourrons très bien trouver ailleurs d’autres partenaires.

le 27-05-2015 à 04:52, http://www.rfi.fr/afrique

Publié le 28 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 5 Commentaires.

  1. NDIHOKUBWAYO Floride

    Floride Ndihokubwayo
    Ewe Bogobogo sha!!! Ivyo vyanyu mufise ni ibiki babaronderako, dans un pays masikini l’avant dernier au niveau mondial!!! Uburusiya mwishimiye bufise ingorane zidasanzwe z’ubutunzi kuva bufatiwe ibihano kubera ivyo bwigira muri Ukraine, aba Chinois batanga amahera yo kubaka amabarabara bagaca bayakurikira akaba aribo bakora ibikorwa gutyo amahera agasubira iwabo.Ayo manyama mwigira buca mubura ayo muhemba abakozi, bace baja mw’ibarabara bose, turabe ingene muzobakura mw’ibarabara, mugihe n’abapolisi mumaze iminsi mukoresha mu kurasa abanyagihugu bitekaniye, nabo bazoba bari mw’ibarabara hamwe n’abandi basaba imishahara yabo. Murakenyeye mwisenye, mugiye mwashika!!! Politique ziri kwinshi pe!!! Umuvugizi w’Umugambwe Gélase NDABIRABE yaraye avuze ngo ntagusega, mu bibonye muteba!!! Ahubwo ni babime ama visas nti buce mubiruka inyuma muja kubasega cette fois muzosaba mukumbagara, mu neganega aho munegurwa!!! Buca tubona ivyanyu!!! Wait and see.

  2. abakeneye ivyacu sibake abandi badufasha bazizana.nubundi umugenzi umubonera mumagorwa.uwoyogufasha hari amahoro gusa ntarukundo yoba agufitiye.mwibaza ko hari kubusa rero???babonye inyungu zabo Zitazoboneka sha

    • @Bogobogo:Reka kwihenda ntabandi bagenzi muzoronka bazobaha ayandi mahera kuko abo Bashinwa hamwe n’Abrusiya mwishimikije bakorana n’abanya Bulaya n’Abanyamerika muri ya Banki y’Isisi yose na FMI.Gushika ubu ico Amerika na Bulaya vyanse kw’isi ntigikorwa.Ahubwo aho kubandanya mugira akagagazo nimuve i buzimu muje I buntu muhebe ico kiringo ca 3, muhagarike amatora, mugarukire Uburundi bureke kugwa mu kaga nimwaba mubukunda atari ugukunda amaronko gusa.Uburundi ntanguvu bufise bwokwihanga amakungu kandi buyazeyeko 52% y’imfashanyo.Uwutigaburira ntiyigabo nako ukuboko gusaba kwama kuri musi y’ugutanga.

      • None wibaza ko ari nde azohomba? Ko mwirigwa muhamagarira abo bamyaburayi kwica igihugu canyu nimba ari icanyu, kuko uyu munsi on peut douter de votre bunyagihugu! Igihugu cawe wogihamagarira iki abagisinzikaza cari gisanzwe kitorohewe? Mukugifasha ntibagisambura!!!, Uburundi ni Abarundi; ingingo zoze zifatwa zisinzikaza umunyagihugu cane gusumba uko zisinzikaza umukozi wa Letat, kuko wewe aguma ahembwa naho yohembwa ubusa, murazi ko ubusa buruta akamaramaza. Uburundi nabwo nibwige kwigaburira bureke kwama buteze amaboko. Hama namwe murasaba abo batunzi babanya burayi na america babahe aho mwibera ko aribo muzeye ko uburaro n’uburamuko, kandi bikaba bigaragara ko babakunda nkakaja munda. Ko musigaye mubatamika ivyo bakorera Uburundi bakabikora batarinze kwiyumvira canke ngo banasigurirwe icotuma bakora ivyo basabwe, bakaba babaye ba jambo niryo. Nayo ahandi ho ubwo bukene bugiye kwaturuka mugihugu namwe ntibuzobasiga inyuma.

    • Kubera iki mwita mu muriro muwubona nk’ikinyugunyugu!!!Abo bagabo bata igihugu mu kaga bafite ama compte yuzuye mu bihugu vyo hanze. Amakungu ahagaritse imfashanyo ni umwenegihugu azoharwa!Akarorero urumva ko amahera yomu gisata c’ubuvuzi ..uburimyi n’ibindi ariyo agiye gukora amatora , hanyuma abanyagihugu ngo nibasidukane n’iyonka kubagumiza ku butegetsi ariko bariko barabata mu maga!!!

      Kananira abagabo ntiyimye!!!Mwe murihejuru y;iyi bibazo vy’abarundi raba imbere mubone iyo murikomurajana igihugu koatari heza na gato….Ntimushire imbere amatungo n’imiryangoyanyu imbere gusa…Imana ntizemera ama milliyoni y’abarundi ko arimbuka kubera mwebwe….n’imiryangoyanyu…

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :