L’Église catholique se retire du processus électoral

https://i1.wp.com/www.jeuneafrique.com/photos/052015/028052015112005000000evek.jpgL’Église catholique se retire du processus électoral au Burundi, à une semaine de la date prévue des élections législatives et alors que le pays est plongé dans une grave crise politique, a annoncé jeudi le président de la conférence des évêques.

« Après avoir considéré la manière dont ces élections sont organisées et leur évolution actuelle (…), nous, évêques de l’Église catholique, avons estimé qu’il convenait que les prêtres démissionnent et cèdent leur place à ceux qui peuvent continuer le travail au sein des commission électorales où le clergé occupe des fonctions importantes », a déclaré le 28 mai Mgr Gervais Bashimiyubusa sur la radio catholique Radio Maria.

L’Église catholique, importante force morale au Burundi, avait pris position en mars contre un troisième mandat de M. Nkurunziza. « Il y a quelques jours, nous avons sorti un communiqué qui contenait nos souhaits pour que le processus électoral en cours réponde aux conditions requises pour de bonnes élections crédibles », a indiqué Mgr Bashimiyubusa, lisant un communiqué de la conférence des évêques.

Cette annonce est un coup très dur pour la crédibilité du processus électoral, a jugé un analyste local. Des prêtres sont à la tête d’au moins cinq des 17 commissions électorales provinciales, d’autres sont vice-présidents, beaucoup dirigent également ces structures au niveau des communes.

« Nous en avons profité pour déclarer que l’Église pourrait se retirer du groupe des intervenants qui organisent ces élections vu que l’Église ne peut pas cautionner des élections pleines de lacunes », a expliqué le prélat, rappelant que le clergé avait dû donner aux prêtres une permission spéciale pour qu’ils puissent participer aux commissions électorales dans les provinces et les communes.

Des législatives et des communales sont prévues le 5 juin, avant la présidentielle du 26 juin. Le Burundi est plongé dans une crise politique depuis l’annonce fin avril de la candidature du président Pierre Nkurunziza à un troisième mandat, avec des manifestations quotidiennes à Bujumbura, sévèrement réprimées par la police. Les violences ont fait plus d’une trentaine de morts en un mois.

Les prélats appellent toutefois les fidèles à accomplir leur devoir de citoyen, en souhaitant que le vote se fasse sans « menace ou intimidation de quelque nature que ce soit ».

La conférence des évêques a enfin appelé les forces de l’ordre et les manifestants anti-Nkurunziza, qui s’affrontent quotidiennement dans les rues depuis plus d’un mois, à ne pas tuer, car c’est un mal absolu.

Avec AFP, 28/05/2015 à 11:49 Par Jeune Afrique

 

Publié le 28 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 12 Commentaires.

  1. Ndemera Eglise katolika mbega aba protestants bo ntibibaraba?Ko batavuga nugusasira ibibi vya dd gusa ?Nabo bakwiye kuva mu gacerere barimwo nimba ataco bisemba nkurunziza

  2. Floride, ndazi ko uri umunyabwenge; Aho wozingurura ibitabo vya Histoire du Burundi, haraho wosanga eglise Catholique yarigeze ihagararira Yezu mu vyo ikora vyose mugukorera m’ukuri, kwiyumvira abandi no kubakunda? No. Eglise Catholique yamye yifatanya n’abagizi banabi mugushigikira no guhisha abicanyi. Burya Eglise Catholique yabaye ho kuva ryari mu Burundi? Ivyabaye mu Burundi kuki bitamenyekanye kandi vyakonzwe Eglise irorera? Kubera iki iyo eglize itasemereye ngo gez’ aho ariko yemeye par contre ko imfuvyi zirwira munsengero. Ico Eglise yafashije izo phuvyi, yazirungitse kwiga yaga mukama.
    None n’iki cemeza ko atari ya old Eglise qui est commise a faire ce qu’elle faisait de puis. haraho wigeze wumva isaba ikigongwe izompfuvyi ko wumva iserukira Yezu?
    Rero iyo comportement Eglise igize uyumunsi nta n’ umwe itangaje, kuko ntaciza cigeze kiva muri Eglize Catholique.

  3. « Hahiriwe abemera batabonye kuko imitima yabo yoroshe nk’umubiri w’uruyoya ! »
    Ewe Niyongere uri ikigorye!!! None woho witwaje iki muguhakana ivyo isi n’amajuru bemeje kuva yezu avutse mbere n’imbere yaho????
    Aho waragiye ngaho uragandagura abana babantu ngo NTARUGIRA VYOSE ARIHO? Aretse kwibonekeza gusa kuko azi kwabana babantu mwanduye n’ayahandi hoho sha rindira gato buca kabiri akakuzigiriza!!! yakuremanye ishusho y’ubuntu iguha n’umutima utegera gusumvya ibindi biremwa mugabo wahisemwo gutora iyindi nzira inyuranye n’amateka yayo. Hinduka hakiri kare kuko ejo nikera!!! Ndavuga sinvura!!!

  4. niyongere reka gukinisha imana .utayemera urakurikira peter

  5. sha wew uri umu sous informé kuvyerekey ijambo ry’imana.ngo babure kwigisha waki welewele we kuva abakozi b’imana igihe cose bamye bahanura abami ba isilayel.abavugishwa n’imana nibo bama bahanura.bareke bakore ico imana yabatumy.ntubinjirre raba ureke kuba ikigugu ucishe ukuri munzira yakwo

  6. CIBLA MUKRISTU

    Les EVEQUES prennent une decision de grande envergure qui choque certainement le camp pro NKURUNZIZA! Cependant ils nous laissent prendre position par rapport a la leur:participer dans les elections si le vote se passe » sans menace ou intimidation de quelque nature que ce soit »
    Abatabizi bibaza ngo Abungere bacu bivanga mu vya politik, ico mwomenya nuko kuri ino si bajejwe kutwegeranya nkubusho bwIMANA mu gikorwa Imana yadushinze co gutunganya isi.Ahubwo nuko vyahindutse Imana yatuma abahanuzi iyo igomba kubwira umwami,uwase kubumvira akibonerako.
    Natwe tureke gutukana twigane abo bavyeyi bavuga ukuri mu rupfasoni nkaki amajambo yugutukana asuzuguza ubwambere uwuyavuze/senga/mwiyumvire/semerera/hanure ukumvirwa ni igikorwa
    ca Mutim Mwer kuwugenzwa naWe.Giramahoro.

  7. Jesus you saved the world and i don,t dout that he,ll save our BURUNDI and Burundians!The Catholic church does something very important on its behalf and on Burundians behalf!Peter Nkurunziza has to learn by heart that Burundians cannot accept to be his slaves but only some members of his CNDD FDD!I,m really shocked of the behaviour of our President who pretend to be a real christian,a pastor but who do not honor his promis!I strongly support Burundians who manifest against President third term!May God Jesus help Burundians

  8. NDIHOKUBWAYO Floride

    Floride Ndihokubwayo
    Abantu b’ubu benshi biruka inyuma y’ivyo isi. Ivya 3ème mandat vyarasiguwe n’abantu batandukanye arico gituma n’abashigikira mandat ya NKURUNZIZA si uko batumva ko itisunze amategeko, baraba ico izobaha. Nico gituma nkeje banyakubahwa abasenyeri ba Ekleziya katolike bose ku ngingo bafashe. Bamye na ntaryo bagendera Ijambo ry’Imana ritwigisha guhagararira Yezu mu vyo dukora vyose mugukorera m’ukuri, kwiyumvira abandi no kubakunda . Quelle sera la crédibilité nationale et internationale de ces élections forcées par le parti CNDD-FDD!!!

  9. Na mwe mufashe inzira ya politique, tuzoraba umu candidats wa gatolika ko adatsindwa mu matora. Bura mwigishe ijambo ry Imana

  10. komera k’umuheto. Mwari mukirindiriye iki? Abakozi b’Imana bose bamye bafata ingingo mu gihe abategetsi b’iyi si batategera ukugomba kw’Imana. Raba Moss na Farawo. Emwe n’ubu tugira tujabuke. Abo iyo ntwaro ya Nkurunziza yica baca bitahira kwa Data wa twese mw’ijuru nka Abel. Abo iyo ntwaro nabo bagasigara barawota kuri ino si, bafata ibihano vy’iyi si nka Gahini. Kandi nta mwami yimira k’uwundi. Sawuli yaratoteje Dawidi amaze gusigwa amavuta n’umukozi w’Imana Samuel. Ariko ntaco vyamutwaye. Yarimye aba umwami w’Abisirayeli Sawuli amaze gutanga. Imana izoducira inzira. Ntakuganza kutava ku Mana. Tuyizere izoducira inzira.

    • Ego sha !!!!Woba warigeze kumara umunsi n’umwe mw’Ijuru ngo utunwire abandi bariyo kiretse ces derniers politiciens wita aberanda?Canke niwe wandika abajayo?Canke ni wewe ubugururira?

      • Yunia Kamikazi

        Ivy’ukwemera Imana ni ibintu très personnels(biraba nyenevyo) kuko ntushobora kwemeza umuntu ngo mwemere kumwe kandi mutiyunvira kumwe aho niho mwihendera ! NOne ko NTAMWANA ariwe yinjije imipanga, tronçonneuses les annèes 1988 -1993, Akaba ariwe azi ica hitanye Musenyeri Ruhuna, akaba yarafasha caaane, CNDD- FDD, mwishamba,(ariko ico bafpuye kirakomeye!!!!!), ubu rero arahagurutse,kuko vyababuriye, babiryaniyemwo, ico ndabakundira ntibazi guhisha, le pays est devenu comme un jungle nakare gitwarwa n’INYAMASWA, nawe Ntamwana, amenye ko ABA VYINSHI BAZOBAZWA VYINSHI, ni avuge canke areke ntawari amwizeye, aho igihugu kigeze afise mwo uruhara runini, kandi ngo IMBUTO ITEWE NIYO IMERA, NKURUNZIZA ni akabuto yibibiye!!!!!!!!!!!!!!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :