La banque KCB attaquée à la grenade (images)

Publié le 29 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 25 Commentaires.

  1. Kura abasoda muri Somalie, ntawocungera umutekano iwe hariko harasha. Amafinancement yamatora amakungu yarakwimye none NGO abarundi dutange, none vyabuze utanguye kuyatora muri coffrefort ya banque! Ntasoni. Laurent bagbo ari? Nawe Pierre ndabo utwo mwivye munzira mutera igihugu gushika ubu ntaco bizomarira abawe ICC irakurindiye. Uhendwa n’abashaka ubakingire ikibaba basahure; kuba Senateur à vie ntivyogufasha? The smallest and poorest country « Burundi » bwari bwigere bwitwa uko? Baza Buyoya ingene yakora n’abiba biba inyungu,akabihoza nawe n’umutahe wose,. Cet homme interigent, Pierre original yirigwa hirya no hino guhuza wewe Se ubona ako gateka hari nuwokakwiyumvirako. Unaota ukiceza ball kuriko kuenderesha nchi. Ubwenge bwagiyehe? Coup d’etat ntiyagukebuye? Uribuka Ntiba ategwa amavyi agakura meza??? Batanguye kuguhenera rindira. Abagukunda tukwifurije gukizwa kandi kureka kwitoza kuko ntawuzogutora wish I.irije kuzokwiba ama tora. Les juges burya ntibarhira kuvuga ukuri? Vyagenze gute NGO batinye igitsure cawe? Ntibize? Ntibari Bari bazi ko utarukwiye kuba president Ari agapfasoni bagupfuye abari barongoye ibiganiro vya Arusha? Turazi nukuntu wabaye kiongozi wa cndd-fdd, nta karanga nakamwe tutazi. Kandi ushatse cndd FDD yawe yobandanije itwara mugabo bibaye amazing. Ima.na iguhumure, Bagaza yanse impanuro za Catholika, yarasasagaye mubaze. Vraiment nigiki kitakozwe murizi mandats Ari viol na meurtre mwarabishitseko aba did naba soeurs vraiments, vieilles et innocentes. Ntibaguhuvye uracari muto have ntawugukeneye.

  2. Ikindi jewe nibaza nuko numvise ko basigaye baca ku mabanki na ma entreprises basaba amahera y’amatora ngira kcb yoba itabahaye niyo nibaza

  3. Emwe nibindi mugiye kubibona jewe mbere ndafise inkuru nahawe nuwegereye aba dd ko uyu munsi le 30/5/2015 ko haba irindi rementanya ry imbonerakure ziza ku murasa agiye kwiyamamaza mu Cibitoke hanyuma azoce aronka urwitwazo rwo gusiba i Dar Salam ku wa Mungu .Reka tubirabe

  4. Uraturiy’igihugu wa mugabowe!

  5. birababuriye!!
    mb ayo manganya nububisha ababigira ngo aze asibe mr tanzanie yitwe ngo aaragandaye
    Imana igum ibamaramaza uko babitegura siko bigenda
    bibagiy mb ko l’Homme ne fait que proposer mais c seul Dieu le tout puissant qui décide!!!!!!!

  6. Pascal :uyu munsi imvura yaguye Kubera Peter ataregura

  7. Umunyabwenge yiyubara kuvuga ataramenya neza ayo mabi aho yavuye, kandi ukugaragaza no gutwenga ivyaha vy’uwundi ntibifuta ivyiwawe. Kubwanje ivyo vyabaye vyari bikwiye kutubera akaryo ko kumaramara, kuko tubonye ingene abarundi ari ba karuhariwe mu bunyamaswa. Erega aha twari dukwiye kwihana, umwe wese agasubira akigirira introspection agatakambira Imana Ikamuharira ivyaha vyiwe. Nkuko nabivuze, ivyaha vy’uwundi ntibisibanganya ivyiwawe, Naho woba umaze imyaka ibinjana warabikoze. Mwijuru naho uzosanga vyagutegerereye kw’irembo bikubwire ko utahafise ikibanza. None Uzoboshobara kwama uryanira insya z’amenyo mu muriro ibihe vyose? IHANE! WONGERE USABE IMBABAZI IMANA KU BUTINDI ABARUNDI BARIKO BARAKORA. Intamabra nayo iyiteye haraho ijaniranya. None ntipfuma upfa wihanye?

    • VUGA PATHOS 29 mai 2015 à 19 h 54 min
      Umunyabwenge yiyubara kuvuga ataramenya neza amabi nkayo aturuka, kandi ukugaragaza no gutwenga ivyaha vy’uwundi ntibifuta ivyiwawe. Kubwanje ivyo vyabaye vyari bikwiye kutubera akaryo ko kumaramara, kuko tubonye ingene abarundi ari ba karuhariwe mu bunyamaswa. Erega aha twari dukwiye kwihana, umwe wese agasubira akiraba agatakambira Imana Ikamuharira ivyaha vyiwe. Nkuko nabivuze, ivyaha vy’uwundi ntibisibanganya ivyiwawe, Naho woba umaze imyaka ibinjana warabikoze. Mwijuru naho uzosanga vyagutegerereye kw’irembo bikubwire ko utahafise ikibanza. None Uzoboshobara kurinda igihano c’umuriro w’ibihe vyose? IHANE! WONGERE USABE IMBABAZI IMANA KU BUTINDI ABARUNDI BARIKO BARAKORA. Intamabra nayo iyiteye haraho ijaniranya. None umuntu ntiyopfuma apfa yihanye?

  8. Ubwo ntibabanje gusahura amahera hanyuma bagaca bateramwo grenade kugira abantu ntibabikeke?

  9. Iyo ni ntango akari inyuma karahinda

  10. Nkurunziza, uraziko ubujuju n’ubugaba vyawe bishobora kwitirigwa abahutu mu Burundi canoe bikitirigwa abarundi my makungu. Icotuzi nuko amagendera wize ataco yari kudufasha. Watumye abarundi batifise baadashobora kuronka passport bagire ico basumye hanze ukabalimita mukuzishira kuri 235$, ko wazungurutse kwisi wayibonyehe? Kagame, Mseveni ushaka kubigana, ko utabigana muguteza imbere ibihugu vyabo.

  11. Attaque des imbonerakure de Nkurunziza Pierre alias Nkurumbaya. Ibimujana i La Haye vyarakwiye.hasigaye iki ga yemwe ngo afatwe uyu mwicanyi?

  12. Irababona Niyonkuru

    Yewe Manay’Uburundi nabarundi, nukuri Uri Umuhanga. Turagushima ko ibibera mu kinyegero vyose canke inama zabakora ibibi wama ubishira ahagaragara. Ni mureke kwigwanirira, mureke guta amajambo, mugume mugira haut les mains ntimwice. abo bariko bagira ayo ma coup yose yubuja bazokwangara nka Gahini. Imna si umuhemu kandi yuzuye Imbabazi.

  13. Irababona Niyonkuru

    Yewe MANA y’Uburundi nabarundi, nukuri Uri Umuhanga. Turagushima ko ibibera mu kinyegero vyose canke inama zabakora ibibi wama ubishira ahagaragara. Ni mureke kwigwanirira, mureke guta amajambo, mugume mugira haut les mains ntimwice. abo bariko bagira ayo ma coup yose yubuja bazokwangara nka Gahini. IMANA si umuhemu kandi yuzuye Imbabazi.

  14. J Claude BARUTWANAYO

    Sha ntaco mucurubanzamwibarabara kukontanakimwekiratwemeza abayituriye.Erega nimba wewe umwanka canke urushe hariho abaruhutse yahaye.Muri politique nukugabanya ama sentiments,emama ngo turarushe,vuga uti ndarushe.Muruhanye nande.
    Reronkivyo vyabaye birababaje,kandi ibiba murikigihe biragoye kumenya vyukuri uwubikora.Ntitwovugangoni leta canke abayirwanya.ushobora nugusanga harabipfuzako hama ingorane kugirango uburundi bubone ukundi maze ivyo birirwa barabwira amakungu babironkere isiguro.
    Hanyuma tureke kwitega urukiza hanze, yemwe mubimenye, nta nyishu yu Burundi izova hanze yabwo.Urubanza burya tuzoca abarundi nyene kuko Obama, nabandi ngira ntibazotora.
    Gusa turahojeje KCB,kuko birababaje nizo nyanka Burundi kandi ari igihugu cabibarutse

  15. kaneza flora scheilla

    sha ntaba el shabab bayituriye,ahubwo akonikakajede kabo(system yaba dd)kugirango bibe amafranga ya East Africa kuko baranse kumuterara amahera yamatora rero iyo ni distraction kugira baboneko yahiye naho bamaze kwiba muraziko batunzwe nubusuma gusa,nakamaramaza.ariko rero ivyo yitanguje kuturira amabank yabo arahumba dimanche tuze tumwumve munama

  16. Murahumba amatora azoba. Kuko iryo terabwoba ngo abanyamahanga ni bave mugihugu bose, vyitwe ko igihugu kimeze nabi kugira amatora ntabe; No, azoba mwanka mu bikunda naho hosigara abarundi gusa bari kurushi, kuko nibaza ko mutazobamara mundwi imwe, amatora azoba.
    vous serez perdants, kuko atanumwe azobarabira ko yagenze nkuko yategerezwa kugenda. Abo batera aama grenades nabo nimba muvuze ko bafatanije na El shababu, bikwiriye gutohozwa neza hama bagatretwa nk’aba El Shababu nyene.
    Ikibabaje n’uko mubikora bagatako bakabashigikira, umunsi mwabishe bimwe vyiza bigaragara, niho bazomenya neze ico murico. Nta mwebwe nta El shababu kuko mukomoka kuri sokuru umwe!!! Ivyo ndabivuze kuko ibibaye mubigize agaseko nk’aho umengo gutera grenade muri Bank ni joke. Uwunezereregwa ubwicanyi aba ar’umwicanyi, kandi uwunezereregwa ikibi aba arumunyakibi nawe.

  17. Iryo nibara imana nidutabare turarushe cane.

  18. ivyo aba cndd fdd bigira ntibazi ko bahinyuwe?bashaka abo barementaniriza..gushika aho bica umu opposant bagaturira ama radio hama ngo bagire amatohoza bo nyene!bamenye,bishiremwo batakiri credible nulpart kandi ko atawe bagihenda naje narabavuyemwo kubera ico.tuributwagwe nincabwenge basi.twari musi y’urujo

  19. Ariko muraca baza ga yemwe? Politique harya zirarutana abanyagihugu ntibabeshe!!!!
    Nkurumbi nabo bacudize hamwe bakora politique y’ibihuha gusa gusa!!! Hama ruguru mugiturage haba mu makungu ntakindi gikoresho akoresha atari ikinyoma!!! Naheruka bavuga ngo  » politique est une science » Finalement ngo  » La science sans conscience n’est que ruine de l’âme « !!!

  20. barabivuzeko bagiye gutera ama banques ngo vyitirirwe el shabab tukagira ni ibihuha.none ndabira iryo bara! Mana turuhurire turarushe.
    ariko arondera icomutuma ataja mu nama dimanche.rindira akataraza kari inyuma

  21. Ba ba el shabab ba peter bashitse!!uwuramvye arabona.barahany programme ngira rero yarabiteguriye.

    • Erega uyo Peter uwutaravyemera, nakanure abone ibibi amaze gukorera abarundi! C’est un mal de ce siècle. Mbega aho avuga aba el shabab ahubwo ivyo ariko arakora arayisumvya gukora itera bwoba. Ni yabandanya nkuko amaze iminsi abikora, jewe mbona azohava asumvya Mobutu na Havyarimana mu kwica no kwononera uwo wese Atari kumwe nawe .Harageze ko amakungu amuhagurukira, nayo ahandiho igihugu azogiturira cose kuko ntaco acera. Asigaye ameze nk’intare ikomeretse.

    • Abatera ayo ma grenade babesha ngo ni manifestations ariko bashaka kwica abantu no guturira ibintu n’abantu. Ariko bibuke ko nabagenzi babo bakoze nkivyo muri 1996 kuri Ntiba batagihari kandi n’abagihari barayinze. Nibabandanye ariko igihe cabo kiraharuye urutonde rwabo ruriho rurazwi n,amafoto yabo ariho.

      • Inama azoyitaba musubire mugire coup d’Etat.Ubu hoho sibirya mwabonye tuzobereka bishasha. Buyoya zaramukundiye haragira uwundi abikora turabe ingene aheza agatwara igihugu kitagira abantu.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :