Images du jour: Le gouvernement burundais utilise les « snipers » pour tuer les manifestants

Le gouvernement burundais utilise les « snipers » pour tuer les manifestants

Snipers pnb

Publié le 31 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 13 Commentaires.

  1. Je vs remercie vs tous burundais qui suivent de pres une tres grave crise que le pvoir nkuru…nous a fait tombe me je m inscrit en faux contr ceux qui se sont arroge le droit de lancer des injurs car ds la democratie ce pas coe ca ce pluto normal de penser et sexprimer differemment mer6 de la complehensio

  2. Rose Hakizimana

    yarihaye ibara,uca ubona ko Uburundi bukeneye Umuyobozi azi icakora Atari umunyeshamba plaisir yiwe ari ukufata ikigwanisho ukarasa Mu kirundi bavuga ngo bareke barendegere………..

  3. Rose Hakizimana

    Mwabonye iryambonerakure ni murabe urya w inyuma yambaye ikofero nk abakecuru bagwaye abaganza nibo bambara ikofero gurya iyo aba afise umutaka yari kuba agwayye abadayimoni canke abaganza ico cerekana ko atazi ingene ikofero yambagwa ninko kuzindi foto bambaye zirya mpuzu batanminze amaboko yazo naho nyene uca ubona ko ari imbonerakure bambitse zirya mpuzu Nsavye RBI izirungike muri TPI

  4. Kavyinabushushe

    Ivyo uvuga urabizi?Ahubwo hasigaye ko baja kurondera Imana ngo bayirase kuko ndabona ko abantu bo binzirakarengana babagejeje kure.Uwobarungikira inzuki burya bozirasa?Mugufa kwabo bagira ivyo bbazoturika,basabire imbere yabo babashimagiza bavemwe ibintu binuka nkivyaboze maze abo batarabatahure bacce bbahamenyera ukuri banamenye kwubaha no kwubahiriza ubuzima bwibiremwa bataremye ko uwo kububaka ari Imana yonyene.

  5. murahumba basha Peter arabatwara atacamira

  6. kubwayo janvier

    God knows everything! Best or wrong will be show ait thé last day before God! Remember that we will die olso!

  7. Ils utilisent un fusil à lunette pour viser qui?

  8. ariko aho mwagahendeye amakungu , ntimwoturura mukareka kwiha amenyo y’abatwenzi! hari umupolisi afata inkoho kurya mukugema ? kiretse mwebwe mwiyambitse izo mpuzu mugaca mufata izo nkoho zanyu nyen ! mbe ko manietation ko zabereye mugisagara , iryo shamba riherereye hehe n’iryo buye canke inzu ya etage mwabashizeko biri kukibira ? ba bwenge hasigaye umwe gusa; abandi ni ba bipfu, kuko na se wabo niko ari .ubaha imana bene data umwanya ukihari.

    • mbega basha ninde yakubwiye ku bari i bujumbura ? Ruguru nta manifestations zihari? Nta bantu urumva bariko barapfa? kubera iki wita abandi ba bipfu!!!!!! Iyabawubaha Imana naho wewe utayubashe (imana) ntiwokwita abandi ibipfu!!!! Erega zirya mbonerakure bise abapolisi si bose bazi kurasa !!! nico gituma harimwo abariko baritera ama grenade!!!

  9. c’est grave quand le gouvernement commence à utiliser les dragonov (arme avec précision sans faille même sans lunette de pointage) pour tuer son peuple. Que ces poliliciers sachent qu’un jour ils pourront répondre à leur acte. Le monde est devenu un village.

  10. Ruzobavako jean

    Ivyo vyose bazobibazwa

  11. Ariko ga yemwe, aba polisi barashimitse babe abansi b’abanyagihugu?

  12. Bazoheza nabi izi mbwa. Na kadafi yaragiye iyi ntumva siyo izotunanira

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :