Tentative d’assassinat de l’Archeveque de Bujumbura, Mgr NGOYAGOYE Evariste

https://i1.wp.com/a54.idata.over-blog.com/300x225/2/50/65/44/Epiphanie-2015/Atelier-Ecole-de-la-foi-fevrier-2015/Pelerinage-des-politiciens-le-18-1-2015/DSC00320.JPGL’ARCHEVÊQUE DE BUJUMBURA VISÉ PAR UN ATTENTAT

Attentat manqué contre Mgr Evariste Ngoyagoye, Archevêque de l’Église Catholique à Bujumbura.

Un groupe de personnes fait d’hommes et de femmes avait reçu la mission d’attaquer la chapelle Mont Sion et de viser précisément l’Archevêque de Bujumbura.

Une de ces personnes, pris de doute au dernier moment, a renoncé à cette mission et est allée dénoncer ce plan comme nous le rapporte notre reporter sur place. Les responsables de l’Église affirment aussi avoir eu écho de la préparation de cette attaque avant la confession de l’assaillant.

SOS Médias Burundi, Dimanche 31 mai 2015

Publié le 31 mai 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 32 Commentaires.

  1. Ruberintwari anaclet

    Simba imanga Muvyeyi.
    Yezu niwe yamye atsinda ibishetani. Bandanya musenga igihugu gikire aba bicanyi

  2. nkuru et son tuteur naymitwe sont dans une panique dangereuse. Ils pensent que l’église catholique détruit lentement mais sûrement leur espoir, entre autres en dégarnissant leur chère ceni. Après le retrait du clergé, ils considèrent que c’est sur conseil de ce dernier que les 2 dames commissaires ont préféré l’exil à la ceni. Ils se vengeront par le crime comme d’habitude.

  3. aaaaaahhh muritondera ikibazo cuburundi saho gutuma umwana, kuko nabo bihebeye Imana turunva nabo bavyinjiyemwo kandi tuziko atavya politique bajamwo.

    • none ga NZIGIRABASYA abihebeye Imana ntibajejwe imitima yabakora politike !!!! abakirisu babo,iyo bariko baratotezwa wibazako bitabababaza !!!! barya ba bikira baba talyano bagandaguwe kubera baja muvya plitike !!! ba mugerageza kubaza umutima.

  4. abakora ivyo nibaza ko batibuka ko nabo bazopfa.nn abo ntiboba shira mubakora iterabwoba!tworindira abandi bamw perezida yavga?cnk barabo nyene yateguy?uhoraho arababona naho niw yababony ababurizamwo.

  5. Nkurunziza Pierre

    If someone tells to kill and if you obey, you show him that you are mediocre ad won,t believe in you. Uwugutumye kwica,ukabikora,uba umweretse ko ataco umaze,kandi ntazokwigera akwita umuntu w,agaciro. Azogutuma kwica, ntazogutuma ijambo ry,ubugabo.

  6. nihatari ntacumuntu afisa akivuga hasigaye uwuhoraho gusa

  7. all of you stop lamenting, fight them until they are defeated, the way they came is the only way they will exit!!!Icomwomenya nikimwe: iyo umutwe w,umuntu wuzuwe inyota y,amaraso yabenewabo, ntabuntu aba agifise, abayabaye imbwa isara. Imbwa isara nayo ntigira umuti, umuti wayo n,umwe: ni ukuyikura mubantu.

  8. J Claude BARUTWANAYO

    Ariko mana tabara uburundi nabarundi bazira ukwo baremwe

  9. Seigneur pardone-leur!! Nous sommes dans un pays où qui ose dire la verite est chassé à jamais,meme tué. Ils se trompent ceux qui tuent car fin de fin,la verite vaincra.

  10. Muranagenza buhoro abo bo bazobahumira, ntikibi bakora batang’impanuro nyakuri.

  11. Vuba abobicanyi atacobubaha

  12. Turasavye mutubwire izonkorabara ntavyokunyegeza amakara mubushambara.

  13. Affishez les photos de ces groupe des persones, je pense que vous les avez. En plus il faut detailler l’information. Tout le monde veut savoir qui les avait envoye’, parce que selon les tempoignages ces envoyes ont tous dit. Que Dieu benisse ces gens qui ont refuser de faire le mal et surtout dans une Eglise remplie des gens quelque soit leur nationalite’..

  14. Que Dieu protège toutes personnes de paix.

  15. Seigneur Jésus!!Qu’avons nous fait pour mériter tout ça??Ça,c’est la pire des nouvelles!Espérons que c’est une nouvelle un peu erronée,sinon…

  16. lmana yacu ni nzima irumva kandi irahana yishakiye kandi si umuntu ngo ibeshe.Nitugume mu kwizera tuzorokoka

  17. Ooooh!Floride ma soeur!!9e te fatigues pas a expliquer que les massacres ignobles comis par ces dirigeants du CNDD-FDD!!!ils sont soutenus par l’ONU!!tu sais que sans les criminels qui s’aiment la terreur aux pacifistes,Ban Ki Moon n’aurait pas du boulot!donc comme j’aime le dire l’ONU vend la paix au monde et surtout en Afrique!ne pense pas qu’ils ont oublie l’esclavage!!

  18. Ruhuna yapfuye abavumye none bagire basubire kwongera  » UMUVUMO  » Muwundi? Ivyo vose bakora kandi abantu basemerera n’ugukora mujisho IMANA ubugira n- ème fois!!! Akateretse kaba ari agasema!!!

  19. dans la sainte trinite DIEU est vivant ilya des peches qui crient jusqu’a DIEU ses malfaiteurs seront punis par jesus qu’il cesse cette acte ignoble

  20. NDIHOKUBWAYO Floride

    Floride Ndihokubwayo
    Imana n’ibababarire ntibazi ico bakora. None abo bicanyi aho bahekuriye Uburundi, ntibokwikebuka!!! Ishengero ry’Imana barishaka ko iki?Ehe namwe Intumwa ya papa mu Burundi, Monseigneur RUHUNA, Ababikira batatu biciwe mu Kamenge, ababikira bavurira i Kiremba ca Ngozi, Umupatiri yahatswe kwicirwa muri Nord, Ubu naho ni Musenyeri NGOYAGOYE!!! Emwe ni mugeze aho twarabonye ko muzi kwica!!! None izo ntumwa z’Imana ko atavyicaro vya politique mupfa n’abo mubashaka ko iki!!! Aba catholiques sinzi ico muturondera ko, muduhamira iki? Abatora ni batore ariko amaboko yakoze amaraso ntarerera abavyeyi.

  21. Kayira Ngabonziza Legson

    Erega ba Gahini ntaho baroye. Wa mugambi ugayitse wo kugandagura umuhisi Mgr Ruhuna ntaho waroye.Abowuciye imizi nibo bavomereye imizi yawo.

  22. Seigneur Jesus!!!!

  23. Imana ni nkuru, Imana irabona kandi irishura amasabo y’abayisaba.

  24. Il faut des enquetes rapides en commencant par ce meme groupe et surtout la personne qui s,est denoncée. le plan maccabre tire apparemment ses derniers billes.

  25. que dieu les pardonne parce qu’ils savent plus sous quels cieux se vouer. Mais le sang des innocents finira un jour a donner des fruits. time will tell

    • Iyo yose nimitwe ya babamanifestants bica Zedi Feruzi ngo bice Monseigneur Ngoyagoye kugira ngo bace bavyegeka kuri Leta. Urya wewe ni mandataire w’Imana ngaha kw’isi ababiteguye bose bizobatekurukana. Kandi baca umugani mu kirundi ngo. Wait and see. Time will tell.

    • Emwe ndumiwe. Nimureke abakozi b’imana. mubone nivyakorewe ababikira bo kumenge bagandaguwe ntahobarabisigira ehe uwakozw ibara muribo baciye bamushimira bamuha mission bamunyegeza mubasoda bagiye isomaliya yitwa Juvent nibwakeye kabiri Ijisho ryimana ntaho urisigira baciye bamucura, akandi kabi kabishe bari babiri bomwiperereza bashimiye kubwicanyi uwundi yitwa gahungu yiyambitse ipete rya capitaine ubu ari ahantu bita Qorilow kwiposition hari uwobatazira dix tones agira agomborwe amaze umwaka isomaliya nabandi turacabatohoza, Ijisho ry’Imana ribona hose. Mon Seigneur ntubayeko kurukundo rwabo bicanyi Bandanya musozera umurimo W’Imana Yezu akuragire. Amen, Amen.

    • MANIMWE Espéeance

      Mana yanje bababarire ntibazi ico bakora. Kandi nagira ndabamenyeshe ko naho bari gutera izo grenades ntizari guturika. Erega imana harya yarimaso.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :