Images du jour: Les larmes de l’Honorable Hafsa MOSSI en visite dans les camps de réfugies burundais du Rwanda

Images du jour: Les larmes de l’Honorable Hafsa MOSSI en visite dans les camps de réfugies burundais du Rwanda

Publié le 4 juin 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 10 Commentaires.

  1. ayo marira niyo aba vyeyi birirwa bararira babooroga

    Mana yo mwijuru umve amarira yabagutakambira

  2. Rose Hakizimana

    Ko uri umuntu akomeye kwa Nkurunziza ico ufashije ni kihe nukwo kurira Ntiwobwira Nkurunziza akareka kwica abantu akakura zirya nkoho yahaye imbonerakure ,Akasubiza igipolisi mu ma cambi Akaheba mandat ya gatatu canke akubaha agateka ka zina muntu Mbega uwomubaza ico yamariye abarundi yavuga iki Kurira vyonyene siyo nyishu

  3. Larmes de crocodile! qui trompe qui? C’est pas Afsa Mossi fidèle parmi les fidèles du sanguinaire Nkurunziza! Laisse ces réfugiers peiner ! les temps changeront! on vous guêtent a la loupe.

  4. Abarundi dufa duhunga kandi dufiseigihugu cacu!!!!!!!!!!!??

  5. L’arrogance précède la ruine et l’esprit altier la chute. (Proverbes 16, 18).
    Abomination pour Yahvé: tout cœur altier; à coup sûr, il ne restera pas impuni. (Proverbe 16, 5)

  6. qu’il ne s’agisse pas seulement de pleures! il faut trouver la réponse à la question posée par ces refugiés avant de quitter leur patrie!

  7. ndayishimiye serges

    Voilà ce qu’il fallait attendre d’une mère, d’une épouse. Merci pour cette attitude de compassion à l’égard des malheureux. Pourvu que cela ne vous coûte pas le limogeage chère maman!!!

  8. Amarira ya Honorable Hafsa Mossi ndayeretse Imana yo mwijuru kugira ihoze abavyeyi bose bishwe n’intuntu y’ubwicanyi butandukanye buriko bubera mugihugu cacu; kugira yonyene Iducire urubanza rubereye kuko ni umuvyeyi wabarundi bose abari contre nabari pour 3è mandat bose ibakunda kurugero rungana ntihengama.
    Ntabatama canke abatamakazi bishe abantu muri kano kajagari ka 3è mandat eka nabahunze
    ntabaravuga ko bahunze abo basaza vyose vyakozwe n’urwaruka
    Rwaruka murabonye amarira yuwo muvyeyi akaba numushingamateka? Ababere inkebuzo ntimugacike ibikoresho vy’abanyepolitique mububisha; ibuke ko mumisi mike ivyo vy’amamandat bizohera ariko ababanyi muzoguma mubana.

    Attention!!!
    Abobanyepolitike batuma abavyeyi barira ;abonse rimwe bakarabana ayingwe; dimanche bakirirwa baririmba allelua bikoreye amabibiriya abandi bari muri za mwaramutse Mariya aho simvuze ba allah akbar kumasaha kumasaha ntibibaze ko bizohera uko!!

  9. Ayo marira niba reellement avuye kumutima nivyiza ese ako gatima uwatumye abo bantu bata izabo nawe yokwikangura akava ibuzima akaja ibuntu kakamushikira. Ariko ntavyo niteze icagamije kiriho ariko niyibuke mwizo mpunzi ziriko zita izabo nibo babesha ngo bamutore amahoroazoba umusesekara none raba ayo tubonye. Mana wewe waciye inzira mukiyaka turakuragije uburundi. Udutabare mana.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :