Image du jour: Le Général NDAYIRUKIYE Cyrille en tenue de bagne, un héros pour la majorité des burundais

Image du jour:

Le Général NDAYIRUKIYE Cyrille en tenue de bagne, un héros pour la majorité des burundais

General NDAYIRUKIYE CyrilleTenez bon mon général, nous viendrons vous libérer bientôt !

Publié le 10 juin 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 41 Commentaires.

  1. NTACONZOBA Diomède

    Igitwengeje Nkurunziza akinamura ngo amase yakera ntagihoma urutaro, ngo gnrl afatwa na 2eme classe, canke caporal, Iyo mvugo niyumuyobozi canke ni dépression?

    • Umbabarire jewe nshimye kukwita MUSHINGANTAHE kuko nibwo bwonyene atawushobora kubukwambura nyakugira imana. General ndazi ko urikwiye kandi warikoreye,ariko ndetse kurikwita kuko nabonye kandi numvise abashaka kutwumvisha ko general arangwa n’ikirato yambaye,kandi ko ataho ahuriye na caporal. Iyo mvugo yerekana igituma igihugu kigeze aho kiri ubu,ko umukuru n’umuto ataho bahuriye.Bose bahuriye kugikomeye, bose ni abimana,kandi bose bakeneye kubaho mu mahoro . None wewe nokubwira ko Imana yaragutoye yaguhaye ivyambarwa n’ama grade atawuzoyakwambura. Kandi wibuke ko : »Imana ibonekeye Moise, ishaka kumutuma gutahukana abanyi Israeli,yamubw ye iti AMBURA INKWETO ZAWE AHA UGIRE UKANDAGIRE HARAHEZAGIYE ». Wibaza ko udashobora kuba uri MOISE? HUUUH!!! Uwakwambuye ibirato yaguhaye imigisha,abatari bakuzi twese twaronse akaryo ko kukumenya, twasanze uri umunyamigisha, Aka kanya Imana yaguhaye ko kubana nabandi utari umenyereye iragufise ko ubutumwa bukomeye kandi uyumvirize. Benshi turagusengera ngo ntuhungabane kandi wicunge neza kuko turagukeneye cane.

  2. NTACONZOBA Diomède

    Uwutakwemera n’uwutazi ico wamaze,umutego watawemwo n’abansi b’igihugu bakunda inda zabo nka Prime twarabibonye, humura imanga ntimarira Imana bazorira kuko vyimirije guhinduka batagira ishure n’umutima wo gukunda igihugu. Bazoja he?

  3. Le Burundi ma patrie

    Mon General avec tout le respect que vous mertez, tenez mes sinceres remerciment pour votre intention a sauver le peuple, tue, vole, humilier par leur dirigeant. « A vaincre sans peril, on triomphe sans groire ». Bientot vous etes libres et honores. Courage mon chef

  4. ndi samandari: Emwe barundi barundikazi ni mu sengere igihugu cacu mureke kurondera inyungu zanyu. nawe kizigenza raba ico kura igihugu mu makuba kirimwo. abamenyesha makuru bareke guhengama, abanyepolitike bareke kuduhenda ngo amahoro ariho, ngo abana ni basubire mumashure kandi tukibona imodoka ziturigwa, aba porisi mu mabarabara, inkoho zicasirana mu gisagara.ni mureke kuvuga ngo muzocungera umutekano kuko hari icerekana ko umutekano udacugerewe, hari ama karitiye muvunga ngo ni mubagumutsi kandi si bose ari abagumutsi ariko ari icantangaje mu nyakabiga umusi abana baja gukora concours national batubwiye ngo bazocugera abana bakore; ariko nta mu soda nta mu polosi yarahari, aba ma nifestants bateye aba buye ngo abana basohoke ata numwe acugereye umutekano ahari. rero ivyo vyarantangaje rero ntitosubira ngujana abana bacu ahao bahakiwe kandi barahahahamutse. murakoze.

  5. Oh furaha!qui signifie joie si je ne me trompe pas!mais je crains de nomer une personne qui defend les criminels de joie!!quelle joie trouvee dans les massacres?mais une chose sure c’est que toi tu connais que ce sont des criminels!mais je te previens que les fils du Burundi ne sont pas des criminels!je dis bien ils ne sont pas des criminels saufs ceux qui sont maudits par Jesus!qui ne sont autres que ceux qui prennent la Bible a la fin de l’annee pour evaluer combiens de gens pacifiques,n’ayant pas le sang dans leurs mains,des gens enfants de Dieu ils ont tues,et combien ils vont tuer!ce president criminel a ete maudit,c’est le cain du Burundi,j’aimerais ne pas croire en ca mais c’est la verite,et,nous tous connaissons qu’elle blesse!je suis desole!mais dis-moi comment as-tu trouve que ce sont eux que je parle?une chose est sure toi aussi tu vois qu’il commet des actes ignobles????furaha ou malheur,si tu as tue les gens,je suis desole de te le dire toi aussi tu es cain!tu as ete maudit(e) par Jesus!

  6. Salut mon general, Imana igucunge, nta mvura idahita, bientôt uzoba uri mubawe.

  7. Mon général que Dieu vous bénisse et vous garde longtemps en bonne santé pour nous les Burundais patriotes nous avons encore besoins des braves comme vous. Dieu seul pourra vous préparer une récompense à la hauteur des services rendus à votre mère patrie.

  8. Comme tant d’autres citoyens qu’étrangers, Je dit Brave Général tu n’as pas succombé sur le Champs de Bataille et que DIEU soit loué!!! Hosana la gloire est à lui. Qu’il te protège toi et ta famile Amen!!!

  9. Et si vous aviez laissé gaston renverser buyoya,lui il avait déja pris la radio et burundi bwacu avait retenti,je me souviens de cet apres midi là,vous l aviez empeché a lui faire le coup à buyoya le petit capitaine gasto,et le tyran et revenu ,quelques annes plus tard il a signé avec les dd,et les voilà au pouvoir, tout compte fait c grace à toi qu ils sont au pouvoir, gaca t a trompé et voilâ ou tu es.tu es naif mais mais jamais de mauvaise foi,tu as perdi en peu ta vigilance de l époque quand tu étais commandat region à combattre les assaillants,les dd,ou les inyankaburundi comme vous les appeliez alors,je comprend pour eux le sens aujourdhui.je me souviens de toi comme un militaire accompli ,intelligent et courageux,je pleure quand je te vois sur cet photo,meme dans le malheur tu esquisse quand meme le sourire,ta bravoure et indiscutable mon general,mais tu me fais ressouvenir des choses,je suis un ami que tu reconnaitrais à vu,courage.

  10. A true hero! Les voies de fait du régime Nyamitwe ne font que vous rehausser.

  11. Général Cyrille Ndayirukiye, nashaka ndababwire nti nimureme. Imana yo yaremye abantu n’ibiri kw’isi vyose irababona. Iyo foto inyibukuje umusi nabona ingene bagukumbagaje kuri télé Burundi ingene nakoroye amosozi. Ces criminels qui vous ont humilié de la sorte, vont bientôt recevoir leur part du gâteau. Courage Mon Général !!

  12. Jesus Marie Ndikumana

    Mon Gen., Abarundi barazi ico wamariye Igihugu cabo. N’ubu barazi ico uzira. Ntiwazize inda nkuko ariyo ngendo n’imigenzo y’abatumye uja aho uri, kanatsinda washatse kurwanya abarwanye ton peuple. None ubutwari bwawe, ukwitanga kwawe, ukurondera ineza y’abarundi, ivyo vyose biguha iteka. Ntuhave wiyumvira ko iteka ryawe ririko riratakara no nukubera uri aho mw’ibuye. Turakuremesheje, ureme. Ijoro rigeze mumutwenzi. Bugira buce, Imana ikwereke ko ari yo yonyene Ishoboye vyose. Inguvu z’iyi ntwaro Imana igira izihindura kugoyagoya. Twongeye kugusaba ukwihangana. Imana ikwongerereze intege n’inguvu pour tenir jusqu’au bout. Je repete que nous sommes a l’aube, l’aurore va apparaitre dans quelques temps. Merci d’implorer le Tout Puissant qui est a tes cotes chaque instant. Seigneur, Merci de ta delivrance au peuple burundais!

  13. Mbega uwtazi NDAYIRUKIYE NINDE?numushingantahe azukuri adatwarira hejuru yicisha buguficane,buriya ngo abarundi barayamaze ngo uwukijije ntumukira nca nke ngo uvura amaso UMUHUTU bwaca akayakunorera, ubwo none mu FDN ntabandi ba GNL basigayeyo bafise icobovuga kuri mugeziwabo erega burya ngu muswa uryumuhini usotera isuka ivyashikiye abana banyu ingabo mwaramuye mukazikomanda ukomushatse kubera indero mwabahaye bakamubaha ,namwe murabizi uko bimeze mugisirikare ,nibabagabira bamwe bararaswa barapfa wukomeretse mwarabunye insuhuzo mwabakoreye kuri bumereke bagezibabo babona;hama mukarya mukaryama mwibazo ko ,arabana mwabikoreye. gerageza rero muribere urya mutama mwisubize iteka nayahandi ntaco muzoba mucambariye ,umusitwavyutse muzotubona turanse gushira nkabinyoni bibwirwa beshi bikumva nevyo turakeneye igitigiri caba génerale kuko vyaturunguriye murakoze.birababa je kuburumugenzi mwagendanye imyaka niyindi agapfa ntitumuhambe umuryango nuhebure uwiwe mwibaza kotwokora iki ?

  14. Au mois vous qui avez osé dire non, vous avez maniféste la
    volonté d’arrêter toutes les mauvaises pratiques politiques actuelles et
    soulager la majorité des burundais victimes de la politique actuelle.

  15. Oh mon dieu, merci que notre général soit vivant. nous attendons la suite heureuse.

  16. Tu mérites le titre de Général. Ibisigaye Imana irabibona vyose. Shishikara wihangane, kimwe gusa nuko uzokwama ufise iteka ryo guseruka ahabona, ntiwigeze uhemuka, ukunda igihugu, werekanye akarorero keza, tu incarnes les valeurs d’un vrai Mushingantahe que Canco nous décrive dans sa chanson. A ton âge je suis sûr que tu ne cherchais pas tes intérêts personnels, mais ceux du peuple. J’ai été ému par ton humiliation, ariko Jewe ndizera kw atagihe gisigaye ntakubonye uri libre, ikindemesha n’uko ukiri muzima. Imana ishishikare ikurinda, irinda abawe n’ivyawe vyose.

  17. Ooooooooooh mon Général Cyrille, les mots à utiiser me manquent pour parler de toi! Vraiment tu es un homme de valeur incomparable, tu es un héros, ne sois jamais décourager de la situation dans la quelle tu vives, vraiment ta bravour restera dans nos mémoires et de génération en génération! Singira ukwo nokuvuga numva bindengeye, mbegumugabo wumutima, urimfura mu mfura twamenye mu Burundi, nokugereranya na Rwagasore! Data wo mw,ijuru wewe ubona ukuri kuri mu mitima yabose, wewe urenganura abarenganijwe, wewe uvumura abavumwa n,abantu, ndakwinginze uremeshe Cyrille ahafungiwe nizindi nzirakarengane zifunzwe! Hama uze wirure umutima wiwe incuro ijana na cane cane uzumuhe ubwami budashira! numugabo azira ububegito! Genda urimfura

  18. Mon Gnl,birabaje ariko wibuke ko mwaburiwe kera mukica amatwi.Igihe Buyoya yabahenda abajana iyo mutazi tukabakebura mukatugira ukwo bakugize muhenda abarundi ngo vyose murabibona none komwabibona vyabashikanye iyo hose murihe ?voila le resultat.c east damage.mais comprenez q led consequences corrigent mieux q les conseils.Ariko ntiwumve ntituzogira uko mwagiz vuba muratabagwa!

  19. Umugabo ni Yesu nyabuna, nayo umuntu we yama ar’umuntu gusa. Abantu bose bakoresha inguvu ntibazi Yesu kandi ntibakurikiza akarorero kiwe. Twese twihane ico icaha, mwumva ivyo turwanya atari vyo natwe dukora? Imana itubabarire

  20. Ou est le president buyoya qui a ramene ces criminels en signant les accords d’arusha?vous vous souvenez du colonnel sage NIYONDERO QUI AVAIT REFUSE QUE CES CRIMINELS ENTRENT DANS LE PAYS PARCE QUE SELON LUI,ILS DEVAIENT COMBATTRE JUSQU’AU DERNIER SOLDAT DU PAYS!!PARCE QUE CES CRIMINELS AVAIENT ECHOUE A GAGNER AU MOINS UNE COLLINE SUR LE TERRITOIRE NATIONAL!!!JE ME SOUVIENS,IL A REFUSE DEVANT MANDELA A GITEGA QU’IL VAUDRAIT COMBATTRE JUSQU’A CE QUE CES REBELLES DD REMPORTENT LA VICTOIRE,CE QUI NE POUVAIT PAS AVOIR LIEU!VOILA CE VAUT A RIEN DE BUYOYA QUI VOULAIT PROTEGER SES INTERETS ET QUI APRES LE DEPART DE MANDELA,A ORDONNE LA MORT A NIYONDERO!!ON N’OUBLIRA PAS CE QUE BUYOYA A FAIT!ET QU’IL SACHE QUE SES PETITS ENFANTS POURQUOI PAS SES ENFANTS SOUFFRIRONT DE SES ACTES IGNOBLES QU’IL A COMMIS!ET COMME IL N’EN A PAS ASSEZ IL VEUT FAIRE SOUFFRIR LES COMPAGNONS DE NIYONDERO!MR CYRILLE,JE ME SOUVIENS DE BEAUCOUP DE PIEGES DE BUYOYA QUE TU AS SURVECUES!NE TE DECOURAGES PAS,LES HOMMES COMME,MON COLONNEL PRESIDENT BAGAZA,NIYONDERO,EXISTENT,NOUS VIENDRONS TE LIBERER,TU SAIS MEME RADJABU A ETE LIBERE PAR BUYOYA,MAIS NE T’INQUIETES PAS CAR SI C’EST LUI QUI TE LIBERE,JE CRAINS QU’IL VA TE TUER EN T’ACCUSANT D’ETRE AMI DE NIYONDERO!SI LE COLONNEL NIYONDERO EXISTAIT!!PEUT ETRE LE BURUNDI NE SOUFRIRAIT PAS!QUE CELUI QUI A TUE LE COLONNEL NIYONDERO SOIT MAUDIT AINSI QUE TOUTS LES MEMBRES DE SA FAMILLE QUI SOUTIENNENT SES ACTES IGNOBLES!

    • Va te suicider car ils sont là et ce sont des fils du pays et vous n êtes pas obligés de les aimer
      On sent la haine dans tes propos

    • Mbega muntu Ubaza iyo Buyoya ari uri inde?Ko yokiza umuntu atari ukumwica!!!!Ivyo atakoze akiri umwana azobikora ashaje?Ahubwo ariko ararondera abandi ashikanayo nkuko yamwe.Ategerezwa kuba ahimbawe abona ko ses anciens collaborateurs militaires bose basa nabaheze Ibuka( Colonel Ndakazi,Maregarege,Sinzoyiheba,Ndayirukiye,n’abandi) Aho uwo si umuvumo kubona abantu bose bamuhaye gakeye bamwegereye bahejeje nabi!!!!!!Jewe sindaguza ndagendereza.

  21. Humura, Umukama aracari kungoma kandi ijambo ryamyuma ni iryiwe, Ntaminsi isigaye tutabonye ikiganza ciwe, Abwirizwa gukiza igihugu, Mon Général: « ihangane burira ntibugera kumpeshi »

  22. continuer la lutte nous sommes derrière toi mon général; le pays a besoin des hommes comme vous; bon courage tu seras libéré bientôt

  23. Ibintu Nkurunziza ariko arakora bizomuhumira, ngo urucira muka So ejo rugatwara Nyoko.

  24. IMANA ikutuzigamire. bientôt uraba uri mubawe urintwari pe

  25. Rose Hakizimana

    Vous etz un homme de grande valeur gardez courage nta mvura igwa itahita nous sommes avec vous et nous n oublieons jamais le geste que vous avez pose l echeque ne vous appartiennez pas vous avez rencontre des obstaque merci encore courage

  26. C’est moi, c’est toi qui devons chercher a ce que ces grands hommes soiet libere le plus vite possible. Ils ont shoisi de souffrir pour que nous ayions mieux. Nous devons continuer la lutte pour que ces monstres partent et que leurs victimes aient la justice. Sinon ils vont mourir en prison et personne ne sait quand.

  27. Afande Gen you may not remember me,but i remember you when i was Young Boy.
    You are really strong Patriotic Man not from today i mean from when i was Young Boy.
    I fallowed your step as young Boy, you thought i was just a boy around you, but i was admiring you work and how you treat people of all difference till 2003 i left my country i love.
    I see you look different but you are not lonely we are with you all burundian patriot’s .
    One day they will be an answer to those how are doing this and blooded hands.

  28. UWAMAHORO Jérome

    Pore Mutama Imana irakubona. Bahebere barariye amavubi, ntaco tuzobatorana ino myaka. Imyaka mwabukaranze nabo bari musi y’urujo.

  29. Notre Cher Général, saches que nous Burundais b’umutima) sommes très fiers de toi. En tout cas, saches que tu s’un héros et que tu viens d’entrer dans l’histoire des fils braves de la Nation et de l,Afrique, pourquoi pas du monde.
    Dieu vous bénisse abondamment.

  30. Colette Ndayishimiye

    M. Ndayirukiye, vous êtes un grand Homme et les burundais de coeur ne l`oublieront jamais. Vous aviez tout mais avez voulu faire passer les intérêts du peuple burundais avant vous. Le coup d’État a échoué mais vous avez réussi à faire la différence, car vous avez démontré qu’il y a encore des Burundais qui aiment le pays et le Burundi.
    Votre nom restera dans nos mémoires comme celui d’un héros, d’un courageux, d’un vrai patriote.
    Quele Bon Dieu te protège.

  31. Humiliation totale qui indigne tout le peuple burundais et étranger! Le sort des Généraux aujourd’hui au Burundi ……Ceux qui ne sont pas en prison sont en cavale, y compris les compagnons de lutte… L’ironie du sort fera qu’un jour, l’arroseur soit arrosé!!!
    Wait and see !!!

    • Leonille Ntwari

      Gen, Nous le disons et nous le redirons toujours, tu es et tu resteras toujours un Grand Homme, tu es le héros d’un bon nombre de burundais. Ceux qui cherchent à t’humilier n’y arriveront jamais et jamais!!!!
      Plus ils t’humilient, plus ils te rehaussent et s’humilient eux-memes.

      A bon entendeur salut!!

  32. Anelie Mugirimana

    Il n’a fait du mal á personne sauf qu’il avai voulu sauver le peuple en souffrance. Que justice lui soit faite.

    • Abarundi barayamaze bati:  » UMUGABO NI UWORIBWA N,IMBWA ARIKO SI UWORYA IMBWA. Cyrille you are a GENERAL Heroe. The truth and justice you struggled for will soon triumph and you will be made free as a Genral…no long to go.!!

    • Mon Général, dans le passé, je n’ai ai pas toujours été d’accord avec votre ancien patron mais là je ne peux m’empêcher de regretter l’humiliation dont vous êtes victime. Je salue votre courage et vous lève mon chapeau. Si je passe par Musaga, je ne manquerai pas d’aller vous témoigner mon respect. Bon courage!

      • Maconco, juste pour te dire que notre cher General ne se trouve pas a Musaga mais a Gitega.

      • General soyez courageux; votre bravour tu seras recompense puisque tu aimes le peuple tu n’es pas comme ceux qui passe tour leur temps a mentir que le peuple l’aime alors qu’il veut le spolier tout leur biens Ntamvura idahita iryo buye uzorivamwo kaza roho

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :