RUFYIKIRI Gervais, deuxième vice-président de la republique, aurait pris le large

LE VICE-PRÉSIDENT DE LA RÉPUBLIQUE DU BURUNDI AURAIT FUI LE PAYS

Des information concordantes venant de Bujumbura nous rassuraient depuis hier que Monsieur Gervais Rufyikiri, deuxième Président de la République du Burundi avait quitté le pays escorté par deux ambassadeurs, celui d’Allemagne et celui de Belgique.
Étant donné qu’il y a trop de rumeurs à Bujumbura, nous n’avons pas pris cette information au sérieux, nous avions pensé à une sortie normale relative à l’accomplissement des ses fonctions!

Ce matin, Maître Bernard Mainguin vient de confirmer que le Vice-Président de la République du Burundi a fui le pays. Ce qui est sûr est que Gervais Rufyikiri est à Bruxelles. Nous attendons que lui-même il confirme qu’il est en visite de travail ou s’il a fui la tyrannie de Nkurunziza.

D’autres sources concordantes font état de la fuite de l’ancien Ministre des Relations Extérieures et de la Coopération Internationale, Monsieur Laurent KAVAKURE et de Mme Barankitse Marguérite dite Maggy, patronne de la Maison Shalom.

Si l’information en rapport avec la fuite des deux poids lourds du Régime Nkurunziza parvenait à se confirmer, ça serait le plus grand signal de la chute du pouvoir de Bujumbura.

Il ne reste qu’à Nkurunziza lui-même de démissionner et les Burundais pousseront un Ouf de soulagement.

Anicet Niyonkuru, 19.06.2015

Publié le 19 juin 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 26 Commentaires.

  1. ndayishimiye prudent

    this is a good decision.rufyikiri deserves a great prize.his silence shows that he is wise and confident.he didn’t like what the government did.big up man

  2. Nobashigikiye nosubiriye iyo umugabo murugo ataco avuga ,ibipfabiriko birarapfa aba akimaze iki mugihe urugorwawe ruriko rurasha uratabaza ababanyi kuko bakagufasha gutabara kugira ukize nabikeyi none ,murakenyeye mubure nahomurahura aga canwa yemwe mwa BDD ibuka komuriko muravyara muzubwira abomuvyaye ko kuntwaruyanyu mwakoreye iki igihugu cabibaratse .ikubite agashi mukubitize agatima mpe mburo mumenye ko kwaka ubuzima umuntu utamumuhaye karumuvumo mubi ,ngumambona ibibi gusa ntanikindi mbona murota ataru hotora izosi uwo mutavuga rumwe ,none nibwo butwari tuzobarabirako.IMANA yabaremanye agashusho kanyo ibagirire imbabazi kuko icogitambara kibafuse mumaso cirabura igihindure abahe umuco kumbure mwohinduka.mugire guhinduka mwaremwe murabantu

  3. rufyikiri ni inyankamugayo, nta mafuti yagirizwa mugabo agacerere kiwe si keza!Akwiye kugira ico avuze kugira yerekane aho ahagaze, sinon ngo » qui ne dit rien consent ».

  4. Edmond Rossif Niyomwungere

    QUI VIVRA VERA

  5. Mana!!Mana!!!Turarindiriye turabe ico avuga!!!!Niyasigura neza ata injustice nkuko yiyamirije 3 mandat!!!!Bizoba arivyiza!!!!!Noho abanyagihugu bariko barazira ukuri,abandi bahunga!!!!! Yemwe,yemwe Imana nimuvugire mwo!!! Maze abariko bariba démocratie abanyagihugu bamaramare!!!!!

  6. NGO mutora uwundi?
    Rufyikiri ahunze n’incabwenge arazi icarico. Arifise kuva Nkurunziza atarabona ifaranga. Nkurunziza yagiye kubutegetsi twizerako atanguje rythme démocratique none raba! Ntawanka peter , twa nka gusubira inyuma. Abashigikiye peter bashaka abandanye abakingiye ba piller. Uwuguhanuye ibitakwinjra ntumugira umwansi uramu raisonna akazi kakabandanya. Ubwo nyene ngo ndagukuye. Te souviens tu de LA mort does 3soeurs

  7. Imana imurikire Rufyikiri kuko numugabo aratandukanye nizo nryarya zaba dd.jewe ndamuzi kuko yarigeze kumbera umu chef kukazi tudasangiye umugambwe hamwe nubwobwoko.Abakozi bose yarabumviriza mubutandukane bwabo kandi mubwitonzi.Yabuze aho akorera yari umukozi.

  8. Niyonkuru Pascal

    NIBARIVYO REKA WENYENE AVYIVUGIRE KUKO SUMWANA NABANDI MWARAVUGA BUKEYE BAKIYANKIRA KANDI SIWE MUGABO ARI MUGIHUGU WENYENE TUZOTORUWUNDI

  9. bazohera bangara nka gahini.mbega MAGI ga yemw bamuziza iki?imbuto bariko barabiba mu bana babo izobagarukako badahindutse.

  10. Imana ni imufashe kuko nta kibi ndamuziko.

  11. vraima j suis sur a 95% q rufyikikiri atoza en Belgique
    pour defendre pita.

  12. NIBARUTA Celestin

    Ikimbabaza cane kandi kikantera agahinda nuko mwandika muvuga ngo abarundi abo barundi twabatumiye hehe?Kandi naho twotuma ntitwotuma ibitandero bivuga nkabatarezwe.Abantu mugira comentaire bamwandika kugatwe kanyu kuko ntituba twabatumye.Ndazi neza ntakekeranya ko hariho abarundo bemera president nabatamwemera.None ntimwumvako mugendera kubinyomagusa?Nagerageje kuraba mumisi mikeyi iheze hariho abari inyuma yimigumuko nabandi bari mumyiyamamazo.None aho ntimwumvako ari imirwi ibiri?Nimba aho mwebwe mwumvamwo umurwi umwe guskikaho muvuga ngo »bose »amashure mwize yabapfuyeko ubusa

  13. NIBARUTA Celestin

    Kuki abarundi beshi murangwa nibihuha?Ndababwira mutihanye kubesha uburake bw’Imana burabarindiriye

  14. Murabanza murindire gushika we nyene avyivugiye. Hari naho bamutumye gusigura amafuti barimwo adashoboka. Barabona ko Belgique yabakenyereye. Vyotangaza benshi un vice- president burundais yemeye guheba amaronko agatanga imihoho ? haha.Umupfason Alice wenyene niwe amaze kwihesha icubahiro. Reka turindire twumve.

  15. Rose Hakizimana

    Nabise abo bagwayi ntimuhitane kuko kwa le Gentil haruzuye hasigaye i la Haye ku Mpimba naho bazobanza basohore abariyo bose kugira abo kwa pita ntibanduze abasanzweyo kuko ntibagwaye bimwe
    Nkurunziza ntiyihende ngo azobandanya kuko harageze aho abarundi bafata ingingo Kwiyumvira ko azokwica abarundi gushika aho bemera kutwagwa n umuntu ataco yubaha arihenda Nahonyange amategeko yongere yice kuko yabimereye Mugabo azovyishura

    • Rose uraba uritegura kwemera instinzi ya Nkurunziza kuko ni KASH! Uyo nawe nimba arivyo nagende nawewe waragiye uri muri Canada kandi mwese ntimusumba abarundi imillioni twipfuza amahoro n’agateka kuri TWESE!

  16. Nkurunziza et sa clique vont affamer les Burundais. Si demain il y a famine au Burundi, il farudra compter cela comme un crime contre l’humanité et traduire Nkurunziza et sa clique devant un tribunal spécial de l’ONU. Participer au gouvernement de Nkurunziza c’est se faire complice.

  17. Thaddee Hatunga

    Toute personne qui a encore de la jugeotte et un cerveau bien pensant devrait quitter le navire avant qu’il ne sombre plus en profondeur avec tous occupants a bord.Le Burundi tangue et le commandant de bord est ivre-fou et ne sait plus ou donner de la tete.Le 3eme mandat illegal et illegitime de tous les malheurs commence a affecter meme les plus proches collaborateurs du despote sanguinaire a la tete du Burundi.Certainement que les autres sont derriere pour sauter la baraque en perdition.

  18. Igihugu kirimwo abagabo ncuti zanje mwe!

  19. jw nibaza k arukuri yahunze ,simbona ico yoja gukora en belgique alors q il était sous surveillance total ds dd,vyogenda gut k bomwiza ubu.

  20. Yanyage rufyikiri,mbega rukara we arindiriye iki?rufyiri yaravuga ngo tera iyo sema,

  21. NSABIMANA Ruben

    est ce vrai?attendons la declaration de celui qu’on chuchote prendre fuite.si non, ce serait une sorte d’injure.si c vr,preparons-ns nous aussi de les poursuivre car le pays se dirige vers l’obscurite.

  22. Nubundi Rufyikiri arazi kwifata. Ubwo urazi humiliation amaze mwo igihe, humiliation du sommet de l’Etat svp!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :