Interview de BIGIRIMANA Jacques sur les negociations et les elections

Interview de BIGIRIMANA Jacques sur les elections du 29 juin 2015

Publié le 24 juin 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 7 Commentaires.

  1. Sinzi n’igituma baza kwiriza abantu bisonzeye kuruzuba ngo baja gutora amatora yaraheze!Yaramaze kwitora.

  2. Ce bigirimana Jacques,….ça perception des choses iratwengeje. Yibaza ko uko bimeze mu Burundi ubu ari nko kubangurukanya imborerwa 2 zishaka kurwana.Les négocians c’est maintenant ou jamais.Il faut être directe et dire à Nkuru qu’il n’a pas droit de se representer en 2015.Soyez comme LOUIS MICHEL,…..quitez une fois pour toute les hypocrisies à la burundaise genre,…mugabo….,none….,ariko….,umengo…..,oya mugabo….,nuko umengo….c’est un peu déjoutant tout ça.

  3. IL NE FAUT PAS MENTIR LES GENS.LES BURUNDAIS SONT AUJOURD’HUI CLAIREVOYANTS.ALORS MR JACK COMME TU AS ETE UN HOMME DIGNE,DETOURNE-TOI DE CES CRICKS DU GVNT !

  4. Biadadanure
    Mbe ibiganiro inyuma y’amatora bimaze iki? Ninde azotorwa hanyuma akaza kwumviriza no gukomera amashi abo yatsinze. Mbe uwo mugabo Bigirimana ariyumvira bihagije?

  5. Ubu igikenewe i Burundi si elections canke negociations politiques. Izi zozo zari zoroshe. Igikenewe ni gushiraho un nouveau systeme d,acces au pouvoir suffisamment contraignant, ituma iyo mihimbiri yose yiyita abanyapolitique guheba uwo mwuga. Sinon, ibintu bibandanije uko biri, aho umuboyi wese ashaka kuba umukuru w,igihugu canke umu depité, aho muka Adophe aja kuri tete de liste des deputes DDs dans BJM, nta nkeka ko les generations actuelles et a venir zigiye kwinjira mu ngorane uburundi butaribwabone. Igihugu gikeneye abanyabwenge bahanitse bokirongora kugira bagikure mu manga. Abo nabo bariho ariko ntibarekuriwe kwitoza kuko l,electorat igizwe n,aba analphabetes. Les jeunes generations iki kibazo mutagihagurukiye, vous etes foutus. Les plus vieux n,avons plus d’interet dans ce gachis.

  6. Uburundi buracakeneye abategetsi baronderera ineza abanyagihugu n’iterambere ry’uburundi. umuntu yipfuza amatora mu Burundi uyu musi, ntashaka kwubakira Uburundi ku mushinge ukomeye. Gouvernement yova mu matora y’uyu musi nta kindi izokora atari uguhangana n’abayigwanya, kuko izoba yashinzwe hari abadatekaniwe.
    Ubwo ivyo amakungu yahanuye ntivyumvika: banza mwake ibigwanisho abatabitiye uruhusha, banze mwugurure amaradiyo yigenga abantu basubire kumenya ukuri kubiriko biraba, banza mutore inyishu yikibanzo ca candidature ya Nkuruziza.
    Nayo amatora azoba ivyo bintu bitavuye mu nzira, nta amahoro azozanira uburundi. Banza mwishure abatashigikiye ukwitoza kwa Nkuruziza. Nayo ibiganiro vy’inyuma y’amatora bizoba bimaze iki mu gihe intandaro y’ingorane zose ari iyo candidature? None BIGIRIMANA n’abandi biyumvira gutyo ntaco musamaza abantu, ivyo vyerekana ko mudakenye kuronderera amahoro Uburundi, kuko umuzi w’ingorane bufise uyu musi mudashaka kuwuca.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :