Appel urgent aux citoyens burundais face au forcing électoral de Nkurunziza

Appel urgent aux citoyens burundais face au forcing électoral de Nkurunziza

001 002003

Publié le 26 juin 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 3 Commentaires.

  1. oya birarenze, ariko murabaretse abo bagabo basubire kudutwaza igekenye , iterabwoba, igiturire na kamwana wa mama. oyo nimba atakindi mwateguye muzoba muduhemukiye kuko iyo baja mumatora nimiburiburi amizero yabarundi yari kuronko 30 kwijana, msd 5 kwijana frodebu 5 kwijana frodebu nyakuri 3 kwijana rurenza ngemero 2 kwijana ibisigaye tukabahebera. nimba muhisemwo 0 kwijana atakindi mwateguye muzoba muduhemukiye, kumitumba biteguye gutora amizero yabarundi none mudufatiye amaboko inyuma, oya tubwire ivyo mwaduteguriye canke ko amatora asubirwamwo, ahandiho na barya bafunzwe bazoherayo atcamira.

  2. Rose Hakizimana

    Narindire niyaba ashaka amasoro azoyaronka Mu kirundi bati utinya ingwe ntutinya iyakwinjiranye
    Ntamanike akaguru mw ikoma ngo abarundi n abana Amenye ko aho yari mw isahamba atigeze agwna ni gisoda kuko ntaco yashoboye kugwanya Ico yarazi kwari ukwica abanyagihugu yisnze umugera w amacakubiri kuko ahari abatutsi yaragerageje nukwo ubwoko bw umuntu buremya n Imana bwaramunaniye kuheza Muri 2010 yarahinduye umukenyuro kuko yaciye yica Abahutu benshi cane kandi abica nabi
    Ico akwiye nukwishura ku bibi yakoreye Abarundi

  3. UWURYA AMAKOMA NTIYUMVA AGAKOMA!
    UWUHAWE N’AMASORO YAKWA N’AMASORO!
    INKOKO NAZO ZIGASEZERANA MUMASESA ! uwutumva ikirundi asabe bamusigurire.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :