Les grenades lancées par les IMBONERAKURE font des victimes (images)

Les grenades lancées par les IMBONERAKURE font des victimes (images)

Au centre ville, devant la Mutec, ce jeudi 25 juin 2015

Publié le 26 juin 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 6 Commentaires.

  1. irambonaniyonkuru

    Mana yacu tabara uburundi, barundi mwese mufukame musenge musabe Uhoraho Mana yacu abohere inyuma amaboko abo bantu bose bayarambura mugukora amaraso kwica kwiba eka nbindi bibi vyinshi.musenge musabe ko abarambura amaboko bakora vyiza bashaka gutabara, kukora neza Imana ihe inguvu nimigisha ayo maboko ariko akora vyiza mukubohora uburundi nabarundi. Ni mwihangane gato umuco uraje aho Imana igiye gutabara uburundi nababuguye inyuma bagakorera neza le peuple Burundais.Shimwa Mana kubiriko biraba vyose,urinde umuntu wese arondera ineza yabarundi kandi akwubaha. Mana hezagira Burundinews nabayikoramwo bose. niwakire abana bacu nabakuze bakwitavye ,uruhure imitima yabo bose bagiye babura. Humura amaso,amatwi, amaboko yabo bariko barica bumve ico mpwemu yera ababibwira bareke gukurikira satani kuko bzohava bangara nka gahini batihanye bigishoboka.

  2. buzokira burundi nkurunziza!!

    RURIYE ABANDI RUTABIBAGIYE bonerakure,harigihe muzohinduka imbonera hafi namwe muva amaraso.abarundi bagoramye.

  3. Aujourd’hui ces assassins sont protegés par le parti CNDD-FDD et le Gouvernement qui est devenu un Etat parti(CNDD-FDD) et qui les a mandatés.Demain ils vont assumer leur compte. Condoleance aux victimes mais rira bien qui rira le dernier.Il est vomitif d’entendre dans nos oreilles parler des enquetes policières. Dites moi parmi mille et une enquete policière,laquelle à été mise au grand jour et revelé les resultants?Dans un pays où l’armée,la police,la milice servent le parti au pouvoir dans un pays d’une quarantaine des partis politiques,on ne peut s »attendre qu’au deluge

  4. Barundi benewacu, ivyo vyose mubona ntimugire ngo Imana ntavyo iriko irabona! ah’ubwo iriko iraba uwikebuka akamenya neza ko ivyo akora bidahuye n’umugambi wayo; aha nshaka kuvuga ko uwihoreye afise uwamutumye kuguma ahoze imwishurire kandi igiye gutanga inyishu mukiringo gito ntazi izi yonyene. Bantu mwese muzi uwabambwe kumusalaba azira mwebwe, guma munsi y’urya musalaba uhezagiye hanyuma mumushikirize ubuzima bwanyu kandi aratwishura inyishu nziza. kuko izombonerakure n’ingabo za shetani; iz’abana ba yezu zigiye kuduha inyishu y’uwudashaka akabi adasesa amaraso mugihugu c’urusengero Imana yitoreye.

    • Niyonkuru J.B, amen !
      uwuze Ukuri ngo i Burundi arahanwa, ariko comme ukuri ata wukunyegeza nivyiza ko kwama ahabona kandi kuguma gutsinda ikibi n’ibinyoma vya satani n’ingabo ziwe.

  5. None ntimubona ko tuzomaramarana

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :