Image du jour: NKURUNZIZA protegé par des vitres blindées

Image du jour: NKURUNZIZA protegé par des vitres blindées
(Images de @soniarolley)

protection par balles

Publié le 1 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 13 Commentaires.

  1. Monsieur NKRUNZIZA tu dois savoir quelques choses très importantes :
    1. ceux qui sont dans ton entourage sont tes ennemis;
    2. Apres la présidence il y a une autre vie;
    3. Pense a intérêt général et non personne;

  2. Abansi barakaka…

  3. un renforcement des capacités sur les notions élementaires de droit ; mathématiques est nécessaire pour notre pauvre président Nkurunziza ; car pour lui 1+1+1 = 2 ou 10 ans =15 ans

  4. Mana nyene ububasha, twaratwawe n’umu président yanka uburundi n’abarundi, aradutwara aducuritse turihangana, ariko Mana ukwihangana kugira aho kugera, twarushe cane,abagenzi biwe bamaze kumumenya neza baritandukanije nawé, nawe Mana turagusavye witandukanye nawe kuko kenshi amabi adukorera , ayakora yitwaza izina ryawe kandi bigaragara ko mutarikumwe, twiyereka Mutananirwa kandi turakwizeye. urakoze kuvyumvise kandi k’ugiye kubikora. Amen.

  5. Erega irya coup d’.etat niwe yayikinye akoresheje chef d’etat Mjor kugira yice aboyica yongere ateranye abasirikare,

  6. Je croyais que la paix et le calme régnaient au Burundi selon ses propos et ceux de Billy.
    Si ma mémoire est bonne, Sadaam Hussein bamukuye mu mwobo nk’imbeba.

  7. Noneho biracitse aho umukuru w’igihugu bamwugaranira mu bicafu nkivyo aho ntibabona ko bariko baratumaramaza pe!Mugabo utwo tu vitre ntitwobuza ko ikiba kiba kandi abarundi turikunda gose mbe barya bandi darikumwe aho hantu ntibatinya urupfu? Ndibo sinosubira kumuja inyuma kuko si non bari kuba entourés bose kugira abereke ko abakunda,

  8. Sha afise ubwoba burengeje, none ga ico gihugu azogitwarira muri blinde? haaa.
    Urahumba tuzogufata.
    Mu minsi tuzobona ata gahuzu yiruka mw’ibarabara

  9. Ubu hypertension niyo izomuhitana imbere y’ibindi vyose. Prétendre rester au pouvoir en ayant une peur exagérée. Voilà ce qu’il a cherché. Bon , il va partir, ce serait mieux pour lui. Et le plus tôt possible

  10. Ivyo rero bisigura ya mahoro aguma arati amakungu!Nuwo ni umuruho kuri nyakubahwa yitwako akingiye abo arongoye

  11. None mwomenyera umutekano uri hehe ko na Petero yicaye muri blindé. si non yaba ari peroquet bashize muri cage

  12. Iyo ni signe evident ko nkurumbi yamaze kuba umu dictateur.Igihe cose umu prezida atanguy gutinya no kwinyegeza inyuma y’ivyuma blinde nuko aba yiyagiriza amabi akorera abanyagihugu agaca abatinya.Raba namwe:Kuva ryari presidence,palais na radio y’igihugu biri muri barricade?Kuva ryari umu prezida w’uburundi yugaranwa muri stade?Kuva ryari amabarabara yugarwa prezida avuye gukina umupira atari umunsi mukuru officiel?Kuva ryari amabarabara yugarwa prezida agiye canke avuye muhira iwe kugatumba?Kuva ryari amabarabara acungerwa n’abasoda bacungera umukuru w’igihugu bizwi ko ako kazi kajejw police? Kuva ryari umu prezida asira atinya igisagara akama ku gatumba iwe?Ivyo vyose bizwi na peter wenyene be na adolphe kuko bazi ivyo bagira ko ata muntu binezereza kiretse ba niryo….Bisigura rero ko uwo mu prezda yamaze kuba umwansi w’abanyagihugu,bisigura kwageze gukinjura,agahunga akareka abakundwa bakaza bakayobora igihugu.

  13. none ko coup d’etat yahomvye

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :