NTAVYOHANYUMA Pie et RUFYIKIRI Gervais demandent une intervention aux chefs d’états de l’EAC

NTAVYOHANYUMA Pie et RUFYIKIRI Gervais demandent une intervention aux chefs d’états de l’EAC

001 002 003

Publié le 5 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 8 Commentaires.

  1. Nukuri jewe umuntu muto muraduhenda mugabo mushatse amajwi mukadukakamisha muvyo tutumva. Ntibagiye hariho umunyapolitike ntavuze izina yigeze kuvuga ngo ivyo vyamategeko vyanyu mubishire mukirundi ntimwavyemeye kuko muzi ko twebwe muduhenda rugeranyeko. None tutabeshanye bavukanyi, ncuti bene data ku Mana twamutseko jewe mubuzima bwanje sindiko ndabesha Yezu arambona n’ukuri ayo masezerano y’iyarusha ntayo nzi jewe simvuze ngo ntayo tuzi kuko simvugira murwinshi nka bamwe bamwe bama bavugira abatabatumye kandi atari vyiza kuremera abandi ibinyoma. Ndasavye kamurundi muvyihereranye kumwe mwanka ko menya icanditswe murayo masezerano ngo eka ntaco bitwaye ko rero mwabonye ko ndi umurundi muto ico nsaba mutacumviriza muri babimari twigishijwe mu mashuri matomato nimubimare jewe umunyagihugu muto munzanire ibinogangije.Nanje nkabona mubimaze mukumvikana nzoca mbona ko harico mundushije ijwi muzonsaba nzoribaha musubizwe agateka. ariko nkabona vyanse ndabasavye amahoro mundeke ntekane nze nshikire umunsi wanje nfise ico nshira uwantumye mba kuri iyi si. Imana impezagirire incabwenge zose zo muburundi zigeze gutwara niziriko ziratwara igihugu cacu nizitarashikirwa zihangane kuko ibi vyose tuzobisiga aha kuri iyi si. Muhezagirwe n’Imana idukundacaaaaaaaaaaaaaane kurugero rumwe.

  2. mwese ndabumviriza ngatangara. none burya muriko mukoreshwa na mpwemu w’imana . some mwese muri yesaya 8 :17-21. imana ibahezagirire iyo mico yanyu , ivyifuzo , n’imigambi yanyu. muronke ikihembo gihwanye n’ubuzima mubayemwo.

  3. you are good leaders thanks for yaurs spirits

  4. MPABONIMANA ANTOINE

    twitonde kuko birakomeye

  5. Congatulation,all

  6. si jamais abategetsi nkabo bubahutse bakavugira hejuru ibintu nkivyo,mumenye yuko atsrivyo gufata minenerwe.dusavye umurundi wese wumutrima akunda abarundi,koyokwama agavye,murondere uburyo bwose bwokwikingira haba ufise iyicira amuriro,haba ufise icumu,eka icarico cose nukuguma mugitunanye,kugirango umwansi w’barundi ntaducemwo ngo tumarane turibamwe.umwansi si uwundi nico ca mujeri casaze kugira kiryanishe abavukanamututsi muhutu,ntimusubire guhendwa mufisubwenge.

  7. Bravo nos chers honorables ! notre pays a besoin
    des hommes pareils ,animés d’un esprit patriotiques .

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :