Une centaine de rebelles présumés arrêtés et des armes saisies

https://i0.wp.com/rtlinfo-img.rtl.be/GED/00900000/904500/904543.jpgUne centaine de présumés rebelles ont été arrêtés et une trentaine de fusils d’assaut saisies au cours du weekend dans deux opérations distinctes au Burundi, où les forces de sécurité craignent une attaque d’envergure à la veille d’une présidentielle à hauts risques.

Selon des sources policières et administratives, les armes -30 fusils d’assaut Kalachnikov et 38 chargeurs- ont été saisies sur une colline de la province de Muyinga, à quelque 280 km au nord-est de la capitale Bujumbura, une saisie considérée comme particulièrement importante par la police. Une partie de ces armes -les chargeurs et 10 Kalachnikov- a d’abord été interceptée sur une moto-taxi par des jeunes du parti du pouvoir (CNDD-FDD), les Imbonerakure. La police a ensuite ratissé la colline, découvert « 20 autres fusils de même type », selon la gouverneure de Muyinga, Aline Maniratunga, et arrêté une trentaine de militants de l’opposition proches d’Agathon Rwasa. Parallèlement, 12 assaillants armés ont été tués lors d’affrontements avec l’armée burundaise entre vendredi et dimanche dans les provinces voisines de Kayanza et Cibitoke (nord et nord-ouest) séparées par la forêt de la Kibira, refuge de groupes rebelles pendant la guerre civile.

Agence Belga , le 13 juillet 2015 à 10h08, http://www.rtl.be/info/monde

Publié le 13 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 11 Commentaires.

  1. Haaaa, twarahinyuye abicanyi, abasuma, bo muri ki gihugu cacu, bibazako abarundi turi intama, ego nivyo hariho abarundi bafise ukumenya guke, ariko rero ico Imana yateguye ntikizohagarra babesha, barementanya, bagomba kwica abarundi 10 millions ku nyungu za bantu batarenga 10, Isoko baraturiye, léo barugara kugira bugurure izabo, abakora ivyabo utemeyeko mukorana urapfa udahunze, ego mama bakaduhenda ngo abatutsi baramaze abahutu canke ngo naho abatutsi bagire bagaruke ku butegetsi, n’ibiterasoni kuri abo bantu twari twatoye none ubu nukutuniga, n’ukutwica bibaza ngo turi ibijuju, nyamitwe n’abo bafatanya kurementanya igihe cabo kizogera kweli,Dusenge barundi

  2. burya nabemera ko ivyo arivyo nibijuju … aho rero ngo haruwokwemera ko bafashe ibigwanisho nkivyo vyose canke ngo bafashe aba robel nibareke kurota burya uzi ubwenge wokwemera ko naho barya bose boba bafise inkoni gusa bobafatira nimwe kumusi umwe murahenda banyoko batize

  3. Hemwe,jewe nkidoma iyinkurumbi,ninkurumbi nyene ya nkurumbi.mujeri irondera kurya abitwara,agomba ikindikiringo ngwwamare abantu?.kiyisoma naciye mbona yuko ibi arivyo yitegurira,kugira avuge yuko yatewe nikindi gihugu,mugabo akibagira yuko bose bamuhinyuye mumarementanya avira yose aribagira yuko ubugumyabanga yabutaye,bigatuma abagumyabanga batibanga umwanya wose.rero natuveko areje kudukinira ninde izo twabonye zaraduhimbaye,iziwe ntazi tugikeneye.

  4. nvelle generation

    hahaha mb k batashizek y 4to babicarits hasi?? ahi usanga bafash aba pipo babagirish akanama hanyuma bakaca bazana ama 4to bagashira kri net ngo naba rebelle kuk bari sûr k atawuzobibeshuza je naj nkaca nibaz ikibaz kimwe:mb aba manifestan bafash ata makoho bafs mu mezi 2 boca bahakwa kungana naba rebelles bafashwe m musi umwe(musi y amasaha 8) ninkoho k rutugu???
    iyo buba ubwumwe bwarikindi
    give us better lies we aint that dumb

  5. Mukombozi Ati Muchezo Wa Ndaniii, Muraraba Neza!

  6. Tu divague, toi t’es qui ? Vous pensez que vous êtes infranchissable ? Attendons voir, on verra qui et qui.

  7. Irementanya!

  8. Uwuzorukarisha ruzomumwa. Nta ntambara abanyagihugu dukeneye abayikeneye ni batuvire kwisi yacu baheze baje kurwanira mu kirere. Nayo ahandi hoho ntawuzoducana umutaru.

  9. Mme La gouverneure de MUYINGA ,ne s’appelle pas MANIRATUNGA. Il ne faut pas vous tromper sur l’identité de celui qui vous donne une information car cela risquerait de vous compromettre!

  10. Le Gouverneur s’appelle MANIRABARUSHA et non MANIRATUNGA.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :