Images de la rencontre avec MUSEVENI à l’Hôtel Bel Air de Bujumbura

Images de la rencontre avec MUSEVENI à l’Hôtel Bel Air de Bujumbura (dans la salle)

Publié le 14 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 4 Commentaires.

  1. harimeshi jean pierre

    NKUNDURWANDA we. URATEYE ISONI BASI !!!BUGERAGEZA UKURE KANDI FAIRE DES ANALYSES PROFONDES!!!! MBE HARI INTERAHAMWE ZIRI MU BURUNDI? OUI OU NON!!! DIPLOMATIE NIKI? PETER NTIYAMA KURAMUTSA KAGAME ET VICE VERSA??? ITONDE SHA. ntavyagiriji ufise!!! sois poli

  2. Imana rugiravyose tuyisavye kuduhezagirira uwo muhuza nyakubahwa Imana yaturungikiye.Kandi iduhezagirire abo barundi bose mubutandukane bwabo kuko Imana yoyo ubwobutandukane ntabwo ishira imbere nkuko bavyibaza yo izi ko ari bamwe. Ndasavye mw’izina ry’Umucunguzi wacu Yezu Kristu ngo muti mweranda akore kuri abo bantu bose abahe ukwicisha bugufi bibuke ko bacumuye ku Mana no kumunyagihugu nyarucari yishwe n’inzara kubera abo bantu aguma yiruka, atagifata agasuka bobo biyicarira mumafoteyi kandi ivyo bakina babizi abandi nabo babagwaza ibisazi kuko bobo bumva gupfa batazi nico bazira. Mana nzima menagura iyo mitima yakomantaye uyigire mishasha maze ntibahaguruke ngaho badatoye umuti w’ibihanze uburundi. Natwe bakristu ntiturambirwe sengera abo bantu kuko Imana nibo yaduhaye ngo batuje i mbere naho atavyo babona basabire rwose ntimuhengeshanye umunsi n’umunsi Imana amarira y’Abarundi izoyahanagura. Amen

  3. Ni vyiza, ico umwana w’umwami aririye Imana iragihezagira. Ariko kuki abarundi bemeye SEZIBERA akaba mu nama kandi bazi neza ko gishigikiye abansi b’Uburundi? Twifuza ko yotaramurwa mu bibazo vy’abarundi hakaza uwutagira aho yegamiye!

  4. Mes chers compatriotes,finalement,quand comprendrez vs que les véritables solutions aux véritables problèmes burundais ne sont venues,ne viennent ou ne viendront pas de l’extérieur comme par une baguette magique ?Seuls nous burundais doivent trouver les solutions durables aux véritables problèmes qui nous hantent depuis longtemps.L’apport extérieur n’est que secondaire

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :