Conférence de presse de NYAMITWE Willy à Bruxelles (images)

Conférence de presse de NYAMITWE Willy à Bruxelles (images)

Publié le 18 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 2 Commentaires.

  1. C’est Nyamitwe qui est Président de la République de Nkurunziza, pas du Burundi! Il dit du n’importe quoi. Cet homme aura une fin qu’il aura méritée.

  2. Kubesha no kudendekeranya c’est vraiment son point fort. Ariko ntatubwiye ko les belges babonanye banyuzwe n’ivyo yabashiriye. None ko Nyamitwe yivugiye kenshi ko la communaute internationale atari Belgique gusa, kuki aguma yiruka yo ? Ariko yangazwa n’ubwoba n’ubukunzi bw’inda bwabarengeye ntibabona ingene igihugu gishobora gutwara n’uwundi muntu bariho. Abari contre le 3eme mandat bobo ntimwihende, abo bantu bahahamiye gutwara ubuzima bwose. Ariko ico bakoze barazi gucebera inda. Nyamitwe cherche a intoxiquer les Belges kubera ishavu afitiye la communaute burundaise de Belgique ukuntu bitanze mukwerekana ko 3eme mandat ari illegal, irindi shavu ni rya Rupfikiri na Ntavyohanyuma. Abo, les 2 barateye ubwoba Nkurunziza n’abiwe bafise ubwoba bw’ivyo bavuganye na Ministre des Affaires etrangeres. Ntibabona neza ico Belgique iriko irategura igihe nkurunziza CENI izoba ihejeje kumushikiza ubutegetsi. Ikindi, Ivya CNDD na Sinduhije birarengeye. Baramutinya bagaca bamudedemba aho bari hose. Umugambwe wiwe barahejeje kuwita uwo Abagumutsi co kimwe nuwariwe wese adashigikiye 3eme mandat, yitwa, drogue, inyanka burundi. Aranyeguye ati inkoho zifiswe n’abanywanyi ba opposition, ati nta mbonerakure n’imwe irafatanwa ikigwanisho ngo bacerekane. None ko mbona isi yose kireste abatazi le Burundi
    biyamirije 3eme mandat, azokwiruka hose ahashobore ? Azogwa mu karere ngwariko aronder kweza sebuja. Ariko amenye ko abazungu ntibakorera ku manyanga, bararaba kure, kandi ntibafatira ununtu kuvyo avuze gusa, barafata umwanya. Abongereza bavuga ngo « Every story has 2 sides ». Nagende muri za Canada, za Etats Unis bazomubwiza ukuri.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :