Premières estimations: NIYOMBARE et RWASA invités malgré eux aux élections

https://i1.wp.com/www.burunditransparence.org/images/gode1.jpgNIYOMBARE et RWASA invités malgré eux aux élections

Le président sortant aurait perdu les élections présidentielles si il avait joué franc jeu.

Les premières estimations donnent la victoire au parti CNDD-FDD avec presque 55 %. La CENI réserve 30 % à l’opposant RWASA Agathon.

Soulignons qu’un phénomène s’est fait remarqué lors du dépouillement des votes. Sur plusieurs bulletin de vote, des électeurs ont quasiment rajouté une case pour le général NIYOMBARE Godefroid et ont apposé leurs « igikumu » à coté. D’après les estimations de l’observatoire « OBSELEBU » , le général NIYOMBARE aurait eu plus de 25 % si il avait participé aux élections.

En d’autres termes le président sortant ne serait pas réélu aujourd’hui. Faites vos calculs.

Une information de dernière minute qui vient de nous parvenir nous dit que le candidat RWASA Agathon aurait participé à cette élection par procuration selon une source proche de la CENI. Une information à prendre avec des pincettes quand on sait comment cette commission est manipulée par le parti au pouvoir.

Rapellons que le taux de participation est estimé à 37 % pour ces élections du 21 juillet 2015.

HENGEKA Richard

Publié le 22 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 20 Commentaires.

  1. Emwe, Imana gusa niyo izokiza Uburundi n’abarundi Ntihagire uwigira umuhanga.

  2. yemwe uwo mugabo nkurunziza mwamwikwegera ndababwira, jewe kuva 2005 narabona ko mwikwegeye ikara mumpuzu, mbegayemwe abarundi bacu bazo kanura ryari? ngiryo ryakara rero rirahaye riraduturira. reka turindire imana iratubona, ariko nuwo nkurunziza nagerageze ariko sinibaza ko uwo mugambi wiw mubi kwi IMANA IZOWEMERERA KUBANDANYA IYABA UWUNDI YOTESHWA AGATA.

  3. MALAYIKA Mathias

    Wewe wiyita Niyombare, uri fanatique fanatisme nayo harimwo ubujuju kuko n’ibibi ntuba ukibibona. Iyo hataba ibiganiro bishika ku masezerano ya Arusha n’ubu Nkurunziza aba akiri mw’ishamba. Ivyo biganiro vyadukuye mu ntambara nione Nkurunziza atujanye mu yindi. Nico gituma nemeza ko uwumushima ari umwansi w’Uburundi, canke n’ikijuju.

  4. je me demande dans quel coin du monde se trouve le général Philibert habarugira le compagnon de lutte du général niyombare ?

  5. ndajejo1@yahoo.fr

    ni ikinamico canke Ninde mwo kimwe. Ico twokwishimira n’uko ibintu bigiye kugaragara kuri abo bakinyi bayo. Uretse ko bayikina bakumira Abatutsi, ikizwi n’uko bageze muri « uwo yoba ari wewe?!? eh.. Eka data si jewe! Ariko yoba jewe ga yemwe!!? Eh … Eka nawe si wewe. Ariko boba ba nde ga yemwe??!!, »

    Ko bamaze guhinyuka rero inyishu y’ivyo bibazo ikaba yabonetse, nibabise Abarundi bazi ico bakora batabakinirako bongera babiba, babica n’ayandi mabi yose tutayobewe.
    Ka karirimbo kati: Imana irakunda Uburundi ntishobora kubureka ngo buhinduke urubuga rw’Abadayimoni…….!!!!!

  6. je suis d’accord moi aussi le général niyombare sera notre président très prochainement

  7. Même si la politique n’est pas une science pure, Nos dirigeants devraient avoir honte de leur dirigeance!!! Dans quel pays dans le monde les autorités dirigent sous une loi des mensonges? Même à l’oeil nu tout le monde peut découvrir la politique de nos pauvres caboches de politiciens!!!

  8. Vous sur bujumbura news vous ne faites que salir Rwasa je ne vous ai jamais écrire du bien sur Rwasa

  9. nijimbere prosper

    reka nkurunziza tumurindire itarike 26/08/2015 nizere yuko atazorahira niba ntihenze ko barahira imbere yabarundi namakungu abo barundi nayo makungu akaba batamwemera bizoca arahira gute avuga gute ,kandi koko arahira avuga ko yubahirije ibwirizwa nshingiro namasezerano ya arusha ivyo navyo akaba yarabihonyanze rero reka tumurindire kumbure harigihe yokwikubita agashi kuku Imana niyo nkuru

  10. Najewe narikuzinduka niruka kumutora Niyombare komera mutama turagushigikiye!!!!!

  11. Niyombare muramushuka.Nkurunziza azogitwara imyaka 100 kuko niwe abarundi twese twikundira,uzi aho yadukuye!arakagira Imana imigisha myinshi imutaheko.Rindira tuzomwisabire ahindure constitution twitorere EGO maze tumwimike imyaka yose Amen,namwe mugware imitima mushaka musare

    • ubwo nubwenge buke atar ubwenge buke naho ubigira ubibona ariko wiyumviriye usanga uwogutera amashugwe ni ntuwo nkurunziza?yemwe nibaguhebe ntamuntu urimwo!!!

  12. mufise des speculations tutsis extremistes

  13. Reka turindire turabe inyuma yamatora ibikurikira

  14. Natwe abanyagihugu b’iburundi turamerewe nabi. Batubesha ngo bashaka ko duterimbere ariko mugushaka kudutwara bakabanza gusambura igihugu. None jewe ntabona kure iyo umuntu asambuye akaca agira ibakwe agatwara ntabwo abanza kubaka ivyo yasambuye akibuka ko yokongerako ivyo yotezimbere igihugu agaca asanga mandat zamuheranye? haaa muragaba yemwe muzoje murikunda mukunde n’abanyagihugu. Ntamugani muzi bavuga ngo ubusigo buhuma ntibuba buto naho mutatwitaho harashika igihe naho tugwa muvyo tutazi mukadukenera!!!!!!

  15. Oooh mutama niyombaree…

  16. ewe nkinamico yakino gihugu

  17. Fabien Ndayizeye

    Si le Général Niyombare est encore en vie,il a la probabilité de devenir président dans les prochains jours!Moi-même j’aurais voté pour lui s’il s’était porté candidat!!!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :