La coalition « mizero y’abarundi » entrera dans les institutions

Le député GAYIMPENDA Évariste confirme la participation de la coalition « mizero y’abarundi » dans les institutions.

Publié le 25 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 7 Commentaires.

  1. Reka abapolona baracumura kuva kera narindi bakongera bakihana nico cabatunze. Kuba boja muri Leta n’uburenganzira bwabo hamwe n’ubushake none mwese ntimuharanira démocratie none ushaka ubatamike ijambo. Twebwe abanyagihugu aho mwabukaranga twari munsi y’urujo ntitugihendwa. Muvuze ko amatora ageze tukiyandikisha tugaheba umwanya muzi ko ugoye kuri twebwe banyarucari mugaca muhengera rugeranyeko ngo ntimuzoze ntituzobemerera kuko imvo zugusiba ntazo twabonye mudukunda mutadukunda muradufata uko kuko wa mugani wakera bavuga ngo uko zivugijwe niko zitambwa oya ntituwemeye ahubwo uwuvugije neza tuzotamba; uwuvugije nabi tuzoca twihorera mugabo hariya hantu bita mugasandugu ko tugira Imana atavyavyuma bidufotora mushirayo nivyiza. Tuzobikora twigire namwe musigare muragwanira ayo majwi muyita ko bayabagabiye kubera akagaye mutugaya mutwereka ko naho tutoza gutora mufise ingene muyahana. Haaaaaaaaaa muragaba abanyagihugu ntitukiri ibihwiji kuko ico muvuga dushira kumutima uwuzi ko amajwi bayatanga atamunyagihugu yatoye ntazohirahire ngo asubire kutugora ngo tumuhe amajwi arayatora aho wumva bayatoragura. Ndangije ndabifuriza kubaha n’ukubahiriza agateka kuwariwe wese kuko ntanumwe yiremye.

  2. Nari nabivuze nti abo ba porona bo même si ils reçoivent des miettes bazoja mu kogobe mugaharira,abo ni ba mpemuke ndamuke gusa bakundz ko amabondo yabo yama afoye

  3. AMIZERO arayobeye abarundi abaribo. Ndifuza kumva postion ya Nditije nawe. None abo bantu babujije abanywanyi kuja mu matora, CNDD ikabaha iyishatse kugira babaherekeze mu nzego aho batazogira n’uruhara rukomeye, ubu barahinduye/ None hirya y’ejo bazobwira iki abanyagihugu. Ngo merci kutwizigira mu matora. Abo bakunz b’inda bamenye ko ils vont decevoir les burundais qui ont defendu la loi au prix de leur vie une fois pour toute. Sinzi ko bakibanemera guheba kurwanira agateka kabo ngo barabatwara.
    Uwuramvye arabona.

  4. nizere Ko ataravyo! none ko bari bamye bavuga ngo Rwasa Rwasa? but they are totally stupid. iyo baja mumatora kuva mbere baba babaye iki.? guhenda abarundi gusa? ni nkababakurikira!

  5. nta n’ikindi abaporona ba sesankuyoze bokorera igihugu. Ariko ntaco DD izobahinduka nka mbere babe bapfuye. Aka kanya baza bahemutse!!!!!!

  6. Mutuka ba concilia na ba jacques,mwe na Rwasa mweho muramenje na maconco,muhejeje kwerekana ko muri abahemu none burya abantu baphiriye muri manifestation canke abafunzwe Kubera inda zanyu n’ubuhemu bwanyu,bwe muzoduhenda gushika ryari?mugiye hamwe na babishe,nabafunze hama 2020 muzoze ngo dutore

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :