Interview exclusive de la RBI avec l’honorable RADJABU Hussein

Interview exclusive de la RBI avec l’honorable RADJABU Hussein

Honorable Hussein Radjabu

Publié le 26 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 10 Commentaires.

  1. Rajabu rajabu mbe uribagiye ko ww ukiri umukuru wumugambwe fdd-cdd ko ariwe wari uwambere utubahiriza amatego nko kurengera inzego zubushikiranganji bwose eka mbere nkibisata vyose bikomeye niwe wabigenzura aka abantu bagutinya kurusha numukuru wigihugu rero jewe muncamake jewe novuga yuko amanyanga muri cdd yatangujwe na rajabu

  2. espoir vous analysez entant que intellectuel ou entant que bête ? si tu dit qu’il n y plus d’intellectuel ici au Burundi ,toi tu raisonne en qualité de qui?

    • Ndabibona. Tu as mal compris Espoir. Il a écrit  » Il n’y avait pas… » Remarquez l’usage de l’imparfait pour dire que c’était dans le passé. Faut réfléchir et tourner la langue plus d’une fois avant d’insulter les gens. Merci.

  3. Abarundi turanyotewe amahoro n’indongozi zikunda igihugu n’abarundi bose zidacagura.
    Amajambo asosa tumaze kwumva muri iki gihugu cacu ni menshi. Ariko ikimbabaza ni iki. Abatari baza bavuga uko nyene ariko bahashika baca batuyobera. None mwebwe ikitwemeza ko mutazomera nk’abandi ni ikihe? hanyuma ko hatabaye ibiganiro na Leta ihari ubu, tutabona neza ingene ibihanze igihugu bizodadanuka. None muriteguriye kuganira n’iyo Leta? Mutaganiriye ntimubona ko ibintu bizohava bigora gusumba? Ku ruhande rumwe hazoba hari Leta ikorera i buja yitwa ko idakwije amategeko. None urwego rwanyu rwo ruzokura he « légitimité? ». Murashobora kutwizeza ko muzobogora Uburundi ata maraso y’Umurundi n’umwe aseseze? Nizigire ko atabirwanisho muzokoresha kuko amategeko asizweho n’umuheto ntaba ari amategeko y’ukuri. Aho gukiza araheza akica abdafise inguvu. Twebwe abarundi ubu dukeneye uwuza aduhumuriza twese ni ukuvuga uwemera guheba inyugu ziwe canke z’akarwi kiwe (kaba gashingiye ku vy’iyumviro vya politike, vy’ubwoko, vy’intara canke vy’amadini) kugira ngo akorere ineza ya bose.

  4. Quand Nkurunziza est venu, les burundais semblaient mettre leur confiance en lui car il venait d’un dialogue inclusif! Aujourd’hui, il a montré qu’il est pire que Micombero. Micombero a massacré les enfants du Burundi dans une période où il n’y avait ni radio, ni société civile, l’Eglise Catholique se constituait encore, il n’y avait pas non plus d’intellectuels dans ce pays. Si Nkurunziza vient de faire ceci en 2015 que ferait-il en 1965-1972…Pire sans doute!!! Il l’a démontré en brûlant toutes les radio pour que personne ne parle…pour que personne ne sache ce qu’il est en train de faire. Micombero dans toute la nuit qui l’entourait n’as pas fini tous les burundais. Nkurunziza non plus ne va pas exterminer tout le peuple. Il sait bien que c’est pas lui qui l’a créé. Aujourd’hui, les Barundi ne savons pas d’où nous viendra le secours dans cette situation que nous ne méritons nullement! Nous avons beaucoup sacrifié pour arriver là où nous étions( nos parents, nos frères, nos soeurs, nos maris, nos femmes, nos ….). Mais voilà que Nkurunziza vient d’annuler notre effort, notre sacrifice. D’où nous viendra le secours? De Rajabu?? je doute car il a été lui aussi à l’Ecole de Nkurunziza!! De Rwasa? Je doute également, car issu de la même école…Les Barundi méritent plus que ces gens aux mains rougies du sang de leurs frères. Et ils sont là dans le silence, ces hommes qui sont prêts à donner leur propre vie pour sauver ce pays. NTIBANTUNGANYA, NDAYIZEYE, et les autres qui sont là car je suis sûr que le Burundi a enfanté des enfants intègres!

  5. Barundi barundikazi ncuti zabarundi, nitwitegurire neza transition itangura 27/8/2015
    Ikibabaje nuko yobaye iratwagwa na President wa assemblee nationale none yarataye aromoka. Ba sogokuru barayamaze bati igihugu ntigipfakara, abakunda u Burundi ni baje hamwe nkuko Hon. Radjabu abivuze bashireho inama yi gihugu, itabare abarundi ibogore igigihugu
    Mana bandanya ucungereye igihugu cawe

  6. mushaka ubutegegetsi gusa apana inyungu z’abanyagihugu kuko benshi barashima.mwishamba kwari we wica ugakiza ubu nkurunziza yazanye inkuru nziza niwe mumenja?uwukize isemu yibagira icayimuteye.himbe muhishe

  7. ivyo muvuga je ndabashigikiye kuko uwubuze uko agira agira nabi. ariko ico mwomenya n’uko abarundi twamaze guca ubwenge. mama ngo ba rugoti; mama ngo kiriba hondes; amarementanya yanyu twarayahaze ahubwo nimba mwipfuza gutwara ni muje ku rubuga mwiyamamaze tubacire urubanza bitaruko ni muje gufata isuka yoyo ngirango muzoyishobora.

  8. Ico nongerako nukwo Nkurunziza n akagwi kiwe bashaka kugarukana mu Burundi akabi katumye haba imfuvyi na bapfakazi benshi mu Gihugu vyatumye ubukene kusega bigwira
    Ariko kandi arondera ko abavukana baryana nkuko yabigize igihe yari mw ishamba muja arica aravye Ubwoko gushika aho akura abantu mu ma modoka atwara abantu aravye ubwoko bwabo Vyarabonetse mu kuja kwica abantu mu ma quartier yita ngo nay abatutsi
    Ivyo bintu abarundi bose bakwiye kuvyanka mbere ababikoze bose bakafatwa bagahanwa hamwe ata murundi azosubira kwica canke gutoteza uwundi ku mohe ni nyungu z abatwra
    Abarundi ni bamenye ko atanumwe avuka asavye Imana ngo ndema nd umuhutu canke ndi Umututsi Kandi bamenye ko hatica Ubwoko hica Ubutegetsi bubi

  9. Nivyiza ko muja hamwe kugira Iteka ry igihugu rigaruke Nimujimbere mubandanye maze Abarundi ntibasubire kwicwa,kwibwa.kwangazwa,kunyagwa kupfungwa kutotezwa maze
    Maze Uburundi busubire kuba Ubwa amata nu buki
    Turindiriye relo transition ariyo izokura ibibazo abarundi bafise

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :