La coalition « mizero y’abarundi » confirme sa volonté de participer au gouvernement (porte parole)

Le porte parole de la coalition « mizero y’abarundi » BIZIMANA François confirme sa volonté de participer au gouvernement avec le CNDD-FDD

François-Bizimana

Publié le 26 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 12 Commentaires.

  1. iyo ni politique y inda. arateye isoni umuntu yitwa francois yahora yigira umunyamategeko akaba asigaye atakironka nic avuga mukudendekeranya utuntu kugira yironkere aho aca ikiraka.ntaco agifise avuga

  2. Ndabisubiyemwo , if you do not defeat …you join ….
    bisgura iki ??

     » Mugihe uwo wese ashaka kugwana urugamba , akabona adashobora kurutsinda , apfuma yifatanya narwo akarushigikira .

    Ikindi kandi , tumenye neza ko politiki ari umukino nk’iyindi mikino , mu mukino rero hama hagira utsinda n’uwutsindwa . Igikuru rero mumukino si ugutsinda namba , ariko nyabuna ni ukuba witavye umukino . SB « 

  3. mana tabara uburundi inzira zose ni zawe.

  4. Le Burundi n’est pas pour RWASA?CNDD FDD,Nabo bandi bose! Ico nzi nuko iyo rukomeye nkuko biba bigiye guhera!

  5. Emwe barondera kure abahahamuye abarundi batari kure ako gakokezo ukita ngo ntaco nugufyina. Mbega waruzi ko Imana atakintu nakimwe co gufyina yemera? Kuko yoyo irazi icaha icarico. Wewe wandika ko abantu bagiye kubica ukumva ufise amahoro mumutima ndinkawe nohamagara abarundi nkabasaba imbabazi kuko kwica sugufata inkoho, imbugita canke igipangagusa. Oya imvugo mbi irica kandi Yezu aravyanka caaaane. Hinduka ncuti yanje wemere inkuru nziza ya Yezu Kristu kuko ntashaka ko umucika ngo ube uwa Satani.

  6. turagowe basi!!!????

  7. La politique du ventre ????

  8. Oh là là là!!rwasa!rwasa!c’est toi vraiment que tu viens de nous tourner au dos?souvenez combien des membres courant derriere vous qui ne sont plus encore vivants.tu me chamailles bcp.

  9. Jewe bizontangaza ninabona Francois Bizimana yemeye kuja muri Leta itwawe n umuntu ahajeje kuhonyanga amategeko Ko bazi neza ingorane ari ukurenga amategeko bigizwe na Nkurunziza wumva iyo Leta d union ari nyabaki niyaba izoba itwagwa nuwo bose biyamirije
    Ikindi kizontangaza nigihe abo kwa Nditije bokwubahuka kuja muri Leta itwawe Nkurunziza
    Nkabahanura ko baja hamwe na Opposition na Societe civil kugira bagwanire amategeko ya Harusha na Constitution arivy bamwe bagwanira kuberivyo hakaba hasesetse amaraso menshi y abarundi Ntibemere ayo matora kuko n umutego bariko baragira kugira bemeze ko amatora yaragizwe na benshi
    Bafashanije muri irya Alliance bazoheza bashike kuri Transition ariyo izoba igizwe bose gurtyo bakazoca bategura amatora mu mahoro Bazoba bubahirijwe Accord d Arusha na
    Constitution bigenga Republique y Uburundi

  10. Thanks alot.what u say is true.

  11. None gouvernement d’union nationale bisigura gusa ko izoba igizwe n’Amizero y’abarundi na CNDD-FDD?
    Canke n’iyindi migambwe izojamwo mugihe ibishatse?Ni Rwasa azobuza abashaka kuyijamwo kanke niwe azobemerera?

  12. all of you mwandika ivyiyumviro wait and see akarinyuma karahinda,ntimushiremwo ishavu cake ngomwishimwe wait and see,murindire murabe iyobiherera vyose tuzovyemera le 26 myandagaro 2015 so magumye akanwa nimitima yanyu.kuko iburundi turacafise abashingantahe atari bansumirinda.hama nditije wibuke ivyowavugiye muri manifestation ntuhahamuke narya mafranga bakwemereye nguhemukire abarundi kuko ntanayuzorya ugiye kwicwa mwena gwasa aho imisiyanyu irashitse mugiye kwicwa babasomeje wamufa winkona muragowe mbabajwe nimiryango yanyu,nabagore banyu bagiye kuba abapfakazi .thank you

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :