Image du jour: RWASA Agathon prend son siège au parlement

Image du jour: RWASA Agathon prend son siège au parlement
(plus quelques images de la rentrée parlementaire)

rwasa

Publié le 27 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 41 Commentaires.

  1. A man will fight harder for his interests than his rights (Napoleon BONAPARTE)

  2. Rwasa uratumaramaje. Twari tuziko nawe udatwarwa n’inda none uyumusi uratweretse icuri.Kuber’iki utavuze kare dutore kumbure twari kuronka naba Sitanteri hamwe naba Sénateurs? Ntiwumvako iyo ari trahison pour les burundais? Barundi barundikazi ntaba leaders tugira dufise Imana. Nayo abo bandi n’abakunzi b’inda.

  3. bugona burimaso uwutambana na mukeba ntakubita urugohe

  4. Reka reka, erega nta kinanira Imana. Muga birasiga ubwenge aho kubona umuntu yicisha isinzi ry’abantu kubera inyungu ziwe

  5. Monsieur Rwasa! Ubu watubujije kuja mumatora ariko turenzako turagutora none raba ivyo udukoreye. Umenye ko hazogera aho uduhamagarira kugutora tutakigushaka tukitorera abandi!!! ntuzotangare…..

  6. jewe ndashimiye rwasa kuko yigaruye akabona ico BUSOKOZA yakoze nico arondera gushikako

  7. Ndayisenga Concilie

    Mu gihugu kirimwo abanyagihugu barenga imilioni zirenga cumi kubera iki muvuga Rwasa? Probalilite yo gutwara igihigu ya Rwasa ingana n’iy’uwariwe. hariho ico mutazikera.Imbere y’aba DD abatwara batara kuko bari bafise inguvu z’igisoda, na Nkurunziza uno munsi nawe nyene atwara kuko afise inguvu z’igsoda. Rwasa ntashobora gutwara muri kino gihe kuko nta nguvu z’igisoda zikwiye. Ico twari dukeneye ni uko abantu bunvikana kugira twubake igihugu.

  8. Qu’est que vous espériez? le contraire m’aurait surpris

  9. Imana ntikunda abafata abana b abantu bakaba aribo bahanga amaso,Rwasa ni umuntu nk abandi bose,ngo ntaciza covuye kuri we,mbe ninde akora iciza ataruwo Imana igicishijemwo.
    Abapfa ntibatanguranye na Rwasa.
    Muriyisi ntacaha gisha kiriho,abapfa bamye bapfa,birababaje ariko ntaco duhindura,abo bishwe bazobazwa ababishe kandi bazobabazwa n Uwabaremye,abantu nab Imana si ababantu.
    Ni mwihangane inzira z Imana ni nyinshi.

  10. Rwasa mwana w.uburundi,urakoze kuja munama nshingamateka. Ukore kuburyo abarundi batera imbere. Abo bayaga ivyabo ntubanke ahubwo uzobereke ko uburundi bukwiye des democrates babushitse. Ter.imbere ukorane n.abandi twanke ivyo abahendwa n.abazungu bakora

  11. Mu kirundi baraciye umugani ngo: »IVYA RY UWUNDI RIRYOHERA IHOTORA »,
    Rwasa igikorwa yakoze si kibi haba namba.
    Abac imanza bamwifatira mu gahanga si abakunzi biwe.
    Niyaba yakunze inda yiwe ikibi kirihe,uwanka iyiwe nda yoba nde?
    Uragowe ww ushira ivyizigiro ku kiremwa nkawe hakubishira kuyamuremye.
    Ikintu cose gifise umwanya waco,Imana niyo icinzira aho itahora,niyo itang ubuzima mukitagira ubuzima,ninde muri twe ashoboye kwizigama n isegonde imwe.
    Ninde ahindura imitima y abanyakibi,uwavuze ngo: » UKUBAHO KW UMUSWI NTIKUVA K UMPUHWE Z AGACA. »
    Imana irakunda abarundi nimuyizere izibikwiye kandi ku gihe gikwiye.

  12. Ni.mwitonde mukuvugango azopfa nk imbwa.Rwasa turaziko ari umwansi wambere waba dd tutibagiyeko ari n umwansi wa benshi mubiyitako banamukunda.
    Igihe yavuga ati enda tugire ico yise PACTE DE NON AGRESSION abatwara ico gihe ntibamuhagurukiye ngo ninde yagutumye kuvugira abahutu,mwombwira uwavuze iryo jambo n ubwoko bwiwe.
    Ivyarivyo vyose Rwasa ntagira ku.bwenge bwabandi akoresha ubwiwe kandi iyo ariko atotezwa ntawumutwaza itotezwa riba riri kuriwe.Niyaba yahisemwo nabi mukwinjira mu nama nshingamateka,akaramuka yishwe azoba yishwe nk abandi bose bapfuye kandi fnl ntizobura abandi bayiyobora nkuko nawe nyene atariwe wambere yayiyoboye.
    Ikindi naco,mbe ko mwiyamiriza iyo ntambwe agize,ko nziko hariho abanamarimwe bavundiye mu busho mwibazako bazobuvamwo gute mu gihe Rwasa ataronse aho abivugira.
    Fnl ni umugambwe uzogumwamwo nabihangana ivyabaye,ibiriko biba n ibizoba,umuntu atabona neza ibiriko biraba,ntashobora gutegera iyo ntambwe Mzee yashikije.Abavuga ni muvuge ntawubabuza,kandi abavugako. Mutama yahemukiye abanamarimwe ni uwutazi umugambi wihishije mubiriko biba.
    Komera Mzee Rwasa,

  13. Bravo Ex.Agathon Rwasa,les gens qui sont contre votre décision d entrer au parlement sont des extremites qui toujours n ont jamais souhaité la réunification du peuple oprimé.
    Nous savons que pas mal de gens vont dire que vous avez été corrompu,laissez dire c est de leur droit.La société civil qui chaque fois crie à haute voix la liberation des gens,pourquoi il ne crie jamais pour la liberation de nos banamarimwes.
    Dieu aime l’union,aho vyaciye hose ni vyiza abatavyemera nabo ni uburenganzira bwabo.
    Imana niyo yonyene imenya ibikwiye.

  14. Monsieur Rwasa urateyi intambwe pck toi aussi tes compte seront bientot garnis comme ceux de Peter, Bunyoni Adolphe Ndakugarika mais attention dans DD les Rwembes les Ndajugarika les Gihahe les kajisho sont tjrs la et t »attendent tjs au croisé des chemins wibuke les FNL De Muyinga kanyosha rural ruvubu rusizi kuruyu musi wambaye amaraso yabo toi aussi tu viens de commettre une haute trahison comme ton maitre merci k le Bon Dieu t’éclaire

  15. Rwasa Imana yaramuvumye ko atazopfa atwaye igihugu kandi umuvumo wi Imana ntu siga.2005 yagire atsinde urugamba ,dd baramucamwo , 2010 araronka amajwi baca baramusuka arabiheba , none ubu agiye gusaba abo yimye! Malhereux Rwasa , tu regretera infinement .

  16. Imana niyo nkuru! kandi Uhoraho azobaha amahoro biciye munzira mutari mwiteze! Erega Yesu niwe Mwami w’amahoro kandi niwe mugaba w’ngabo! Nimureke kwizera abantu kuko umwanya n’uwundi impwemu ibavamwo mugasigara mutamariwe. Aho rero mwaziga agakiza kuri RWASA ava amaraso nkamwe? Erekeza amaso yanyu mw’ijuru niho muzogira amahoro nyakuri!

  17. Jean Claude Burikukiye

    Rwasa sha, bandanya urya nk’inka mugabo bidatevye uzopfa nk’iimbwa. None barya ba FNL wabahendera iki bakarinda aho bahasiga ubuzima? Nzoza muri enterrement yawe mugabo nta mashugwe nzozana

  18. KOMERA KOMERA RWASA ABADASHAKA BAKWANDUREKO KUKO NI UBURENGANZIRA BWAWE. NTANUMWE AKWIYE KUKUBUZA ICO IKORA CANKE NGO AGUHATIRE KUVYO UDASHAKA MUGIHE BIKUVUYEKO.

  19. Inda ndende ihumirindya ikica akokize Ayo ngo niyo mizero y abarurundi Emwe usangwa arayo Abarundi baracagowe None ko mwtubariye Rwasa ba baprona barikumwe muri yo twahora twita Parlement kuko twayita gurtyo kuko yaserukira Abarundi none ko ubu ari iya
    CNDD FDD wumva twoyita ngwiki izohava icika ingoro y umugambwe
    Bahora bavuga ngo politike n ukubesha nkaharira none nzohava ndavyemera Niyaba Busokoza,Tatiano Sibomana,Bizimana Francois, Ngayimpenda,Nditije nabandi bakaba bemeye kuja mu Nzego zihonyanga amasezerano ya Arusha ni Bwirizwanshingiro nca numigwa
    Nibubahuka kuca ku mivyimba y abarundi 100 baheruka kwicwa na nkurunziza ngo nukwo bahakanye mandat ya gatatu Nibirengagiza Abarundi bariko baricwa n inzara n ingwara mu Buhungiro kubera bariko batotezwa na milice ya nkurunziza nubu ibigwanisho bikaba vyuzuye mu Gihugu Nibirengagiza Abarundi amajana bariko bavundira mu Mabohero kuko biyamirije mandat ya gatatu
    Kubera ivyo vyose ndateye ivyatsi iyo ngingo nkaba nfata abazoyijamwo nk inkozi zikibi zafatanije na nkurunziza kusambura Uburundi n ukwica Abarundi

  20. Biragoye kabisa ariko ntibitangaje.Ntaciza covuye kuri RWASA.

  21. Vraiment RWASA vient de s’exclure sur la scene politique et il s’en regrettera. pour avoir osé de piétiner nos martyrs et victimes du 3è mandat?Quelle folie

  22. Rwasa et maitre noé, je ne vous comprends pas,pourquoi avez vous toujours crié au vol ,vous auriez pu appeler vos banamarimwe ,il vous aurez elu massivement.vous avez remarqué,sur trois millions huit cents milles electeurs , seul un million neuf cents electeurs ont elu dd donc peter,bref si vous n aviez pas boycotté betement les elections, vous auriez pu avoir le reste des voix et vous auriez pu gagner et les communales ,les legislative pourquoi pas les presidentiels au deuxieme tour ,voila vous nous avez empecher de voter et vous voilà avec des miettes sans honneur,les dd vous ont eu avec l appat du gain alors que ce vous qui devez donner ,le reste d ammizero camps nditije rejoignez le , »un tien vaut deux tu l auras »,rwasa est comme vous dans la legislature passé,c est ça la politique,n eut ete lui vous n auriez pas obtenu ce que vous avez eu,uwakoze munyo yimbwa arangirîzayo urutoke(celui qui touche le cul du chien y plonge le doigt tout entier),puis je sais que etre honnorable avec les avantages qui vont avec…vous ne le verrez pas d un mauvais oeil,et puis nous avons besoin de votre intellec à kigobe, feignez de faire contre mauvaise fortune bon coeur, c la foutue politique.une.fois là bas negocier le gvt d union national pour faire revenir les autres acteurs.politique pour vous attirer le peu de bailleur qui reste, faites ouvrir les médias,faites rentrer les refugier,faites dementer les imbonerakure et les purger de la police,sinon vous ne seriez que des marionettes,des épouvantails.une fois tous cela terminé,vous serez redevable au meme pieds d egalité que les dd sur la violation des accord d.arusha et la constitution puisque vous avez avalisé la dite violation.pensez vous que les barundi ont manifesté pour vous voir assis à kigobe ou au gouvernemeent,si c etait le cas,les dd etaient bien dans ces fauteils et vous n avez pas le cul en or.les barundi,les jeunes,les mamans qui se faisaient tabasser,emprisonner,enfummet par les laclymogenes,torturer par votre nouveau partainaire,assassiner voulais la l etat de droit , l espoir pour un burundi meilleure ou il y aura l egalité des chances dans l emploi,dans l avenir, un burundi ou le plus meritant à le plus de chance dans la destiné du pays,un burundi où le nepotisme n a pas sa place,voila ce que on veut de vous,les jeeps ne nous impressionne plus ou vos maison,l interet general avant tout, le reste du.blabla,la mediocrité on en veut plus ,les dd en regorge faites la difference si vous voulez un jour les remplacer, maître noé connait le droit consulter le ,je le connais pour avoir travaillé avec lui car.sans la legalité vous ferez comme vos nouveaux partenaire,ils nous en ont tant montré toute la decenie.ngejeje aho twoyavuga ntitwoyamara,tuzobaraba abandi twarabonye

  23. Ndayikunda Samuel

    Je n’ai pas beaucoup à dire mais je ne crois pas que Rwasa n’est pas aller valider le 3è mandat . J’attends sa réaction pour savoir réellement ce qui l’a motivé. Wait and see!

  24. A VAINCRE SANS PERIL ON TRIOMPHE SANS GROIRE.QUI VIVRA VERRA!!!QU.EST CE QU’IL VA DEVENIR?

  25. KEZAKIMANA Pascal

    iryo n’ibara k’umutemere

  26. Rwasa, en acceptant de siéger, il vote pour sa mort et perd la confiance des « banamarimwe ». Qu’il n’oublie pas que les dd ne méritent jamais confiance de quiconque. Ainsi, il restera un figurant car, n’ayant pas bcp de sièges. Ils vont le jeter comme un mégot. On aura tout vu dans notre Patrie LE BURUNDI.

  27. vya vrai?canke ni uguhuma amaso amakungu???Haaaaaa…burya rero politique zirarutana umugani wa wawundi…aba politicien baraduhenda tugakurikira nk’intama bwaca bugacana ayandi bibereye ngaho.Mana uragumiza ijisho ry’imbabazi ku burundi nabanyenebwo

  28. Mutama Félicitaion Caaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaane.
    Umurundi atari inryarya uri amizero yabarundi koko. Mbega barya bose mwarikumwe ko nzi bose banunuje iki gihugu imyaka mirere aho haruwo boba bagihenda ngo avyemere. Mutama nyakubawa Hon.jewe umunyagihugu muto nama nsaba Imana ngo impezagirire abantU bumviriza abanyagihugu ico bagona twarasavye tuti dutabare aho twirukiye muduhe agahengwe natwe turuhuke. None nyakubahwa yaravye amarira y’abarundi ati jewe ndi »AMIZERO Y’ABARUNDI » Barya nabo harya bakunda kwisangiza ntakuntu wavyemera ngo nabo bavyemere mugabo iyo ubihakana baca bemera. Ibereho nakare bariko boga kumajwi wabarondereye bareke kuko 2020 n’umwana wa 5ans azoba aririmba Agathon RWASA;

    • Nitereka.. ariko vyukuri ngaho ubona yitavye amarira yabenegihugu, canke amarira yinda yiwe???? mbega iyo ntebe yicayemwo wibaza ko hari ico izokumarira nakimwe? Niyizomuha ico arya yicaye kumivyimba bayamuyobotse iyimyaka yose yaratotejwe….

      • Iki gikorwa Rwasa ashikije nico cari carabuze mu Burundi,Peter iyaza kubuwundi aba yagikoze kuva mbere.
        Sinumva na gato ingene mu Burundi hari amoko atatu,
        Abahutu 85%
        Abatutsi 14%
        Abatwa 1%
        Hanyuma ngo mu nzego zose z igihugu ngo 85% ninganye na 14% ngo bibe 50;50.no way.
        Mbe ko batafashe iryo 100 ngo barigaburemwo gutatu,mgb barigabuyemwo kabiri,mbe harinkehwa zinganya iz abatwa.
        Umurundi wese azukuri mu kahise k Uburundi abaze umutima aheze amenye gutandukanya irwamfu n ururo.
        Ubumwe butariho buteranwa inyama,nimureke guhendwa ngo abarundi muri hamwe.

  29. Jamo mufatane amashati murikumwe ntakubiruka

  30. mutama Rwasa je ndakwemeye basi

  31. Amunguranka niyo mazituvya ??bazomusafisha !!!!!

  32. Burya Rwasa Nincabwenge Kuba Yitavye Urubanza Ndamushigikiye Kuko Muri 2010 Baramuhenze Ngo Avemwo Uprona Ngo Buzire Ndabwirire Ubunaho Kubera Arikumwo Nababandi Nyene Bamuhemukira Muri 2010 Hamwe Yari Kuvuga Kabivuyemwo Ndazi Ko Bari Kuca Bamwihinduka Bakaca Bitorera Vya Bibanza.Mutama Komera Kumbure 2020 Niwewe Uzoba Ukiramutswa

  33. La politique est dynamique, elle n’ est pas statique. Nos politiciens jouent sur leurs intérets personnels.i Is nous trompent qu’ ils sont ensembles mais la réalité est tout autre. La coalition Amizero a des hommes qui ,
    à mon avis n’ ont pas la meme vision.

  34. Ndumiwe ntaco nkivuga!

  35. fungura sha nkabandi. erega ntiwari bwakoreko nkabandi!!!!! Mé Nyabenda yagutwenze na Ntisezerana??? Wabibonye ga Rwasa!!!!!!

  36. NDAYAVUGWA Claude

    Oui, c’est bien qu’ils soient réunis et siègent au Parlement mais les burundais attendent d’eux plus que les mots et les querelles politiques sans plus value. Ces dernières années nous n’avons pas pu profiter le fait d’avoir un Parlement élu. En effet, les représentants du peuple devraient satisfaire les besoins de ceux qui les élisent. Bien que la course électorale se caractérise par des bousculades pour les postes, chaque député doit savoir qu’il est un serviteur du peuple et non son maître.

    Nous espérons que ce Parlement, bien que presque monocolore verra que la place du Burundi ne doit pas toujours rester la dernière dans le domaine économique sur la liste du classement mondial.
    Les ressources sont là, la main d’œuvre est disponible, la volonté de travailler pour le pays nous l’avons ? Il faut qu’ils votent des lois qui découragent le favoritisme et le népotisme. Il faut privilégier l’excellence et le patriotisme. il faut qu’ils élaborent une VISION NATIONALE qui transcende les simple projets de société et qui couvre une longue période de temps que tout successible au pouvoir devra suivre et exécuter pour l’intérêt des burundais.

    Nous avons faits assez de pas en arrière, il est grand temps pour qu’on décide d’aller de l’avant, cette fois-ci.

    Vive le Burundi,! Vive ma patrie!

  37. Buraca bugacana ayandi! nibindi muzobibona canke muvyumve!
    uno munsi nivyo ejo nibindi! Imana yonyene Niyo izokiza iki gihugu cacu!

  38. Monsieur RWASA, vous êtes un Traitre et vous le regretterez. Inda ndende ihumira indya.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :