Le principal opposant siège à l’Assemblée nationale

https://i0.wp.com/rf.llb.be/image/ef/55b63f303570b54652f672ef.jpgLe principal opposant burundais, Agathon Rwasa, a participé lundi à la première session de l’Assemblée nationale fraîchement élue, disant vouloir « jouer le jeu » pour aider à sortir son pays de la crise, après avoir refusé de reconnaître les résultats des élections.

En dépit d’une crise politique sans précédent depuis la fin de la guerre civile (1993-2006), déclenchée par la candidature du président Pierre Nkurunziza à un troisième mandat, le pouvoir burundais a organisé des législatives et communales le 29 juin et une présidentielle le 21 juillet.

Les trois scrutins, décriés par l’opposition et la quasi-totalité de la communauté internationale, ont été remportés haut la main par le camp présidentiel. Pierre Nkurunziza a été réélu avec plus de 69% des voix vendredi.

L’ensemble de l’opposition, dont Agathon Rwasa, avait annoncé boycotter les scrutins, mais la Commission électorale avait maintenu leurs candidatures.

« On doit se rendre à l’évidence, le forcing de Nkurunziza a bien réussi », a déclaré M. Rwasa lundi en expliquant sa présence sur les bancs de l’Assemblée. « Maintenant, faut-il abandonner à leur sort tous ces gens qui ont voté pour nous, quand bien même les résultats publiés ne sont pas si réalistes que ça? « 

L’annonce fin avril de la candidature de Pierre Nkurunziza à un troisième mandat a déclenché un mouvement de contestation populaire violemment réprimé par la police et un coup d’Etat avorté mi-mai. Au total, plus de 80 personnes sont mortes dans les violences depuis le début de la crise, qui a poussé quelque 170.000 personnes, selon l’ONU, à fuir dans les pays voisins.

Après l’échec de deux médiations onusiennes, la Communauté d’Afrique de l’Est (EAC, qui regroupe Rwanda, Ouganda, Burundi, Kenya et Rwanda) a demandé au gouvernement ougandais de tenter de rapprocher les deux camps par le dialogue.

« Tant que les négociations n’ont pas encore abouti, autant jouer le jeu et je crois que tout sera fixé par l’aboutissement du dialogue entre les parties », a ajouté, confiant, M. Rwasa, réfutant se livrer à un « double langage ».

Belga, le lundi 27 juillet 2015 à 16h27, http://www.lalibre.be/actu

Publié le 28 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 16 Commentaires.

  1. Hehe. murabonako tutarakira?
    inkurikizi za 2010. iyumvire rero amatora yo mumyaka izoza tugiye turafatira kuri kahise.
    hazokwama ukwinubana! so mtiturakira

  2. Vous rêvez vraiment, rien je dis rien changera parceque rwasa siège à l’assemblée nationale. Il ne peut même constitué un groupe parlementaire. Un homme sans parole comme lui même s’il était président du pays, le peuple serait malheureux. Il n’a rien de vision et stratégies. Il ne voit que son ventre. Quelqu’un qui voit que des menaces de mort ne peut jamais être un politicien stable. Il change comme un caméléon. Vraiment les gens qui pensent toujours en rwasa perdent du temps. Il est déjà déconnecté et disqualifié sur la scène politique burundaise.

  3. Mb iyo mbubusi ngo ni rwasa mwama muriko muvuga ngo bashaka kumwica, ababujijiki ? Ko muri politique umenga n’uruyoya rukivuka ? Uwo yahejeje carrière politique nagende gusinzirira muri assemblée nayahandi gutwarwa uburundi nazeruke kuko yamaze kwikura mwihiganwa !!

  4. 2010 Rwasa ntiyanse amatora,iyayagumamwo hari umugambi wukumwica,ivyo vyamenye bake kandi ico gihe ntivyari na nkenerwa ko babimenya.
    Ubu naho kubona yemeye kwinjira mu nama nshingamateka n ubu bibabaje abari bagamije iyindi ntumbero,nsubiye inyuma gato muri 2010,ni bande bemeye kwifadikanya na cndd fdd?si abaporona,mbe nn nibo bari basabwa kuja kuriyo ntebe yagiyemwo abo baporona.
    Mbe ubuho iyo ataza kwemera kwakira ayo majwi,babaporona haraho baroye ntibohacakiye kandi atanico bonahamariye kk nabahacakiye muri 2010,bamariye iki abarundi,nkuko bamwe banabivuze ni mureke turabe ko hob igihinduka.
    Ikindi naco ntumva igituma hariho abavuga ayamuhe.
    Fnl ko muvugango barayimwatse nn uwo bayihaye arihe,ageze he?
    Ico nsaba abanamarimwe bose abiyonkoye kubandi,ni muje hamwe mugabanye imirwi kuko muri hamwe murakomera.
    Je ndakeje Rwasa,hanyuma ndateye ivyatsi basesankuyoze.

  5. singirankabo louis

    Nagira ndababwire ko oposition muburundi igizwe nabantu benshi kandi murabo benshi na Rwasa arimwo. tutariko turabeshanya umuntu yumvirije neza ingene amatora yumukuru wigihugu yagenze ntawojangaho avuge ngo ntabanyagihugu batoye rwasa. oposition muri rusangi yaratsinzwe nivyemere! none komuri 2010 bateye agatsinde leta bagahanura rwasa kutaja muriyo icobashitseko ni icahe atari rwasa yahahombeye amajwi akakwa numugambwe wiwe? rwasa arafise abahanuzi niyemere ivyobamuhanura areke abo ba sesa nkuyoze. jewe nuko ndabibonaaaaaa!

  6. Jewe mbona ko Rwasa yakoze igikorwa ciza kuko ntayindi choix yarisigaye. Noye yozaguma mwibarabara gushika ryari? Nihagire uwunyishura kw’ico kibazo. Rero ntushobora kwitegurira amatora uri inyuma y’inzego. ubu nagende yipange na banywanyi biwe uburyo azoba abufise, abagendere, kandi yerekane mw’iyo mwaka 5 igiye kuza ko akunda igihugu atari umunyakajagari nka ba politiciens bamwe bamwe tubona mu burundi batigera bemera ukintu na kimwe. uburundi ni buto twese turazinanyi. hanyuma abarundi ntakibuza bazomuhunda amajui muri 2015. Intambara ntaho ishikana igihugu, basavimbi murazi amaherezo yabo. rero rwasa intambara arayizi yayimazemwo igihe, abatayizi nabo nobahanura kudafata iyonzira kuko rimwe narimwe ntabwo ishika, muzobaze nyangoma. Kenshi uwuyitanguye siwe ayihereza nti mwibaze ko kurwana na Leta arikintu coroshe ni (Mission suicide). jewe ndabizi nabiciyemwo. Umu jeune wese anyumviriza no musaba imbere yogufata ingingo yo kuja muri Rebellion azobanze afate ukwezi kwose abaza umutima. nabisubiyemwo bisa no gufata umugozi ukimanika. Mbega urazi kubaho utabona imbere ni nyuma ariko ababatwara ubumva iburayi mugabo intambara iheze ukaza wumva ngo na ba ministres? abo barufyikiri, na bantavyohanyuma sinigeze ndababona kurugamba ariko urabona ko aribo bari bagaba bakaganza, none bashaka guhenda abantu ngo rwana kandi bibereye mu bubiligi kugira bagaruke barye igihugu. Ikibwirwa ni cumva icerekwa ni kibona.

  7. Barashigikiranye kuko bakoze ibisa Mugabo barihenda Intwa y Ukuri izoboneka nayo Petero na Rwasa bazoca bakinjura Intungane n Abanyakuri bahabwe Ijambo Uburndi busizwe Intebe mu Makungu Ubutungane Amahoro Ukuri vyiganze
    Maze Abavyeyi basubre kuheka Nayo Abana b Uburundi bairirimbe Burundi bwacu

  8. Ntahomvukiye Célestin

    Arererwa????

  9. je ne vois pas pourquoi il a longtemps traîne.des années et des années combattant pour être un député!aussi en deroutant ses membres.il fallait leur dire d’aller voter pour ne etre donné des sieges.mais chacun a sa maniere de voir les choses.attendons voir.

  10. Irikungoma uvuze ukuri kwose kandi ndagushigikiye.Ijambo ry’Imana riravuga ngo « Haravumwe uwizigira umwana w’umuntu » Abarundi dukwiye kumenya ko agakiza k’uburundi kari mu kiganza c’Imana kandi bamenye batahure ko uburundi n’abarundi bari mu vyiyumviro vy’Imana.Peter,Rwasa, amakungu ntibashobora gutanga amahoro kuko ubwabo ntayo bagira. »Umuntu atanga ico afise », Barundi,Barundikazi hanga amaso ijuru niryo ryonyene rifise inyishu k’Uburundi

  11. on peut toujours se contenter des miettes tant qu’on n’a plus d’ambitions. si des gens font la guerre des décennies entières et oublient leurs objectifs à la fin de celle-ci, cela traduit qu’ils n’en ont jamais eus. de toutes le façons, ce n’est pas la première fois que les deux « anciens » seigneurs de guerre se partagent le butin, toutes proportions gardées bien sûr.

  12. nivyiza ko bamwe muba politiciens b’abarundi batanguye kubona ahukuri kuri kandi batahuyeko abarundi benshi twishakira kuguma twibera mumahoro, rwasa nawe akaba yemeye kugaruka muruhongore naze kandi azirikane nezako barya bagabo bamenyereye gutwara biciye muma coup d’Etat abishinze bomugira ikiraro agafashanya nabo gusubiza igihugu mukaga kandi ntwariko turogorora. Naze aje mubiwe nimwenewacu turamukunda, Igiti ntikigukora mujisho kabiri ntusubire guhendwa nka 2010.

  13. twibaza ko ukwinjira mu nama nshingamateka ya RWASA bishobora gutuma dutera tuja imbere aho gusubira inyuma nk’ibirenge. Twizere Imana kuko ica mu bantu mu gukiza igihugu.

  14. abarabisha amaso y.umubiri barashobora kwihebura ariko abarabisha amaso y.umutima barazi ko ivyo vyose biriko
    biba kubera tugire dushikire isezerano.Dawudi yemewe n.
    ijuru arahari.tuzotangara hama duhe icubahiro UHORAHO.uwizigiye rwasa canke peter yarazimiye.rindire gato murabe ukiboko k.UHORAHO

    • Nkeshimana J.Bosco

      Rwasa is a person like others.He can do whatever he wants including to deceive those who set confidence to him especially when he is searching for his own selfish interests.you should trust in God only!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :