Sur les traces de la trahison de Rwasa

001Au président de l’UPRONA, Rwasa Agathon a donné le prétexte fallacieux de la pression de ses « électeurs ». D’après cet honorable député de Kiremba, ses électeurs ont insisté pour qu’il rentre dans les institutions pour soutenir Nkurunziza. Cette explication est un mensonge grossier,cousu de fil blanc. Car ce virement a été négocié avant la mascarade électorale.

En effet le deal de convoler en noces avec  Nkurunziza a été négocié par le biais d’Alain Guillaume Bunyoni. Cette transaction a eu lieu avant les élections. C’est ainsi que, le 29 juin 2015, par un lapsus délibéré de Willy Nyamitwe sur france24, ce conseiller de Nkurunziza déclarait qu’une partie de l’opposition avait participé aux élections en cachette sans en aviser les autres camarades de l’opposition. Effectivement, il avait été convenu que la CENI devait attribuer des voix à Rwasa Agathon même s’il n’avait pas participé aux élections officiellement.C’est bizarre! C’est une première d’avoir un élu qui n’a pas été élire! A côté de cette confidence de Willy Nyamitwe,  le 20 juin à Cologne, en marge d’une marche -manifestation, Aimé Magera, le tout puissant bras droit de Rwasa Agathon, confiait dans un cercle restreint qu’ils allaient participer aux élections législatives et communales du 29 juin. Mais curieusement Aimé Magera n’a pas été à l’ambassade du Burundi à Bruxelles pour voter. Dès lors de quelle participation parlait-il? Bien entendu il était question d’une « participation » via l’ordinateur de Pierre Claver Ndayicariye. C’est ce montage en faveur de Rwasa qui aura été à l’origine du temps relativement  long qu’a pris la publication des résultats de cette mascarade du 29 juin.

L’autre signe évident de cette transaction est le refus de Rwasa Agathon de retirer sa candidature aux présidentielles. Le projet de la lettre à adresser  à la CENI comportait 4 noms ( Syvestre Ntibantunganya, Ndayizeye Domitien, Rwasa Agathon et Jean Minani) mais  quand on a demandé à l’honorable Rwasa de contresigner la lettre, il a refusé. Le projet de lettre  a été modifié et une lettre sans le nom de Rwasa Agathon a été transmise. Rwasa qui avait en poche le contrat de mariage avec Nkurunziza ne pouvait pas retirer sa candidature.

Cependant le mariage a failli capoter à la veille de la rentrée parlementaire car une partie du contrat n’avait pas été honorée, celle de l’enveloppe financière. Rwasa hors de lui menaçait de ne pas siéger le lundi 27 juillet 2015. C’est ainsi qu’il a fait appel  aux bons offices de l’Afrique du Sud. L’argent a été versé. La paix est revenu dans le couple.

De tout ce qui précède Rwasa doit assumer son choix d’un confort financier et cesser de donner des prétextes fallacieux à ses anciens compagnons de lutte. Il leur droit un minimum de respect.

( Dossier à suivre).

Nyabenda Caton, http://mporeburundi.org

Publié le 28 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 12 Commentaires.

  1. Rwasa na Yesu ninde mwemera abafitiye akamaro.
    Jewe nemera Yesu kk yamfiriye ataco anzigako.
    Mwebwe mwidogera Rwasa nkuko umengo hari contract mwari mufitaniye.
    Niyaba yarihenze mukutamenya ivyashikiye Gaciyubwenge,ingorane ni izanyu canke niziwe?
    Abataco basangiye bitana ibisuma,yarahemutse,yarihemukiye mbe iyapfaho vyatuma ubuzima bwanyu buhagarara?
    Ronderera ahandi,imbitsi ya cane ibikira mukeba,umubangabanga uryuwubangutse kandi iyo bayatereye hejuru usama rwawe.
    Mugihe mucizera abana ba bantu,muracariko ivumwe.

  2. None rwasa ni we yari ubukiriro bwanyu?ahubwo murihenda cane kumwitwaza,bandanya urugamba rwanyu kk rwasa si we yahamagariy abantu mwibarabara!ba pacifik,n’abandi barumiw ! rwasa abiwe turamushigikiy knd tuzomugumako. komera rwasa !

  3. Bagenzi banje vyose nibibere mu Rukundo rw’Imana. Tugasiga Imana Inyuma, twese tuzotikira ata numwe avuyemwo. Dusabe buba abana b’Imana bwite mu Kurekuriranira, mu kuba abatumwa b’Urukundo, mu kuba imvugaKuri mu gukoresha Ubutungane no mu kugiririra ikigongwe abansi bacu kuko nizo nkingi z’amahoro. Ntugashigikire igicumuro kandi ntutugakore ikibi icarico cose. Ntugacire urubanza mugenzawe kuko nawe ntuzi ingene umeze! Burya umuntu n’ikinyegezwa gihambaye. Ivya Rwasa na Nkurunziza reka tubirabishe ijisho tuzoraba iyo bitera bija. Kuba baricanye sinobibahora, mugabo nibaba babandanya bapanga imigambi yo kwica kandi, barya buraheze, nibo nyene bariko biyimbira ikinogo, kandi ngo ubwoko bubi burihonya. Reka tubareke turabe.

  4. Mon Pays le Burundi est pitoyable mais nos « politichiens » le sont plus. Ne vous en faites pas, le mariage d’intérêt dure le temps de la rosée. Tôt ou tard, il va y avoir le divorce. Quand je pense aux Banamarimwe; Ivyuma vy’indege ainsi que autres jeunes qui se sont battus corps et âme pour le respect de l’Accord d’Arusha et de la Constitution pendant les manifestations, et qui sont entrain d’être massacrés massivement comme des mouches, portés disparus et torturés dans des cachots des SNR; je me dis que notre Rwasa Agathon n’a pas de coeur. C’est le 1er traître qui soit dans notre pays. Mais tôt ou tard, comme « TOUT SE PAIE ICI BAS », il va savourer le jus des fruits de ses actes. Le sang de ces braves et jeunes innocents, de leurs parents, proches, amis, épouses et enfants crie très fort. « DIEU TOUT PUISSANT » va bientôt sauver notre Pays ne vous en faites pas. Priez très très fort chers compatriotes. Et surtout, tenez bon.

  5. Twabonye ivyo mukeneye basha, mushaka ko abahutu baguma baryana hama namwe mushike kuvyo mugomba. Murahumba imigambi yanyu yaramaze kumenyekana ahubwo nagira nsabe na banya kubahwa presidents NDAYIZEYE na NTIBANTUNGANYA nabo nyene banyaruke bahamvye abandi baze bubake igihugu ntibishinge baseza nkuyoze bamwe bafukamye munda igihugu imyaka ni yindi bibuke amajwi twabahunze muri 93 ntibaduhemukire, kuko twamaze kubona ko batanka piter ahubwo banka intwaro y’abahutu. mwibuke ko muri 93 bavuga ngo nti botwarwa n’umuhutu arico catumye bagandagura pesident NDADAYE. Ariko nahonyene mu nyumve neza ntabwo abatutsi bose ari babi na karwi gatoya kaba excremistes kihaye gutoteza abahutu kuva kera kagenda kabacafuza no hanze, ariko ubundi turazi ko hariho abatutsi beza kandi bakunda igihugu mbere ndabakeje.

  6. Nimwivugire sha nukomutaziyotuvuye niyotugeze,ukomwovugakose mutama wacuturamuzi jandituramwemera.abadashakakotujana nibifatirinzirayabo tuzosubiraguhurira mumatora

  7. Kabalisa, urambabaje kweli. kuko sinzi ko wew wigera uraba kahise nuko uvyirengagiza. Mbe ndakubaze mbega mu matora ya 2010 Rwasa ni bande bamusutse akava mumatora abamuhenze bakayagumamwo? mbe umugambwe wiwe waciwemwo ibihimba abo bari bamuhenze barihe ko bari muri reta bakinumira bakaza kumwirondeza bashikiriwe! Ubu rero wagomba mumwitwaze mpaka mushitse kuri empire? Reka abarundi baje hamwe hama dukore tuje kukivi. Félicitation Monsieur Rwasa. consolidez les efforts pour un dévéloppement durable. Harumugani mukirundi baca ngo uwuguheneye?………………..heraheza.

    • Mahoro je suis de ton côté,ikibabaje abantu ntiriwe ndavuga kk biyizi nuko hariho umukenyuro wari mw ibanga,Rwasa baramwiyegereje kk bari baziko niyaramuka abaye president bociye bamugira nka Ndadaye hanyuma intwaro igasubira i Bururi.
      Abaciye umugani ngo utambana na mukeba ntakubita urugohe,yarabahinyuye nn ngabo batanguye guserura inzara nk akayabu,na bado ubu mugiye kwumva vyinshi.
      Komera Mutama igiti ntigigukora kabiri mu jisho.
      Abarundi turazinanyi,ikibahagaritse umutima nuko ari abahutu biyunze iyo biza kuba mu batutsi vyari kwakirwa neza.

  8. Mbeko uvuga abahutu gusa? Ushaka bagire urunani rwo kurwanya bande? Ivyarivyo vyose dukeneye urunani rwabose rwo kurwanya ikibi aho kiva hose.Rudufasha gutera imbere atari urwikwegerako, tukaronka n’amahoro.

  9. Jewe nibazako Rwasa atakurikiranye neza ivyashikiye Gaciyubwenge. Ntiyabonye impembo yaronse amaze guhemukira igihugu Kubera amahera? Rwasa narindire gatoya azicuza.

  10. iyo inkende yuriye igiti niho yerekana ikibuno cayo kandi inyo y’inkoko uyerekwa n’umuyaga. Rwasa nomugeraranya n’iyi migani. Ariko uwuhemukiye abarundi bazize ukuri kwa democracie, bakabufungirwa, kandi bakabuzira azopfa yigunze. His games are over, ahonyoye imivyimba y’abazize 3eme mandat, ariko amarason yabo azotsinda ba Nkuru, Rwasa n’akagwi kabo. Imana y’abarundi ndayizeye! Ariko I could describe Rwasa as a dead man walking! Bad luck to him!

  11. Ikibi ku bwanyu nuko yemeye kwifadikanya na Nkurunziza vyonyene.Ico abarundi dukeneye nuko hobonekana amahoro,aho yozanana hose vyoba bizima.
    Dusubiye inyuma gato kuvyagiye biraba mu Burundi kuva butwarwa,ukwo kwiyunga kwa Nkurunziza na Rwasa nivyo bibahagarikije umutima,mbe ubundiho bari bapfuye iki ko mbona bari basanzwe bavukana.
    Ahubwo iyo nabo bandi nkaba Ndizeye,Ntibantunganya,Minani,Mutabazi,Bigirimana eka n abandi mwogiye hamwe mukagira urunani rw intamenwa.
    Ariko biriko biraza kk nibi ntawuziko vyobaye muri bino bihe.
    Imana ariyo.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :