L’Assemblée national adopte le reglement d’ordre interieur

https://i0.wp.com/www.isanganiro.org/IMG/arton9533.jpgEn l’absence toujours des députés pro-Nditije, la Nouvelle Assemblée nationale adopte le texte qui va la régir pendant les cinq ans de service.

La nouvelle Assemblée Nationale burundaise a adopté dans l’après midi de ce mardi 28 juillet le reglement d’ordre interieur qui va régir cette dernière durant les cinq prochaines années.

Sur 106 deputés présents ; 92 ont été pour 7 contre et 7 abstentions.

A noter que les députés issus de l’aile uproniste du camp NDITIJE de la coalition Amizero y’abarundi ont boycotté pour la deuxième fois la séance de l’Assemblée nationale, contrairement à leurs confrères de l’aile du FNL d’Agathon Rwasa qui ont décidé de rejoindre le parlement.

Charles NDITIJE ayant déclaré sur les ondes de la Voix de l’Amérique qu’ils ne comptent entrer dans les institutions issues des recentes elections.

Isanganiro , mercredi 29 juillet 2015  à 06 : 40 : 43

Publié le 29 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 8 Commentaires.

  1. Ndabaza imigambwe myinshi niyo yazanye amacakubiri canke amacakubiri niyo yazanye imigambwe myinshi?
    Amoko ariho kuko kuv isi iremwa amoko yariho.
    Ariko ntabe icitwazo c ukwica igihugu,kk abarundi bamye basangira kandi badasangiye ubwoko.
    Mugire amahoro.

  2. uwiyita iyo ROI yavuz isigura iki? n’igikoko cnk n’umuntu? yemwe mugarukire amashure n’ubumenyi mu gihugu !

    • Ndugu: Nawewe vyakugoye. ROI ni abréviation = Règlement d’Ordre Intérieur. Aha rero wari wiyumviriye ngo yitiranije Loi na ROI? Sha na wewe ndakeka ko ubumenyi atari ikirenga!

  3. Uracavuga ivya equilibre ethnique,ivyo birashaje ,mu burundi nta moko akiriho,.

  4. Gumwa umutima ntuhave uguca mu kanwa ugende ku kivi wikorere urondere umukate w’abana bawe ahandi hoho uzosanga uhava umera nka babandi birirwana intekera ku mutwe bajabua akanyaru bagenda mu Rwanda, abanyarwanda ati nakubonye batangura kubarirako utwabo abandi babatwara abagore babo. politique aux politiciens

    • Glossina Palpalis

      Ego nyene naho ata moko ahari nta woca aja kwisuka mu bitamuraba. Tubasabire cane ababirimwo nabo babaze Imana ico bokora, nayo ibisigaye ntiduhahamurwe n’ubujambojambo. Tubandanye urugendo!

  5. abarundi turarushe

    Mbega ko numvise ngo bakuyemwo ko muri bureau bokurikiza ama équilibre ethiques et de genre kandi nzi neza ko iyo obligation iri muri Constitution, bagira babandanye ba viola Constitution ga yemwe! uwuranvye arabona. Igitangaje, Cour Constitutionnelle aho izokwemeza iyo ROI les yeux fermés; turazi ko abariyo bose bari au pouvoir du dd.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :