Déclaration du parti UPRONA à l’issue des élections législatives et présidentielles

Déclaration du parti UPRONA à l’issue des élections législatives et présidentielles

IMG_20150730_230050 IMG_20150730_230008 IMG_20150730_230029

Publié le 30 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 14 Commentaires.

  1. None ko mutakeje abatsinze, ya nkona yanyu!?

  2. Euhhhh attention
    Le devise de l’uprona est devenu celui de notre chère patrie depuis l’avènement du multipartisme au Burundi.
    l’uprona à été contraint de changer sa devise par le major putschiste.

  3. Bizohinduka Charles

    Amakosa sayabavyandika amakosa naya ba bi Publia, ndazi ko message zanje mutakizi publia , kubera tutagihuza ivyiyumviro ….ce qui fait que je n’écris presque plus sur votre site …. . Icotwapfuye nuko mwahindutse mukaba abakozi ba Conciliya na Jacques Bigirimana, mugabo mwari mukwiye kumenya ko mwihenze ….. Ubu muriko murabibona , le pire mutanguye gu publiya des tractes, visant à dtruire vos freres et soeurs murugamba go kwiyamiriza 3ieme mandat, disparution des acquis constitutionnels et les accords d’Arusha.
    Vos lecteurs ne savent plus à qui vous servez réellement , mais je pense que vous devriez avoir une tendance et rester constistant dans votre choix, si vous tenez que les gens peuvent avoir confience en vos écris et publications.

  4. Ibisaka vy’imbwa vyahiye, bariko batera igere rya nyuma! Nta misi myinshi isigaye abagabo atari umugani bakiganzura les bourreaux, tortionnaires, dictateurs, terroristes psychopates! Aho mwakabereye ntimuramenya amanyanga ya Nyamitwe na Sebuja Nkurunziza hamwe n’akarwi k’inkora bara bafadikanije. Nibo rero banditse iryo kete. Ntawe bikwiye gutangaza kuko amabi bakora kuva bashikiriye ubutegetsi(kwica, kwiba, kwangaza bene Burundi) birengeye ibiri mur’iryo kete. Nayo kuvuga ko Edouard Nduwimana aserukira abatutsi, murahenda abataravuka. Uwo ava mu bwoko bubi.S’Umututsi, s’Umuhutu, s’Umutwa, si n’Umuganwa kuko nta bwoko bugoka, hagoka umuntu ku gatwe kiwe. Uwo ari mu bwoko bwitirirwa abansi b’amahoro n’ubumwe. Mbe sha Rosa uvuze ngo Nditije n’abashengeze! Abashengeza kwa nde ko mbona ata bucamanza buri mur’ico gihugu! Ntiwaraye ubonye ingene bashinga ingingo ihushanye n’Ibwirizwa Nshingiro na Accord d’Arusha,bakambika izera Pierre Nkurunziza muri dossier yakurikiranwa ku vyaha vya massacres et pillage. Ubu ngira bamaze kwambika izera Rwasa Agathon nawe kuri ya dossier y’ ubwicanyi bw’abanyamurenge, ari naco camutumye ahinduka soma mbike n’ubutegetsi bubi bwa Nkuru !

  5. Ico kidodo sico na gatoyi. Kiretse ba bahemu bataye umurongo boba barihaye ububasha bwo guhindura devise y’Umugambwe wa Rwagasore.

  6. Franchement, le ridicule ne tue pas. En dehors des voix qui vous ont été généreusement attribuées par la fameuse CENI, qui a vraiment voté pour vous? Combien de sièges avez-vous gagné à l’Assemblée Nationale et au Sénat? Quel a été votre score dans les fameuses présidentielles? A votre place, je ferais le profil bas et j’implorerais le pardon de véritables upronistes. Erare humanum est, sed perseverare diabolicum.

  7. Sortie ratee. La question qui se pose et de savoir si Nkurunziza a droit de se representer ou pas. Jusqu’a present l’uprona est Evasif. Et le score electoral est a l’image de ses positions qui cachent mal la trahison. Remercier Rwasa revient a dire bienvenu cher ami dans le club des cons. Bye

  8. ewe uwuravye arabona busokoza utuje imbere kuko niwe utigeze unduhemukira wibuke yandagano watubwira imbere yuko uba premiere vice. unite travail progres.

  9. Murabona iryo bara!
    Cette bande des infideles du parti, qui ont trahi la cause du parti et adhéré au parti de Peter, pas nécessairement le Cndd fdd, qui n’ont eu que 2% de voix aux législatives et moins de 1% aux présidentielles vont bientôt représenter les tutsis dans le gvmt! !!!!
    C’est aussi Édouard, le traître, qui représente les tutsis dans le bureau de direction de l’assemblée, l’homme qui avait déposé au parlement le projet d’ enterrer les accords d’Arusha.
    Ako kagaye ntaho kazobashikana.

  10. usanga ari ya cndd ya COCO yavyanditse

  11. Ceux-qui ont écrit cette «chose» ont perdu la jugeotte! Ils remportent la médaille d’or et d’argent dans la tricherie! Ils trichent moralement, politiquement, financièrement… Inhi bambewe! Nta Union pour le Progrès national yokwandika ibi bintu! Les vrais signataires bayo ni FDD! C’est clair comme le jour!

  12. Faux et usage de faux murazi icarico ?Ni musome neza iryo keti. Kuva ryari umugambwe UPRONA warahinduye devise canke ni nde yateye umukono kuri iryo keti.
    CNDD FDD igeze aho umwansi ashaka kandi site wb zirahagabira kuko gupublia tract icafuza izina ry, abandi si vyiza..

  13. Ndabasavye mumbarire iryo keti nirya Uprona yahe Basigaye bandika ama tracte bakayitirira Uprona Raba neza kuko iyo ni TRACTE yanditswe na CNDD FDD kuko Uprona ku kidodo cayo handitswe UNITE TRAVAIL PROGRE niyo Uprona ya Rwagasore
    Ivyo lero biri kuriryo keti ritagira izina n umukono n ikinyoma kirimwo ubusuma rondera relo uwo musuma mumuhe Nditije amushengeze

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :