Le nouveau bureau de l’assemblée nationale (photo)

Le nouveau bureau de l’assemblée nationale

Le Bureau de l’Assemblée Nationale est au complet. Pascal Nyabenda,p résident du parti CNDD-FDD, vient d’être élu Président de l’Assemblée Nationale du Burundi avec 101députés qui ont voté en sa faveur, 9 ont voté contre, 1 abstention, 1 nul. Agathon Rwasa, ancien rebelle du PALIPEHUTU, vient d’être élu 1er Vice-Président avec 108/112. Édouard Nduwimana, Ministre de l’intérieur, vient d’être élu 2ème Vice-Président de l’Assemblée Nationale avec 99/112.

IMG_20150730_164452

Gwasa, Nyabenda et Nduwimana

Publié le 30 juillet 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 19 Commentaires.

  1. Rose Hakizimana

    Uravye iyo foto umengo amaso arazimiye n ifoto y umukoshi uca ubona urwaruka rw Uburundi rwihswe ngo nukwo bagize maniffestation Uca ubona kazoza k Uburundi baguma bahonya Uca ubona ukuhonyanga amategeko yokingingiye Abarundi Uca ubona Abigisha amacakubiri ariyo atuma Uburundi busubirinyuma nk ibirenge aho izindi Leta zirazwa ishinga nukwo Ibihugu vyabo biterimbere bikagira iteka n itekane Aho abandi barazwa ishinga nukwo Abanyagihugu bavyara bagaheka Abo bategetsi b Uburundi bo barazwa ishinga n ukuhekura abavyeyi nico gituma iyo foto ndayigereranya n urwahekuye Abarundi

  2. Bagiye hamwe ngo bashishikare ihonyabwoko nkuko babitanguye kuva mu 1993 Bagiye hamwe kugira uruhigi rw abo banka rubandanye atawubabuza Raba namwe abantu bamaze kwicwa kuva umusi hatangura maniffestation Aho Nshimirim,ana Kazungu n abandi
    bakinda bagaramye mu kwica atacamira Iyo foto relo ndayigereranya n urwahekuye Abavyeyi mu kwica Uburundi bw ejo ngo nukwo biyamirije 3eme mandat Ndayigereranya n Umwansi w amahoro yatumye Abarundi bata ingo zabo bamwe bakaba bariko bicwa n imbeho inzara inyota n igwara z ubwoko bwose mu bihugu bibanyi bahunga Imbonerakure atakindi bigishwa atari amacakubiri ukwica n ukwiba
    Nkaba nsab Imana kutabara Abarundi mu kukura amashetani mu Gihugu kugira abarundi basubire kuvyara baheka mu mahoro n umutekano

  3. Rwasa asa na Yuda agurisha Yesu,aho ntaziko abo bahagararanye bagomvye kumupfakaza vuba cane!Bagiye bamuronka,imbeba kugira yinjire mu kamashu uyokereza agasoso gashasha,arapfuye nka gahini cambu ca nyakwigendera Nyenicubahiro Musenyeri Ruhuna

  4. Iyo foto uyiravye ukiyumvira abo bantu bayigize ni nkukouhuye n imikoshi
    Uburundi bwarahuye n akaje karamana

  5. Observez ces trois hommes: leurs attitudes physiques trahissent un profond malaise. Ils regardent tous ailleurs dans le vide, la séance photo est un calvaire. Au fond d’eux-mêmes, ils savent qu’ils sont complices de la plus grosses tricherie électorale. Ils sont là devant la caméra par contrainte, pour mériter les indemnités parlementaires.
    Pour ce qui est de M. Rwasa, c’est un poissard invétéré: il n’a jamais conquis un seul mètre carré de terre pendant ses années de maquis, il raté le train des négociations d’Arusha. Quand il a rejoint le processus de paix, il a eu droit à des miettes. Je crois que la malchance le poursuit encore et toujours: il n’y a rien à attendre de lui de bon.

  6. Biraboneka yuko Rwasa ariko ararya ivyatsi none kwataraba shebuja nuwomuda

  7. Emwe!birame ntangare ivyabo bagabo 3.

  8. Rwasa Biraboneka Ko Yatowe Kuko Har’ivyo Yahaw Kandi N’umuhemu Nawe Biramuteye N’isoni Uriko Uramuraba Ngaho Kw’ifoto.

  9. Anelie Mugirimana

    Cela donne envie de vomir😤😤😤😤!

  10. Rwasa+nkuruziza=0tutsi

  11. Mwananje batambaye uturato twiza ehe nawe rabashaa!!! Abo bose bapfuye mubona twohomba caaanke?

  12. Kubera ko Imana ikora ibihambaye turizeye ko izokora nivyo tutumva. Reka rero Rwasa na Nduwimana bakorane turabe. Bati Wait and see, burya n’ababenshi bo nyene nibo bigaragaza. Abakunzi b’inda, abanyabinyoma, … bazibonekeza bagaragare ata nico turinze gukora. Erega abo n’abagabo bato ubagereranije n’Imana. Ku biriko biraba mu Burundi, n’isinzi ry’abantu bariko barababara, bicwa, bakomereka, baburagizwa, … ni mpaka Imana ize iramvure ukuboko kwayo kandi ababifise uruhara mu bukozi bw’ikibi bazohatikiriza. Ndakaca inzara inkoko!

  13. Ce bureau yari izwi kuva ku ndwi iheze. Ntibavuge ngo bayitoye

  14. cela fait penser aux scélérats de Machiavel

  15. Comme ce médium l’avait dit c’est respecté à la lettre !!

  16. Ritanjengwa Robert

    Nurye mutama Rwasa mugabo nkunda kurya yariye ifwera hama kimumena itama uzicuza.

  17. bureau y’abanyamanyanga. ewe Burundi uragowe, mbega uzokizwa n’iki?
    Mbega aho Rwasa sera en harmonie avec Nduwimana kweli. Yoba yibagira vuba.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :