Le Général NYAMBARIZA Didier dévoile le nom du groupe armé qui attaque le Burundi

Le Général NYAMBARIZA Didier dévoile le nom du groupe armé qui attaque le Burundi

2015-08-01_16.56.11

Publié le 1 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 13 Commentaires.

  1. reaka iyo ntambara kuko kuyitsinda biri kure nkukwezi wa mugabo we.burakeye tubirabe.

  2. ewe ruzinzuka nawe abatutsi ninde yaguhenze ko uzobamara ushatse wokwiha amahoro nubwoko butavumika.

  3. Ukaba uri umututsi uvuga amajambo nkaya, jewe noguhanura kubandanya usomborotsa intambara mu Burundi. Imana yarabavumye muri ibinywamaraso ntamitima mufise. Ibizabashikira vyose muze muvyakire. courage!

  4. Mon général, je vous en prie, ne faites pas de rébellion classique qui tue les pauvres citoyens et qui détruit le pays. Murazi neza abazanye akabi mu gihugu: ni Nkurunziza, ni gouvernement Nyamitwe, ni CENI, ni Cours constitutionnel, ni imboneraguhemuka, ni bamawe mu bapolisi n’abasoda. Abo bose murazi aho baba, aho bagendera, aho imangazini zabo zizi, amashure abana babo bigamwo. Nimugende mubarondere iwabo imuhira, mu biro aho bakorera, kw’ibarabra aho baca, muri bar na hôtels banyweramwo. Ivyo vyose birashoboka. Ndabasavye mukore ku buryo abanyagihugu basanzwe badahonera mu migwano muriko murategura. Mbaye ndabashimira.

  5. Mbe uwo Didier ok yivugisha ikinyarwanda ?

  6. Abashak itambare murihenda caaane.Muz mwibuka abageragej gutera uburundi depuis debut 2011.Nkubu mwibaza ko abanyagihugu bashigikiy rebellion kwari bangah?uzobanz mumeny ko rebellion idashobok abanyagihugu batayishigikiy.Gutera igere azoritera mugbo ntawuz kwazoshka kuvyo ashaka.Bantu muvuga ngo intaro nimbi mwiharure murab ingene mungana hanyuma murabe muzosanga mur kurushi kandi mwitonz muzogir sondage muzosanga plus de 85%bashak kwibera mur ubu buzima turimwo.

  7. Bonne chance avec votre coalition,et formez vite votre gouvernement…

  8. Mbe Gaby ivy indimi bigutwaye ik…mbe mvuze igiswahili mba mbaye umu congomani canke umu tanzania…canke uwuze icongereza aba abaye uwo muri london…teruke gufyina…dukeneye abadukurako abo bicanyi bavuga igi chinois canke ikinyarwanda canke icarabu, …rero numva Rose yavuze neza…nimuje hamwe mwese pourvu que turuhuka AMOKO, INTARA N UBURWI!

  9. Mbe Gabb ivy indimi bigutwaye ik…mbe mvuze igiswahili mba mbaye umu congomani canke umu tanzania…canke uwuze icongereza aba abaye uwo muri london…teruke gufyina…dukeneye abadukurako abo bicanyi bavuga igi chinois canke ikinyarwanda canke icarabu, …rero numva Rose yavuze neza…nimuje hamwe mwese pourvu que turuhuka AMOKO, INTARA N UBURWI!

  10. Rose Hakizimana

    Nimugire ningoga mukure Igihugu mu minwe ya bicanyi mugikure mu kaga cashizwemwo na Nkurunziza Nimuje hamwe nirya conseil nationanal de resistance kugira ibintu bitembere ni ngoga kugira abarundi baruhuke amarira ya misi yose Abapfunzwe hamwe na bahunze basubire mu vyabo
    twongeye kubashimira

  11. none uwo vBulletin yavuze we ni nde ko biyaga ikibi bashaka tubakomere amashi kandi bashaka kutwica n as banyarwanda nyene binyegeje muburundi

  12. Gen Nyambariza ni Umurundi? Ko numva afise ikinyarwanda cinshi?

    • Ndabamenyeshe ku batari ba bizi ko Nyambariza ari umurundi 100% nu muhungu w’umuganwa Dr. Nyambariza yijwe azira Umwami Ntare V Ndizeye Charle mu 1972,Nyambariza Uhoraho Imana yu Burundi i kuje imbere mururu rugamba twese turikumwe twubake u Burundi bashasha surtout burimwo ubutungane kuri bose et la liberte en toute chose.Komera mon frere.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :