Adolphe Nshimirimana, le bras droit du président Nkurunziza, assassiné

https://bujanews.files.wordpress.com/2014/11/general-nshimirimana-adolphe.jpg?w=380&h=283Le général Adolphe Nshimirimana, bras droit du président burundais Pierre Nkurunziza et chef de la sécurité intérieure, a été tué dimanche à Bujumbura dans une attaque à la roquette, a-t-on appris de sources officielles.

Ancien chef d’état-major de l’armée et souvent présenté comme le numéro deux du régime, le général Nshimirimana a été victime d’une attaque contre sa voiture en fin de matinée dans la capitale burundaise, ont indiqué à l’AFP des temoins.

Sa mort a été confirmée peu après par le chef de la communication de la présidence, Willy Nyamitwe : « J’ai perdu un frère, un compagnon de lutte, la triste réalité c’est que le général Adolphe Nshimirimana n’est plus de ce monde », a-t-il indiqué dans un message sur Twitter.

La disparition du chef des services de sécurité burundais intervient une semaine après la proclamation de la victoire à la présidentielle du sortant Pierrre Nkurunziza, pour un troisième mandat dénoncé par l’opposition, la société civile et plusieurs pays occidentaux.

Le mouvement de contestation contre un troisième mandat du président Pierre Nkurunziza a été émaillé depuis la fin avril de violences qui ont fait une centaine de morts et ont poussé quelque 170.000 personnes, selon l’ONU, à fuir dans les pays voisins.

le 02 août 2015 à 12h08, http://www.jeuneafrique.com

Publié le 2 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 39 Commentaires.

  1. Murundi wee ; wewe utambisha agakomokomo; utambira ku muvyimba wa Mwenewanyu. Va i buzimu uje ibuntu umenye ko gusesa amaraso bitazokwigera bizana amahoro. Amajambo uvuga nayo ube uyashira ku gipimo; kuko inkurikizi yivyo ishobora kuba mbi kuruta. Ntugacire kandi urubanza Mugenzawe; umenyeko twese turi ba Magara make. Ntawankwa na bose; kandi ntawushimwa na bose.

  2. Nkurunziza atege umutwe inzoya akangwa umwicanyi nka we! AKARINYUMA KARAHINDA. Vas vite a la besogne cher NKURU. Élimines tous ceux que te gênent dans ton règne de mafia. UWUTEMA URWIWE BAMUTIZA UMUHORO.

  3. Oh la, la, ababipfa n’ababisangiye.
    Cela fait un mois que je disais qu’au final le trio NKURU, NYAMITWE et ADOLPHE bazosubiranamwo ; mon petit doigt me dit que j’avais raison. Ceci pour dire qu’il faudra chercher les assassins d’Adolphe parmi les proches directs ou indirects de NKURU et NYAMITWE. A quoi doit-on s’attendre à présent ? Une autre série d’exilés ? La cocotte-minute en pleine ébullition au sein du CNDD va bientôt exploser ; les pro-NKURU et les pro-Adolphe qui vont commencer à se déchirer ? Yooooooooh, c’est une vraie mafia au sommet de l’état. So, who is the next ? Time will tell !!!

  4. Que Dieu ait son âme. Les prochains victimes devront se succéder dans la chronologie suivante pour démembrer a jamais le professeur de gymnastique: NDAKUGARIKA dans deux jours avant les funérailles du Général maquisard, Kazungu dans une semaine, NYAMITWE et BUNYONI dans 10 jours et le sportif restera encore un mois en détresse. La paix reviendra au Burundi après que le bon Dieu aura envoyé en enfer ces mecs et restituera le bonheur aux burundais innocents.

  5. il faut un proces postume .un bon voyou est un voyou mort.

  6. nvelle generation

    imana imuharire

  7. Mana Mushobora vyose, Duhindurire Pierre Nkurunziza ave ku butegetsi kuko adakunda abarundi bose, murumva ntashobora kuba Sebarundi.Ni Se bagumyabanga gusa,na bone bakora ivyo yipfuza. Raba namwe ingene aciye asimbira kw’i radio akavuga ijambo atigenze avuga aho abarundi benshi bapfa harimwo na Zed Felus. None ga Mana waduhevye kuduha umutware nkuwo, abesha ngo constitution y’ubu ntitomoye, twese akatwita ibijuju, bitazi no gusoma? Ese ibikorane yama agirisha agahenda aba Kristu n’Imana.

  8. Condoléances.
    Mais s’il y avait ne fût-ce qu’un semblant de justice, celle-ci devrait immédiatement procéder à une saisie conservatoire urgente du gros de ses biens en vue d’une restitution à qui de droit.

  9. Voilà la réponse du 3ème mandat.

  10. Ntakamaro ko kwiphuriza uruphu uwundi naho yoba yarishe amaze ugwiwe kuko urubanza gwiwe imana niyo iruzi. Nayo kwifuriza ko apha kandi nawe uzopha ntaco bihindura ahubwo
    wosenga imana ngo ntihagire inkurikizi mbi yugwo ruphu kuko nul n’est a l’abris twese niyo tuja.

  11. Ntakinanirimana

    Nawe uraronse ivyuhanura! tuzopfa nyene! nibindi utwibukije.? ariko ntituzopfa dushsh amaraso nkawe ntibikabe! wumvira imbabazi ikiziga? ntiducumujwe nurupfu gwiwe gusa, hubwo twacumuzwa cane nimibereho yarabayeho! nagende yimbure, umuntu wese azogererwa ibikwiranye nivyo yakoze! ihane nawe ndumva abamwishe bagutirimukije!…!

  12. Turindire Nkuru,nawe ntaho uzoduca,la question c’est le temps.

  13. Nta rupfu ruhimbara ariko uru umengo ruratandukanye n’izindi! None ivyo ntivyoha icirwa abo batware bacu! Naho yoba ari mucezo wa ndani c’est une leçon quand même!

  14. Bavuga ngo ntawukera urupfu mugabo urwa dolofo runezereye abarundi benshi ariko n’ibe n’inkebuzo kubasiga tutadomyeko urutoke!! Ariko ashobora kuba ariko ategura igitero ntitwijajare!! Wosanga yirabitse none urya ntimuzi ko ari ingwe!!!

  15. Mise en scène ?????
    Information tuitté par NYAMITWE à prendre avec bcp, bcp de prudence.

  16. Rose nagomba nokwongerako numusi wishe benshi niwo apfiriyeko

  17. Tout home est mortel et le salut est pour les vivants: La repentance est disponible et le pardon est une guarantie.

  18. adolphe aramfuye? vyoshoka? harya nawe ,wambaye umubiri ga adolphe? urugendo rubi nakuranduka, nako warandutse, genda abowishe barakurindiye………….

  19. Ariko uko kwihuta kubivuga nyene ntaco binyegeje koko?Mbe yoba abaye sacrifier kugira habe ihonya bgoko.Jw nibaza ko Nkurumbi na Nyarutwe batagira iyo erreur.Batutsi ntimuryame umukondora zosi.

  20. jewe ndacarindiriye nubu sindemera ko atakibona. Aba dd ntawuzi ivyabo aho wosanga ari yamarementanya yabo kugira babe baragandagura abo bakeneye hama munyuma bavuge ko abaganga gagerageje yahembutse.Hamwe vyoba arivyo ntakundi nagende asangire na rusiferi kunywa amaraso ninyama zabantu ikuzimu nivyo yahisemwo.

  21. Yemwe mugira commentaire: ntukanezererwe n’uko umwansi wawe agize ivyago kuko Imana yobiguhanira!
    Hahirwa abanyembabazi kuko nabo bazozigirirwa.
    Ntunezererwe nuko apfuye, twese tuzopfa. Igikuru, wibaze mbega nawe upfuye nkuko uyo apfuye giturumbuka, woja hehe? Mw’ijuru ku Mana canke i kuzimu kwa Satani?

    Ihane!

  22. Ewe benigne rurahinda sha! Nibaza ko utubahuka kurira!!! Aba hitler ni bamwe wari ubizi ko ihorihoze. Yabaga impene ufashe ukuguru.

  23. Tugume ku mavi n’abandi bari basangiye abubisha bazoshikirwa. Imana irazi inzira izocamwo kugira idukize. N’Umwana wayo yaramuhevye, aricwa ataco azira kugira isi ironke Umucunguzi. Har’akantu hageze ko irekura umubisha nk’uwo. Abaguma bibaza ko isi ari iyabo ni barabe. Burya Kadafi ntiyari umugabo ? Mobutu ntiyari umugabo ? Mitterrand ntiyari umugabo ? Ntawobadondagura ngo abaheze. Oyeeee !

  24. mbega baciye bamuhamba ataturishe abantu bacu?. bakundwa ntumuvyemere! Kuko tumaze kuhendwa keshi ahubwo twitegurire kugwanya umwansi! Mbe ntimwibaza ko ashobora kuba afise maske bakayambika uwundi kugira twi baze ko ariwe bishe? Ariko twibuke gusenga. Nakare imana ntigomba ko ikigihugu kiba ikibuga cabagwanyi.cake cumbwicanyi }ivuye kumuntu yi twa bibi white of american

  25. Muri 93 Mwabony Intsinzi Ibonets Muca Mwikika Mukiza. Kudya Mutazi Uko Adolphe Yaje Niko Mutazomenya Nabandi.

  26. Nukuri ivyo vyabaye? Oyaaah! Umuntu yica abantu, agaturira amasoko yose, akomora abantu, akigira ikimungu, aga tortura abantu ataco bazira, mbega yemwe ! Ngira murabesha. Ku Mutakura ba bana ba ba jumeaux yaseseye amaraso bari kumwe na papa wabo, nuko gusa atashikira iyo bari, bari kumutwenga! Yemwe yemwe, sonera kiremwa muntu ! Ico mwomenya co ntawipfuriza urupfu uwundi mugabo na satani ahava amwirukana !

  27. Mwaramenyeye Basha Kunigagura Muri 93 Mwahengey Intsinzi Ibonets Muca Mwikika Mukiza. Kudya Mutazi Uko Adolphe Yaje Niko Mutazomenya Nabandi.

  28. Le tout puissant général Adolphe est victime d’un attentat à Kamenge dans son propre fief, au quartier général des Imbonerakure, sa propre milice armée! A deux pas de son bar-restaurant Iwabo w’abantu, l’établissement le plus gardé de la zone! A qui profite le crime? A Nkurunziza évidemment: il se débarrasse d’un personnage trop encombrant et un peu trop puissant à ses yeux. Bravo monsieur le conseiller présidentiel Nyamitwe! Des règlements de compte internes au cndd-Fdd viennent de commencer. A qui le tour? Gardez vos smartophones allumés, le pire est à venir! Le comble pour un chef des renseignements est de périr dans un attentat! Kamenyi ntiyimenyera!

  29. c’est ca les dividendes du troisieme mandat, Hitler adolf vient de descendre dans l’enfer. Uruphu rwiwe runezereje abarundi beshi hamwe namakungu. Shetani amwakire mu bwami bwiwe.

  30. Akaruhuko keza,IMANA niyo izi ivyawe, twese tuzopfa ntawuzorusimba.

  31. jewe baterekanye ikiziga c’ukuri ntavyo nemera. Nyamitwe yaciye anyarutsa kuvyandika kuri twiter hamwe n umukobwa wa bunyoni, na gouvernement itarabivuga.
    Mbe yoba yinyegeje kugira ategure ibitero biza guhera muri rijoro.
    wait and see.

  32. trop beau pour etre vrai ..cher adolphe repose dans le feu et les flammes de l enfer …quesk t croiyait????

  33. None muri CPI Nkurunziza azoba ariwe nyene,ooooh nashaka ko bohagararanye,ntakundi

  34. Rose Hakizimana

    yoba agiye yikoreye isi Rusiferi nimwakire kuko yari yarayikoreye impembo y ikibi n urupfu
    Hahiriwe intungane kuko bazobona ijuru Hahiwe abanyakigongwe kuko nabo bazokigirigwa

  35. Umunezero twagize le 13/5 uragarutse le 2/8 Imana ihabw icubahiro.uwicishije inkota azicishwa iyindi,uwicishije roquette azicishwa iyindi…

  36. Good news…

    • Ba Adolphe basigaye ari benshi murabe maso. Mugabo Imana irababona. Amaraso ya babana bapfa mu manifestations azobakwirikirana. Mugabo. Numvise Presida wa Repubulika yashavuye cane. Ntihahazobura bazira ubusa. Ariko Imana n’ubu izoca urubanza mu mpera n’imperuka

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :