Le Lieutenant Général NSHIMIRIMANA Adolphe vient d’être tué dans un attentat

Le Lieutenant Général NSHIMIRIMANA Adolphe vient d’être tué dans un attentat

Publié le 2 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 34 Commentaires.

  1. hamw twohurira na adolphe mw’ijuru noca ndarikwepa nkasohokera mumuryango w’inyuma nukuri(kubwa twebwe abantu)

  2. eka simbabay ngo arapfuy kibi nuko yoba apfuy atihany ,sinon hakiz benshi kubera apfuy kubera guhinduka kwiw kwari kuri kure nkukwezi

  3. IMANA IRAFISE INGENE ITUGIRIRA CLIN D’OEIL UWUFISE AMATWI NIYUMVE, UWUFISE AMASO YO KUBONA NAWE NABONE INGENE IMANA IKORA, RERO NTITWIZIGITIRIRE KUVYISI KUKO UPFUYE UJANA JUSTE IVYO WAMBAYE GUSA ATAKINDI.
    IVYO WAKOZE NIVYO BIGUHEREKEZA GUSHIKA IMBERE Y’INTAHE YUHORAHO.
    ES TU PRET A ETRE JUGE.
    PARDONMON CLAVIER EST EN ANGLAIS RAISON POUR LAQUELLE LES ACCENTS NE RESSORTENT PAS.
    QUE LE SEIGNEUR NOUS BENISSE TOUS A JAMAIS

  4. ariko basha abarundi ni ibikoko murabona ingene bamugize umuntu yagize uruhara ngo ingendo yamacakubiri ihave.iwabo wabantu haja bose ubwoko bwose ntimubona ko biteye isoni…! ariko rero uwabikoze wese ntiyashatse kwica adolphe gusa yashaje gukwegera abarundi muzombwira kandi nawe nyene ahari ndazi ko adatekanye kuko bisa nabagandaguye ndandaye nkaha ariko arakwegera abo muri opposition.
    data wanje naho cnddfdd itoba igitwara…ah muribaza ko abo ba pacifique boza bagatwara igihugu batekenye!

  5. Cette photo n’est pas d’Adolphe mais celle de l’etudiant Anicet tué dans la fameuse fouille du 16 octobre 2001 au campus Mutanga. Consultez vos articles de l’epoque.

  6. la perte d´une vie humaine est une perte du monde entier, prions pour les burundais qui vivent dans des tensions de peur . Mais pour le type qui nous quitte je pense qu´il attend son juge. nous l,avons jugé mais que Dieu nous pardonne mais il a son histoire.

  7. Faut jamais commenter sur un mort

  8. ni abandi bose bagize ubwicanyi ubuhizi (nka ba ndakugarika, kazungu, uwamahoro…..) bamenye ko nabonyene iminsi yabo iri hafi. Tout le monde est mortel non?

  9. Nashetani yarahiye kumwakira mubwami bwayo kandi ngoyaraye aradurumbanya abo barikumwe muri morgue.Erega apfa adapfuye nka rusiferi!

  10. Terimbereburundi

    Ne dansez pas sur un mort. Ceci n’est pas dans la culture burundaise. Restons solidaires, construisons notre pays. L’homme qui vient de partir était tout, mauvais pour les uns, bon pour les autres. L’économie burundaise, c’était lui, missions d’élimination des opposants, lui, toute affaire farouche, lui, contamination du SIDA aux jeunes filles, encore lui. Il était devenu encombrant pour le régime, il en savait trop. Mais dans un pays qui regorge de généraux sans niveau d’étude universitaire, il était parvenu à glaner tous les échelons de l’élite, alors, s’il s’en va, quelque chose devra surement changer, dans le bon ou le mauvais coté. RIP NSHIMIRIMANA Adolphe, Lieutenant Général

  11. quel que soit l’executeur,je lui felicite,un bon voyou c’est un voyou mort.

  12. j’amenerai quelques bieres à l’enterrement mais je suis sur a 100% sil est réellement mort

  13. Ntimutambe ngo mwiyamirize kuko nkuko asize yisasiye abatari bake, ashobora no kwipfuka abandl! C’est cela qui est arrive au Rwanda en 1994 kandi la machine IMBONERAKURE-INTERAHAMWE qui était déjà en marche risque d’accélérer le rythme! None ngo tuje ku mavi dusenge Imana ikingire u Burundi ukuboko, ibutwikirize amaraso ya Yesu kuko afise umuco ukaze kandi murazi neza ko aho umuco (the light) ugeze, umwijima (darkness) urahava! Cependant, avant de nous agenouillé, nous devons nous répentir aussi! Allons-y et prions sans cesse! May God protect Burundi forever, Amen, amen!

  14. oya ntakibazo hamwe yoba yapfuye kuko jewe sindavyemera vyoba arivyiza kuko nimbga ukuyemwo nkuru yazose izindi ziratekereza.sasa nizo zindi muvuga ziragaba.ntawarazi ko urupfu rwomwubahuka.nabandi baragaba.jewe gusa icombarira uwabikoze agashimwe akwiriye simbona ico nomuha.

  15. Ukaba uri umutitsi uvuga gutryo jewe no guhanura kubandanya. Courage!

  16. Un sauvage de moins venant de la Kibira.Il reste encore 5 sauvages a abattre. La chasse est ouvert! The hunt is on.

  17. Glory to God. Kazungu, Kazungu hasigaye wewe, Nyamitwe na Nkuru.

  18. erega hari igisuma cibiye ijiru ku musaraba! wosanga murahuriye mu bwami bw’ijuru !

  19. Les chiens meurent comme des chiens.

  20. Burya amaraso y’umuntu ni amosozi y’Imana. Abari n’amatwi yo kumva ni bumve; abari n’umutima wo kwakira bakire.

  21. Ewe Mana uratabara uburundi n,abarundi

  22. Ntimunezerwe kuko twese tuzopfa ikibabaje n,ugupfira muvyaha ubishaka yo kwiyeza

  23. Nta muntu numwe kw isi atababaje,ariko ijambo ry Imana niryo rivuga ngo: »UWIZEYE UMWANA W UMUNTU ARAKAVUMWA ».
    Imana niyo izi ikibanza c umwumwe.

  24. Niyongabire Byjay

    Asha nagende abo yishe sibake.natwe twarahunze kubera w twanuz incuti n’abagenzi ntakundi Shetani amwakire.ngira abandi babony akarorero p

  25. harimwo amahinyu…nyamitwe yaciye yihuta kuvyemeza na gouvernement itarabivuga!!! Boba bamunyegeje kugira aje kwitegura gutera?

  26. Ndavyemera batweretse ama photo aboneka. Kuki abagiye gufotora bose babatwaye muri doc harimwo na Esdras yakubiswe kugeza aje mubitaro. Ni nkuko bariko barahisha ikintu. None ko bihuse kubivuga ba nyamitwe, nti botwereka ama photo yiwe…nayo nyene nyamitwe yo traffica baga fotora adolphe ari muri cerceuil barangije adolphe muzima agaca aja tanzania gutegura igitero.

  27. Sivyizera, tutabonye agiye musi yivu. Nahonyene asobora kugaruka, ivya ba dd biragoye , nabafunga kuwani

  28. Rose Hakizimana

    Uwakoze amaraso wese azovyishura Amarira y abavyeyi ahamara Imana avuga ngo Mana mpora

  29. C’est quand l’enterrement??il faut nous an informer vrmt.Dieu merci..

  30. Par respect des morts, je m’epargne de dire quelque chose de compromettant mais cette mort devrait servir d’exemple à tous ceux qui banalisent la vie humaine au Burundi.
    Il n’y a pas longtemps, j’appris que feu Adolphe a tiré personnellement à bout portant Gerard agénouillé, ses hommes ont assassinés Feruz.
    Voilà il les rejoint dans l’infinité. Tout cela pourquoi? Peter, Bunyoni, Ndakugarika, Willy devraient mediter sur cet evenement biensûr malheureux pour eux, probablement bien accueilli Chez les victimes.
    Tous cela pourquoi? WHY?, KUBERA IKI? KWA JUU YA NINI? Varför?

  31. Tunapata amani

  32. Ah bon,le diable ait son ame

  33. C’est le tour de Bunyoni, Ndakugarika, Kazungu , Nyamitwe Willy tous CDs bougres bicaye igihugu kugikanu

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :