Discours de l’honorable NYANGOMA Léonard, président du CNARED, adressé au Peuple burundais

Discours de l’honorable NYANGOMA Léonard, président du CNARED, adressé au Peuple burundais

001 002 003004

Publié le 3 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 5 Commentaires.

  1. ndagusavye mushingantahe watowe nabo mufatanije urugamba,muze mwibagire vos interets,mubanze muhe iteka UBURUNDI busubire kuba nyabagendwa,mubutezimbere,turonke ingenzi natwe,mutubike wa vubi,mugire tolérance zéro à l’impunité,à la corruption,tube mugihugu c’amategeko atakuvangura ethnie nimw kuko ihoro hori ihonya umuryango.ndababazwa n’abashingantahe batagira ijambo,ejo bavuga uku,bukeye bakavuga ukundi,ndabasavye mutwereke kuburundi bugifise abashingantahe b’ijambo.turababaaaaaaaaaaye nibiriko biraba mu gihugu cacu,abantu barabamaze basha,au secours!!!!ntamusi wijana hadapfuye abantu,harabo tutazi irengero ryabo,ariko murabizi?kora ariko muzoze muduhoza amarira ,ntimuzodukore mu nkovu muzoba mukoze.mwihebe kabisa ca sera votre fierté.dukeneye uburongozi bwiza,yaba umuhutu yaba umututsi peu importe ,adutware mu mahoro,twirerere abana bacu bo burundi bwejo.kandi igihugu giteyimbere namwebwe ntimuzosigarinyuma,ariko guhababukira amaronko nivyo bitugejeje ahatemba.kunywa amaraso abanyagihugu ntamugisha,tu finis mal.MURAKOZE

  2. mwotwizeza gute kwamahoro agira aboneke hari abarundi isinzi batoye,kandi hari abatowe?Nyangoma muri 2010 yabajijwe ingene amatora yibwe ntanakimwe yavuze,kandi twarituziko amatora acasubigwamwo,des raisons valables zibuze,twabonye ko amatora yagenze neza,ariko kuri VOA nubu aracavugako aramajwi bagaburiye imigambwe,niwarondera gushikira ubutegetsi umanje gusesa amaraso canke abarundi isinzi bagandaguritse ntuzoba uri intwari,ntimutume abarundi basubiranamwo,muribukeko igihugu atahokija,ivyomurimwo nibitahitana abantu nivyiza,ariko abantu bagasubiranamwo,uzobibazwa,

  3. Nous attendons de vous un Burundais paisible. Merci de marquer la différence entre la gymnastique et les Sciences exactes! TURABASHIGIKIYE TESHA IBIMWENYI, KURA ISIHA MU KIGEGA.

  4. komera Mutama ,niwe uzoba igisubizo k’uburundi,urabona ko bugeze ahatemba ariko abarundi isinzi turi inyuma yawe .

  5. Rose Hakizimana

    Murakaroranigwa muri vyose Kandi mushikane Uburundi ku Nstinzi Imwe yatsinda abamenja bagomba kutusubiza mu Buja Muraba nka Mwezi yanesheje ba Rumariza bitwaza Inkoho Nayo Mwezi yitwaje Abadasigana bitwaje ukuri n Ubutungane
    Turakeje CNARED nabayigize bose ni mutunganigwe mu Rugamba rw Iteka

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :