Mbonimpa attaqué et blessé

https://i1.wp.com/www.isanganiro.org/IMG/arton9566.jpgAlors qu’une rumeur circulait depuis le matin qu’il serait mort, Pierre-Claver Mbonimpa, président de l’Association pour la Promotion des Droits Humains et des Prisonniers, APRODH, vient d’être attaqué et a été grièvement blessé.

L’incident vient de se passer ce soir. Le leader de la société civile rentrait chez lui et venait de traverser Kukanga à Kinama lorsque une personne sur moto a tiré sur lui vers 18h15. Il est hospitalisé dans un hôpital à Bujumbura.

Il a été blessé sur la joue et sur la poitrine beaucoup de sang coule, mais les médecins disent qu’il peut être sauvé.

Isanganiro , lundi 3 août 2015  à 19 : 13 : 48

Publié le 3 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 10 Commentaires.

  1. Ngo agati gateretswe n’Imana ntugahenurwa n’umuyaga! Irambire mutama wacu PC Mbonimpa turagushigikiye. Murware mukira!

  2. Chers frères en Jésus Christ, abariko barica ni bake kandi abariko barasenga nibo benshi, Imana nayo irabo na amarira yacu kandi ngo « Igisabisho c’umworo kiramena ibicu kigashika mw’ijuru ». Ni muze tubandanye tuja ku mavi imbera n’imperuka ukuri kuzotsinda. Na Mbonimpa igihe bamurekura yaravuze ko yishimikije izaburi idutumirira kutagira ubwoba iyo duhagarikiwe n’Umukama. Ndakeka ko Imana itubikiye ama surprises kuko ibimaze kuba ubu ntawaziga ko vyobaye uku. Sinezerewe n’abantu bariko barapfa abandi bagirirwa nabi mugabo ndemera ko ibiriko biraba tuvyakira uko kuko nta kiba Imana itakikirekuye! Abasengera uburundi ku musi ku musi ni muze tube benshi ahandi ho ziranyazwe.

  3. mpemukendamuke Agathon

    Le pouvoir craint que Mbonimpa Pierre Claver ne fasse des révélations sur le crime d’ Etat que constitue l’assassinat du Général Nshimirimana. Il sait qui a envoyé la camionnette militaire a la gare du Nord pour attendre patiemment Adolphe Nshimirimana. Il est, en plus, le témoin privilégié des exécutions extra judiciaires massives en cours au Burundi. Si ce régime dictatorial reste en place pendant quelque mois, il ne restera que de la cendre au Burundi. Mais Jésus est encore vivant.

  4. @Juvenal
    Abumva ni benshi, mugabo habwirwa Nkurunziza n’abashigikiye mandat yiwe igira gatatu yabaye ruhonya nganda. Nibasubize abarundi n’Uburundi ivyabo, duheze duhemeho na gatoyi. Ubu ngira iyo mandat yiwe ya gatatu ihitanye son bras droit, arabona ko ata ciza azoyivanamwo. Naravuze, ndasemerera, ko iyo mandat yiwe ari un mandat maudit ntiyabitegera, sinzi rero ico arindiriye kugira avyumve neza. Constitution nationale ivuga ko umukuru w’Igihugu atarenza mandat zibiri ku ntwaro, sinzi igituma aguma ahagatiza ngo atware ubugira gatatu. Nahebere abandi, kuko nabo ni abashingantahe nkawe. Mu vyukuri nta kintu na kimwe abarusha cotuma ashaka kubaganza, ivyiyumviro n’ubushobozi barabinganya, vyumvikana ko atazobatwarana mu mahoro! Uwo mutama ntaco bamuhora, kandi kumwiyahurirako ni kimwe no kwiyahurira ku mukuru w’Igihugu. Donc, un homme averti en vaut deux!!!…

  5. Barundi, barundikazi uwoba agifise amacakubiri abihebe naho amagorwa Uburundi bucamyo ari menshi. Haracari ivyizigiro umuntu wese yorondera cane Imana m’ukuri. Inzira nyakuri rero ni ukwihana n’ukwezwa cane muri vyose no hose, amasengesho yacu agahimbara Imana yaturemye twese tukaba akarorero keza kw’isi yose; kandi birashoboka mw’izina rya Yesu. Ibisigaye binyuranye n’ivyo ni ubusa n’umuriro udahera. Dusomye Abaheburayo 10, 26-31 Uhoraho aratugabisha kugira ntidufata minenengwe ubuntu bwiwe. Imana yacu itumurikire twese kandi idukomeze mw’izina rya Yesu Kristo. Abafise amatwi bumve ico Mpwemu abwira amashengero. Ariko bakundwa ntihakagira uwukorera abandi ikibi canke ngo yihore, tureke uburake bw’Uhoraho kuko abo turwana si ab’inyama n’amaraso ariko ni impwemu mbi zitwara isi, zishika no mu birere vy’ijuru, ni uko twabare ibirwanishwa vy’Imana ( Abanyefeso 6, 10-24)

  6. pour brouiller et enrouler les occindentaux. depuis hier mbonimpa est mort. si vous étiez malin il fallait écrire que ce motard est un imbonerakure formé de kiliba ondes. je sens que Obama via colin power USA et Renderzt de la Belgique allais doubler la mise pour faire le Burundi la Somalie’.les burundais connaissez la vverité’. vous avez tue nshimirimana mais comment enrouler l opinion ‘…vous etez des assassins mais notre sagesse vous dévoiler jour par jour

  7. Rose Hakizimana

    Urya si sebarundi kuko abo bariko bica abarundi niwe abatuma
    Mbonimpa turakwifuri kukira kuko wakijije benshi Imana ni kuje imbere maze uzobandanye igikogwa wiyemeje cu gutabara abarundi bageramiwe n intwaro ya bicanyi Imana nikuje imbere

  8. Ivyo mu Burundi vyayangaye nukuri. Petero Nkurunziza arakenyeye ngo ivyo bigwanisho biri en circulation illégale bibandanye gusesa amaraso y’abarundi? Ubu hoho si n’importe qui bariko baragandagura. None ntabona ko nawe, uwo mutego ashobora kuwugwamwo ataravye neza? Nasabe Communauté internationale ibimufashemwo kandi nawe ashireho akiwe, sinon mandat yiwe izoja guhera ata mu leader numwe asigaye mu Gihugu ari muri Cndd-Fdd, Opposition, Société civile n’Igisoda évidemment. Abanyagihugu bobo ntawukivuga kuko bo bicwa k’umusegonda, c’est très grave !!! Mu Burundi hashitse système ya mafia politique qui ne pardonne personne, même un passant, namba atavyo mubona! Nibarabe neza ce qui cause, ou qui est à la base de toute cette agitation, hanyuma bagitorere umuti au plus sacrant, sinon Uburundi burahonye! Il faut que ça arrête au plus vite car, si on laisse cette culture de vengeance démésurée s’enraciner, kazoba kabaye mu Gihugu cose, kuko vyatanguye c’est impossible d’y mettre fin ou de l’éradiquer. Et ça va être pire avec tout ce que le Pays vit déjà comme haine et division ethniques… Nous sommes le 3 Août 2015, et faites une évaluation périodique sur ce que je viens de vous entretenir, bivuga ko atagihindutse kuvyo tubona aujourd’hui au Burundi, le bilan sera accablant d’ici le 26 Août 2020. Je ne suis pas un prophète de malheur, je ne fais qu’alerter la classe politique et surtout la tête dirigeante, kuko vyose niho bitangururira, barayamaze ngo ukuri guca muziko ntigusha!

  9. Nibareke guta ko ishavu uyo mutama. Naho bomwicha siho ingorane ziri mu Burundi zohera. Ahubwo nibashire imbere inama n’ingingo. Mbe ntibara tahura ko kwica abantu ataho bizobashikana?

  10. barundi benewacu; ntidutwarwe nishavu; dukurikize impanuro za Sebarundi yaraye aduhaye. ntukihore; kuko ihorihori ihonya umuryango. Ntugire inger ku yindi.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :