Le président de l’OLUCOME s’exprime sur la tentative d’assassinat de MBONIMPA Pierre Claver, président de l’APRODH

Le président de l’OLUCOME s’exprime sur la tentative d’assassinat de MBONIMPA Pierre Claver, président de l’APRODH

gabriel-rufyiri-olucome-pres

Publié le 4 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 5 Commentaires.

  1. Dieu est Grand !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! ndabarahiye nibakore vyoooose bice basubire uzobona ingene bazopfa nka ruheneye peter Nkurunziza imiryango yashize mubupfuvyi no mubupfakazi Denise n’uruvyaro rwiwe bazobiriha hamwe muzobabona mukumirwa kubera umwina w’ivyisi ,inzigo nk’iyimbwa isara
    ububegito nk’umuntu atarerewe mubantu ubwishime n’ubwibone n’agasuzuguro ka nkurunziza emwe ivyiyisi vyo birugaye goooose cane Barayamaze bati ntukazire akamanyu kumutsima unomusi urishima ikigira igitangaza ejo ugatangara ukicuza uti iyo menya : INTARE IPFUYE IRUTWA NISAZI NZIMA .ivyisi ntawupfa abimaze Atamahoro nabo batunze n ibiguruka ntaho bazobirira .nibazako umurundi wese ahari muto canke mukuru ntatagatarotaro ngwitarozasheshe tugarurumutima tugire ubuntu dukundane twirinde akabi Imana nayo iratubona izoduhezagiza vyinshi tubisangire twese duterimbere twese mumahoro numutekano umuntu aryutwiwe adaturatura Imana ihezagire Uburundi N’Abarundi

  2. mbe « mchezo wandani » nabo bawutoye. ariko ivyuburundi biragoye. ati reka tumurase kugirango bimenyekane ko bihoye. bizobagora pe!

  3. Imana ishimwe koyashoboye kuharokoka twizere ko azotara mitende, Ndasavye Imana rugiravyose Imaramaze abo bagize ubuhizi ubwicanyi, ntankeka ntanamatohoza akenewe, yarashwe na bakozi pi perereza, dusavye amakungu kubafatira ibihano bimwe biboneka, dushimira cane ibihugu mpuza makungu ukuntu vyavyifashemwo. Naho mutama Mbonimpa yopfa uyumunsi amakungu arazi aboba bamwishe, nibave ibuzimu baje ibuntu.

  4. ICO NUMVA NOBABWIRA MWESE BANYWANYI B’URUBUGA NGURUKANA BUMENYI ARIBWO:KINYABWONKO,,,,,UMUNTU WESE ARAKWIYE GUHAGARARA NK’UMUKRISTO AGAHAGARARA HAGATI YABAHONA N’ABAKIRA MUKUBASENGERA KUKO IMANA S’UMUNTU NGW’IBESHE ICOYAVUZE COSE IZAGISHITSA KANDI NTITEBEJE ISEZERANO NKUKO BAMWE BAVYIBAZA IRINDIRIYE KO UMUNYAVYAHA AHARI HOSE YIHANA

  5. Ndagushimiye ariko uze wibukako umuntu ari umuntu mubabare kuri bose munezerwe kuri bose kuko ntawuruzosimba igihe nico gitandukanye

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :