Premières images de MBONIMPA Pierre Claver sur son lit d’hôpital

Premières images de MBONIMPA Pierre Claver sur son lit d’hôpital

Publié le 4 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 10 Commentaires.

  1. Humura ivyanditswe vyose twahora twibaza ngo bizoba kubihugu vyakure none twashikiriwe kandi ni Yezu adukunda aguma adukebura ariko tukaguma twiruka ngohari abaduhiga. Gumya imitima munda musabe imbabazi kubicumuro vyose ataco mwirengagije kandi mushimire Umukama atugejeje aha. Tuce dutazira Uwatwiguze ataco twatanze musabe urukundo mutima mweranda musabikanye ivyo mufise vyose cane cane abatware abatwagwa nabo bakwirikire hanyuma murabe ko iyo shetani idaca ihunga ikiruka ubutakigaruka. Nayo ivyo kwitangaza ngo barashe uyu n’uyu mugira Commentaire nta na kimwe bimaze. Abakaturika ndabibutse kakaririmbo ngo » Vyose n’ivyo ubusa vyose bishira umwanya ivyo twishinga aha hasi nibiza bihenda amaso birasayangana biba vy’iza turabishimye birarenze bica mumaso tubishikire bigapfaaaaaaaaaaaa. »

  2. Ico nosaba uwakoze ikibi wese nimba akiriho,ubu nyene yihane asabe Imana ikigongwe yiteguyekumuharira idaharuye ivyoyakoze.Amen!

  3. Mutama « uwavuy mw’ijuru aruta bose »kandi » aho ukuri kuri ,ikinyoma kija mu mwonga »ineza izotsinda inabi.nibakureke wibereho.

  4. Mbega yemwe abo bicanyi ntibaza babona yuko ukuri kutazibirwa.?nibareke iyo mvugakuri yinzirakarengane yibereho

  5. Ivyamandat vyahozwe rero ubu ni coup contre coup.Mana kiza abarundi nuyumutama azira ukuri kwiwe!

  6. imana ikuzigame. irakubona

  7. Je ne comprend pas pourquoi bagira revanche kuri Mbonimpa. Il n’a pas d’armes/de militaires pour tuer. Il parle pour proteger toute la population burundaise. Les gens qui ne voient pas loin bibaza ko bamwishe boba bihoye. Imana Iramubona uwo mutama ntaco azoba, surtout qu’il est fort et qu’il parvienne a resister contre tout malgré la situation.

  8. nimba bashaka kuzimanganya dossier ya adolphe, vyabananiy. « ikibwirwa nicumv… »

  9. iradukundi baho

    abo bicanyi bataye umutwe muga baratanguye gusubiranamwo.Imana ikingire iyo ntwari atakindi yifuza atari amahoro ku barundi bose

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :