NKURUNZIZA ne pouvait pas faire assassiner le général NSHIMIRIMANA dixit CIMPAYE Pancrace

NKURUNZIZA ne pouvait pas faire assassiner le général NSHIMIRIMANA dixit CIMPAYE Pancrace

CLT6zDAXAAEkHq3

Publié le 5 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 16 Commentaires.

  1. Urupfu ni passage yuwariwe wese ngaha kwisi, umaze kwitwa umuntu nu kuvuga kuba ufise debut kandi ukaba ufise fin. Ninaco gituma atanumwe yonezerwa ko uwundi apfuye.
    Aho uyo muntu agiye niho heza gusuba aha kwisi. Ntugacire urubanza rero uwapfuye kuko atari wewe wa muremye kandi nawewe uburindiye urubanza rwawe kandi urubanza rwawe rurahari. fin y’umuntu uwariwe wese iba iri muminwe y’imana nu kuvugako ubuzima ufise ngaha kw’isi nubwo ubutiye sirwawe.
    Ahubwo umuntu yigiriye abaruhutse amarushwa yo ngaha kw’isi.

  2. MANIRISHURA WE MGR RUHUNA ntawe yavumye gusa tout se paye ici bas. nico gituma twokwitonda dans notre vie et dans nos activites quotidiennes

  3. Hahiriwe umuntu yiyumanganya mu bimugerageza, kuko ni yamara gushimwa azoronka urugori rw’ubuzima Umukama yemereye abamukunda. »Ibaruwa ry’umutumwa yakobo mutagatifu »yandikiye abo mu miryango cumi n’ibiri « 

  4. ndavye ivyomwanditse,amahoro mugihugu cacu arikure,ariko mwitonde ntidusubire munyane,igihe Ndadaye yapfa hapfuye abantu isinzi kandi abari bazi kurasa bari bake cane ugereranije nubu,none ubu vyogenda gute?ntakuntu tworondera inyungu zacu ariko tudateranije abarundi????????

  5. HUSSEIN
    Gupfa vyari ibisanzwe ariko umwe wese yomenya ko abo mw’isi tuva amaraso nta dolphe nta Ndakugarika  » qui a tué par l’épée périra par l’épée », requête égale requête, bout portant égal bout portant. None lero duhanure ntawutagomba kuramba, twumvikane abarundi tureke kwihambirira kuri mandat. Ado ntakindi kimutwaye atari Mandat ya Sebuja None mwari muzi ko Apôtre Paul yahama ubwoko bw’ IMANA yibaza ko ariko agira neza.
    Ado n’a pas eu cette chance de rencontrer JESUS à damasiko .
    Peter,Ndakugarika,Kazungu,etc….convertissez- vous aux accords d’Arusha

  6. Jew message yanje ndayitumbereza kuri monsieur Gakwaya Damascene.nikikizokurikira ko nabony umengo imburi zawe zizoba ndende gose zifise nama saisons.hahahahaa

  7. Jean pierre Hakizimana

    Be quiet my brothers God will punish the bad men. Everybody is killer

  8. abo muvuga ivyo ni uguhuvya amatohoza ; canke riro hari abo mugomba kwambika izera ata butungane burakora! Mb burya umwansi wiwe wa mbere yoba yari NKURUNZIZA !

  9. Oya n’ukuri nta wundi yoshoboye kwica Adolphe!Aho nyene akamwicira kuri place nk’irya?Ntivyumvikana Kabisa!Nkurunziza est l’assassin d’Adolphe jusqu’à la preuve du contraire!!!

  10. Il ne voulait pas le faire ( tuer adolphe) mais la prophétie de Damascene qui disait que Adolphe va tuer Nkurunziza l’a oblige de le faire vu la nomination de Nyangoma a la tête de CNARED. Il fo demander a Damascene celui qui va remplacer Adolphe si ce n’est pas NDAKUGARIKA. Parce c’est lui qui a reçu la mission de tuer Adolphe Par Nkurunziza est NDAKUGARIKA. Je pense que la prophetie va changer maintenant Ndakugarika va tuer Piter si Nkurunziza ne le tue pas le premier, ndakugarika va le faire. hahaha, vive les prophètes. Ndakugarika tu es le prochain sur la liste ; soit tu élimine nkurunziza , soit il t’élimine. A toi de jouer!!!!

    • juvenal Havyarimana

      Mon cher ami je vous déconseille de ne pas mentpas mentir le peuple burundais
      Est-ce que si la prophétie émanait de Dieu, de qui entre Nkurundi et notre créateur a-t-il la possibilité ou la force de changer le cours des événements ou le destin d’un homme ? Soyez raisonnables dans vos commentaires!

  11. none tubwire uwamwishe nimba umuzi?
    mubihe nkibi enquete zigikogwa ntanumwe yokwambikwa izera kuko uba uhubishije abakora enquetes…
    urupfu rwiwe ruracari kubantu bose mbere n’abanyamahanga barimwo kuko ntawuzi ico yazize, ntawuzi uwamwishe, ntawuzi ababifisemwo inyungu…
    uco ushobora gukora ni ukubitera ivyatsi gusa, tukarindira ubutungane ataho buhengamiye bugakora kuko abi Burundi nabo barimwo mubashobora gukogwako amatohoza niyo mpamvu batoyikorako bagaha ubutungane mpuzamakungu…

  12. Pancrase : soit ararushe ou dérapage( doute) soit lui aussi il utilise le langage qui ne trouve aucun apport pour les solutions possible.

  13. kuberiki atobikora? ahubwo yaramwitanze kuko barya bamenyeye kwica .ndabagereranya n’ingurube iyibuze ivyirya icirya abana bayo.barya ruhuna yapfuye abavumye.! akataraza karinyuma nabana babo nibo bazobiyicira.

  14. Emwe barayamaze ko utambana namukeba adakubita urugohe!!! none ntimubona ko amwitanze!!!! ntaco muronderera ahandi mwirirwa murica abantu ngo dolpfe yishwe na naka naka, Ntawundi yamutanze Atari Nkurunziza, , n’uwanigiye nabukwe m’ukuzimu baramumenye ndeke ivyabaye harabantu, bamwiciye kukirimba arashwe na ndakugarika, ico bapfuye ico gipfu nkurunziza arakizi ntaco yunamika urutwe asekera mwijigo, bagize irementanya batwara ikizigi mumodoka baricarika baca barondera abarasa iyo modoka, turasavye amakungu ahaguruke atabare abarundi bapfa barenganywa.

  15. uvuze ukuri utanezerejwe nurupfu gwiwe nawenyene yoba arumwicanyi.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :