La famille de Feu Panta Léon HAKIZIMANA vous remercie

Remerciements

Publié le 7 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 8 Commentaires.

  1. HANDITWE NGO UHARIRE ABAGUCUMUYEKO NIHO UZOHARIRWA POLE IMANA IZOGUSHUMBUSHA

  2. Dieu vous aime et Il est tjrs avec vous.

  3. Rose Hakizimana

    Ndaguhojeje Mme Aline abaguhekuye Imana izobibabaze Gumana ukwizigira ukomeze amasengesho kugira Imana ikube hafi yongere igabanye umubabaro n amarira
    Natwe turi kumwe n abavyeyi bose bahekuwe niyo ntwaro ataco yibangaIntwaro yuzuyemwo amashetani, tutari bwabone kw isi Yuzuyemwo ububisha n ubukozi bw ikibi
    Imana izoduhora kukoUbucamanza n ubwayo n uguhora nukwayo KOMERA

  4. IMANA ibakare mubwami bwayo.we shall overcome

  5. Que Dieu garde votre famille! ivyababayeko Atari imana ije OK ikabahoza amarira, nta mwana w’umuntu yoba consola NGO bikunde, barakoze aho bagejej mukubaremesha, ariko jewe ndabiphuriye guhizwa nimana Niyo yarememye Leon, fleury et Franc ndazi kwiri o control. muyegere Niyo nyishu yibintu vyose tutumva. ariko jw ndababazwa numuntu apha kubera Nkurunziza. iyo nibuts kwarumuntu wimburakimazi atahantu nahamw yoshikana uburundi Atari kubu tabagura. ndibaza ko abasenzi babona ko basinziriye, umuntu asenga yisengera akibagira gusengera igihugu murabona ago gusinzira vyashikanye igihugu. umugabo nka peter ntiyarakwiye kuba umukuru wigihugu cacu ayaba vyukuri abarundi arabantu basenga.

  6. Encore du courage, la vie continue. Que Dieu et ses anges vous protegent

  7. Que Dieu continue à vous comforter, à vous garder dans ses ombres sacres, à vous augmenter la foi, l’espoir et la lumière Divine, la comprehension et sans oublier, l’energie de vous garder vous-même à ses côtes, à le consulter chaque fois que votre courage chute. On vous aime, vous n’êtes pas seuls. Dieu vous benisse. Ameen

  8. NTAKIRUTIMANA JEAN-PIERRE

    Murama mwizera imana kuko naho shetani iguma itera abantu imana yacu ituguma hafi.Que Dieu garde votre famille.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :