Le marché de Gitega a pris feu cette nuit

LE MARCHÉ DE GITEGA EST EN TRAIN DE BRÛLER DEPUIS MINUIT

https://scontent-bru2-1.xx.fbcdn.net/hphotos-xpt1/v/t1.0-9/11811547_850479355037599_8042858627629995551_n.jpg?oh=d9a48a3985cad6d5594cae48e54cb1cc&oe=563AF19D

N.B. La photo qui est là n’est pas une photo du marché qui brûle, tout le monde a peur d’aller prendre les images!.

Vers 00h00 de ce jeudi 06 août 2015, des cris se sont entendus au marché de Gitega :  » Mufate mufate mufate mufate » (attrapez-le, attrapez-le…). c’était les vieilleurs des marchandises stockés dans les boutiques du marché de Gitega (la deuxième ville du pays) qui criaient et les habitants des alentours pensaient à un bandit qui y serait passé.

Quelques minutes après, la fumée a monté et les cris des veilleurs se sont amplifiés. Ce n’était plus « attrapez-le » mais plutôt : « zimya zimya » (éteignez, éteignez)
Et depuis cette heure là jusqu’au moment où je gratte ces lignes, le marché brûle et brûle…le seul véhicule des sapeurs pompiers qui est là ne peut pas éteindre le feu. Il passe 15 min à éteindre le feu et une heure à remplir le réservoir. Dans l’entre-temps, le marché se transforme en cendres!

Depuis l’installation du pouvoir Nkurunziza, une douzaine de marchés ont brûlé et tous brûlaient le dimanche. La stratégies des pyromanes a changé!

Anicet Niyonkuru

Publié le 7 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 16 Commentaires.

  1. Nduwimana, Nkurunziza yaritoye ntawamutoye.

  2. Hamisi ndaburya

    Ye we ibijuju abarundi twarajorewe mbe muribagiye ivyokuva kuri mcombero simbaniye murazi ivyo yakoze nubu ibibandanya nivyoyateguye ubuvyaramutekurukanye yahungiye mwishengero

  3. Kavyinabushushe

    Muvuge canke mureke,ivyo nibimazi vya mutama yemerera Rusifero ngo bikunde atware neza iyo manda y amaraso bamubuza ntiyumve akigira Ryumeko mugabo aravye nabi kuvyo mbona azoyisigako ibinyigishi aravye nabi n amenyo ayahasige

  4. Rose Hakizimana

    Intwaro yabo ntakindi yoshoboye kumarira Abarundi atari ukubica ukubiba ukubatoteza ukubapfunga ukubanyaga eka ivyo vyose bisubiza abarundi mu buja
    Ntawakoze amaraso nkabo yari gushobora gukiza Abarundi Hanyuma ngo ashaka 3eme mandat eka yarabonye ko Abarundi tutekereza ati nzokwama kubutegetsi ndabahonge ndabakoze ico nshaka maze mube abaja banje
    Ndamubwiye nti nateshwe ate Abarundi si mbwa ziwe Ubu ivyo Nkurunziza yakoze vyose biri ku rutonde azovyishura

  5. nouveau démon, nouvelles calamités

  6. Mube mureka kwitiranya ibintu.wewe nabiwanyu mwaramutoye aratwara mwebwe ndibaza umwivuga kuko yakugabiye

  7. Accident zirabaho ariko nohanura yuko atabantu boca bavuga ivyo bishakiye kuko mumenye ko ivyo muvuga vyose Imana ibona.

  8. Ko abarundi twase kwihana rindira isi itumire tubona imbona nkubone. Abatumwa baravuze none n’ugusarara barasaraye. Ingo duhebe ivyaha murabe ko hari ikintu kibi gisubira gukakaza aho nukuri twemere gucumbikira Shetani n’inyosha mbi zayo? Ndabinginze ncuti zanje duhinduke tuje kwa Yezu afise akajwi kongorera ntavugira hejuru kuko yigize umuntu muto cane kandi ariwe nyene vyose. Twicishe bugufi abatunze murere nkabadafise na kimwe mwiyoroshe dusenge, dusabe imbabazi zivyo dukora nivyo twiyumvira twoye kubabaza abandi dusengere abo twita ngo n’abansi kandi yarabavukanyi turekuriranire atarivyo akarimi ngo mushikire ivyo mushaka duhe amahoro abandi tureke kubatuntuza, tureke kugwaza imitima bene wacu twishira hejuru ngo turi nivyo tumaza kandi turi ubusa munyihanganire ababisoma simbise ubusa kuvy’isi mbise ubusa mumajambo y’abana b’Imana mbere muravyumva. Hezagirwa mwese abatanga ivyiyumviro kandi mukanaterera Yezu abampere migisha kandi akore kuri umwumwe muri mwebwe kugirango abakoreshe uko ashaka ntabe arimwebwe mwikoresha abariwe ababwira ivyo mwandika.

  9. ewe nduwimana ndagutwenze uri muri bamwe bampema zuzuye NDADAYE yavvuga co kimwe na nkurunziza.wewe ntubona ko ivyuburundi vyanse.eheeeeeeeeeeeeeeeee ivyisi ntawubimara niyaba akunda uburundi yokumvikana n’abandi kuko amaraso ya bene burundi ntacubahiro azomuha.

  10. na bado!le 3ème mandate izotwereka vyinshi!by the way,ndahojeje abahaburiye ivyabo!

  11. c’est fou ca.le marché prend feu et le lendemain on le privatise.quelle regime

  12. Ni hatari ivyo mwiyi isi ariko baturira bareka mutama nkurunziza ko twamutoye azodutwara oposition niyihangane.
    Kandi uko biri kose bica abantu bareka ntibazomara abanyagihugu twese kuko 90 kwijana turayoboka nkurunziza kuko adutwara neza murundi!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :