Images du jour: Les IMBONERAKURE rendent hommage à leur chef suprême

Les IMBONERAKURE rendent hommage à leur chef suprême

Publié le 9 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 18 Commentaires.

  1. Ndabasavye mubike izo foto ahadata yemwe!!! abo ntankeka ni babicanyi bakorana nawe! mu misi izoza ubucamanza nyabwo buzozikenera!!

  2. NDAYISENGA Athanase

    Ndabahojeje abagiye kumwibuka. je n’ai rien contre vous. Après tout, il était un père de famille, kandi ntihabuze ikintu ciza yakoreye Igihugu. Il est vraiment temps que les burundais soint animés par l’Amour de Dieu, rurengeye vyose « Kunda abansi banyu » et ne jugez pas les autres afin que vous ne soyez pas jugés. Imana ntiyigeze itwemerera kwica. Uwabikoze nawe Umukama azobimwibariza. Ariko tugerageze kuja turagiriranira ikigongwe. Nta muntu numwe abuze iciza akora yoba ari shetani kandi ntawubuze ikibi yoba yarakoze yoba ari Mweranda. Nta mwiza abura akanenge na Nyirankuki agira amabinga. Nguye nkagaruka, namwebwe muriko muramwibuka, ntimugire nkunzi, Mbega igihe Féruzi apfa, ba babikira bakicwa, bamwe bavukana bakabatora ibiziga, n’abandi…………..mwigenjeje gute? Ubwo ntimwahimbawe? Mes chers amis, ingo twese duhagurukire rimwe twanke ikibi aho gituruka hose; ivyo navyo Umukama wenyene niwe azobidushoboza.

  3. les burundais mwishakire amahoro, nimuguma kwanga abayobozi muri gukora ibyaha kuko ubuyobozi bwose buva ku Mana

  4. Je mbona ko kumwica atariwo muti w’ingorane ziri mu gihugu.kandi no guteguira ingendo zo kumuririra siwo muti.umti nuwo kwiga ingene ata murundi yosubira gupfa ataco azira hanyuma abantu bose bafise uruhara mu bwicanyi bubera mu burundi bakarenguka imbere y’ubutungane bwigenga kugira bacirwe imanza umwe wese kuruhara rwiwe.

  5. abo yapfakaje abo yagize imfubyi, abo yagize abapfakazi , abo yomoye natwe tuzagira urugendo tumwibuka kandi muri morgue nabonye hinjira igipolice na amacrimogene habaye greve y abapfu kuva yahashika hazutse 4 kubera ubwoba

  6. Qui tue avec l’épée mourra de l’épée. C’est la bible qui le dit.

  7. Rose Hakizimana

    Ubwo yarapfuye ……..Erega nagira bo ntibapfa nitugumye umutima ivyo tutarabona tuzobihabwa nukuramba kandi Nkurunziza amenye ko tutari abaja

  8. KURI PLACE DE L’INDEPENDANCE

  9. wew ariherej urwiwe hasigaye abo bagomba kuihora naho mumenye ko umuntu wese afisa ubuzima buiwe kuriyisi , nitugandare ham tuikebuke turab aho kazoza imbere yuruphu rwacu .amen

  10. We Manirishura,

    N’ ubu sha turacarondera umupatiri yokwemera kumusomera imisa kuko benshi baraanse. Urumva rero amaziko sinzi. Aho nyene turacarondera aho twomuzika aba victimes ntibamuzure, erega sha barashishwe!!!

    Mwihangane rero, erega niwe yarwikwegeye!

  11. Condoleances..la reception c’est ou??

  12. Que les verts de terre se régalent.
    Bon appétit cher petites créatures de Dieu.
    Hanyuma kuri Radio News Internationale,….mudushirireho indirimbo ya Byumvuhore Jean Baptiste « Waba usize inkuru ki » nimba muyifise.
    Murakoze.

  13. Ndababajwe na famille Adolphe ( veuve et orphélins qui s’ajoutent à d’autres veuves et orphélins) ariko ndababazwa n’Umukuru w’Igihugu cacu ( n’abamwegereye) qui assiste cyniquement ibiba n’ibigire bibe!

    So, Let me tell you some truth: Adolphe si shetani, n ‘umuntu yapfuye! ivyo yoba yarakoze tuvyihoze pour le moment kuko ntavyo azosobira! ariko twiyumvire les causes profondes zatumye apfa: n’abarundi bari kurushi, kandi bo mumigambwe yose, bahevye igihugu n’abakibamwo ndetse n’imiryango yabo, bihebera kwiba, kwica n’ayandi mabi yose! Tant que tuzotwarwa n’abantu nk’abo!… tuzokwibera ku Mpanda no mumarira! Mbe ntasoni abadutwara bafise baravye ikibanza Uburundi buriko kubutunzi, igiturire, niveau de vie, infrastructures,…

    Birababaje kubona igihugu cacu kitarigera kigira amahoro kuva twikukiye ( hoba harabaye agahengwe)! hama tukaboba abambaye amakoti meza, n’imiduga myiza, atanikimwe bamariye igihugu!

    NDABASAVYE MUSOME IGIHANO C’ABO BANTU: Bible, Michée châpitre 3!!!! kandi ntibesha! Igire itangaze abantu vuba cane!

  14. Finalement le redoubtable General a ete enterre (ou exactement?) alors que la rimeur disait que meme le diable en personne avait refuse de l’acceuillir dans l’Enfer tellement les crimes commis par Adolphe Nshimirimana de son vivant depassaient l’imaginable de la barbarie.Il avait grandi, vecu dans la violence et il est mort dans d’une mort atroce.Repose dans en paix mon General.

  15. muraraba neza ivyo bivume ntibibaceko,ahubwo mwipange neeeza town ni gwacu kandi mubihweze neza abicanyi ni abo nyene.

  16. Anelie Mugirimana

    Beaucoup sont ont défilé par obligation, par peur d’être tué s’ils ne viennent gonfler le nombre.😱

  17. Muraraba neza harimwo n’interahamwe.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :