Le président du CNARED rencontre les burundais d’Europe à Bruxelles (images)

Le président du CNARED rencontre les burundais d’Europe à Bruxelles (images)

S.E. NYANGOMA Leonard, président du CNARED, a rencontré ce dimanche 9 aout 2015 les leaders des diaspora burundaises de Belgique, France, Hollande, Danemark, Suède, Angleterre, … à Bruxelles en Belgique.

Publié le 9 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 5 Commentaires.

  1. ndibazako igihugu kigeze kure. Erega ntawugitwara ariho kuko uwahora akimutwarira yaraye yitavye Imana. Umukuru wigihugu haragezeko bamuruhura bakoresheje inguvu nyinshi.

  2. Bigirimana Jean

    Tout ca, c’est une peine perdue. Mais, peut être que ca réconforte M Nyangama parce qu’il a temps cherché le pouvoir mais en vain. Atari umu agwaye mumutwe ninde yokwibaza ko ari umutegetsi kandi ubutegetsi atabuhawe n abanyagihugu. Izo nguvu zose bakoresha, iyo bazikoresha mukurondera kugaruka mugihugu kugira basabe ubutegetsi abanyagihuhu à travers les élections ntivyari gushoboka. Hari umuntu ashobora kwicara akumva ko ari umutegetsi atigeze abuhabwa n’abenegihugu. C’est de la folie.

    Nyangoma ntiwibagire ko abo bantu baguhenda ari babandi wahora wanka ukiri umu professeur à l’école secondaire hamwa wahora wandikisha ukuryo au tableau ugaca ugenda ubifutisha ukubamfu ngo ntibabibone. Erega ivyo vyose ntibaravyibagira. Mukukwihora bazokwirukanza upfe urushe.

    Pauvre Nyangoma, humuka ubone urabe imbere. Ubu baguhenze ngo ubaye umutegetsi kandi uzi ko gushikira ubutegetsi buca par la voie démocratique. None si wewe wama uriko uravuga k’uharanira démocratie? Kuberiki wemeye ko baguhenda ngo baguhaye ubutegetsi kanduzi ko ce n’est pas par la voie démocratique. Ubu abanyagihugu nibo bafise ubtegetsi kandi nibo bamutanga. Ne ce pas ca le principe de la démocratie? None iyo démocratie mwama muriko muravuga n’iyihe? Ni iyaka uburenganzira abanyagihugu bo kwitorera ababarongora?

    Heuresement kw’ico kintu canyu atafatiro gifise kandi biboneka ko atanaho kizoshika. On appelle ca « un non évènement ».
    Uwushaka ubutegetsi, c’est bien écrit noir su blanc, abusaba ABANYAGIHUGU.

  3. attendons voir

  4. Qui vivra verra, L’ancien ami de Peter devenu ennemi à écarter est de retour. Il semble entretemps qu’il y aurait eu des lecons, notamment que le probleme burundais se trouve ailleurs et non dans l’ethnie. Partant de La phase 1993 farouche anti-tutsis à la phase 2005-20012 où Nyangoma a failli être tué plus d’une fois par la machine hutu au pouvoir, Esperons que le temps lui a bcp appris. Il aura certainement du fil à tordre.:Les Burundais sont fatigués

  5. komera mutama UBURUNDI niwewe uzabukurako abasuma n’abicanyi.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :