Le procureur sort un communiqué pour satisfaire le chef de l’état

Le procureur sort un communiqué pour satisfaire le chef de l’état

001 002

Publié le 9 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 21 Commentaires.

  1. Uburundi n’urwanda ni bihugu bibiri bidasa na culture simwe. Naho bamwe bamwe bihenda ngo turibamwe ntanaho duhuriye. Nagire mbwire uwo mu Jac.N niwaba wibabariye psychologiquement nukuja kuraba umu psy niwe yokurabira neza akobabaro ufise, Il parait ko kuva iyi crise itangura benshi bari muri cas pathologique. Umeze gutyo ucuja kuraba umuganga. ubiravye urabona ko utameze neza.

  2. Bigirimana Jean

    Finalement la mort d’Adolphe Nshimirimana va nous révéler beaucoup de choses. Au lieu d’adresser des condoléances à la famille éprouvée, il y en a qui tourne les pousses, qui sont contents. On a même entendu qu’il y en a ceux qui ont organisé des fêtes. Le comble de malheur tous sont des chrétiens. Mwibuke ijambo ry’imana ngo « Mubabarana n’ababaye kandi munezeranwe n’abanezerewe ».

    Ce n’est pas le moment yo kuvuga amajambo atagira ifatiro, ata n’iciza azanira igihugu. Il faut gutanga ivyiyumviro bishobora kugira ico biterereye mukurondera inyishu y’ibibazao biri mu Burundi. On a besoin de la paix. Rien que ca. Sinon ivy’ubwoko ntakibanza bigifise hano mu Burundi. N’ivyo vy’intambara ntanyungu bizobazanira atari amarira n »agahinda. C’est dépassé.

  3. Depuis que la cour constitutionelle a autorisé Nkurunziza pour le 3eme mandat, la juridiction au Burundi est déclarée inexistante. Umaze gutinya igiture uba ubaye mugabo nidyo.

  4. Enquêtes biaisées! C’est quand même ridicule!

  5. Huummmm!!!!! Procureur …… ati ngagara na musaga en » gras »Banza sha mutunganye,muhamagare bose nkuko babahanura mutunganye ibiganiro vya masezerano ya harusha »Hanyuma ibindi murabizinanyemwo mwebwe mubisangiye »murabe mureke guhitana abanyagihugu muma quartier ngo nuko bashize ahabona ivyiyunviro vyabo »mukwiye kubakingira

  6. Comment est-ce qu’on a pu identifier ces tenues que portaient les exécutants! comme les tenues se ressemblent, il n y a pas longtemps on nous répétaIt ngo IGIZIGA GISA NIKINDI espérons que hatarimwo ibintu vyumwikeko nkuko bikunda gushika hano iwacu- Imana yonyene niyo izi ukuri kandi umunsi urizina izogushira ahagaragara-

  7. Wewe nduwimana pierreclsver, urihenda gose kuko harya Peter ashaka arashobora guturira Musaga igasha yose. Donc wewe wobasaba kutabadanya basongera isibe.
    Irya Rwano Musaga ntishobora kwiyitsinda.Kandi nashaka kukubwir ko umututsi wese azofatwa muri iyo ntureka azobona ico imbwa yabonye ku mugezi. Hanyuma nombre y’abatutsi izi iragabanuka basazwe ari na bake

    • Mandevu. Uko uvuga niko abahutu bo mu Rwanda biyumvira kera. Warabonye ayo babonye. Le plus important ce n’est pas le nombre, c’est la détermination de celui qui n’a plus rien à perdre. Uti Musaga ntishobora gutsinda? Kamenge ya Savimbi na Adolphe yari yatanguye gute? Il faut faire attention, l’histoire se répète souvent.

      • We bwenge buke Mandevu, Nkurunziza niyaturira Musaga, nawe nyene azoca aturirwa. Mbega muzoguma murota gushika ryari ? Abatutsi nabo naho ari bake ntimuzobamara. Uburorero urabuzi. Ahubwo abafise ivyiyumviro nk’ivyo vyawe bashobora kubatanga kugenda. Kenshi usanga arimwe muri murabo baguma bagerageza ngo muriko murondera kumara ubwoko. Ndakurahiye ivyo ntibizoshika.
        Muzoja muratwara umutindi, nawe nyene ajana n’abanyu.

    • Mandevu, wewe uri mu kinjana carenze. Uraciyumvira kwica, urusabira mu kaso rugatwara nyoko. Ejo hari naho hazogenda uwiwawe mukibanza cabandi. Heba kwicana ntaco bimaze kandi nta na hamwe bishikana umuntu

    • Mbe burya muri 1972 abatutsi nibo bari benshi kuruta abahutu?

  8. La mort du general Adolphe Nshimirimana a l’air d’une affaire très louche… Règlement de compte? Désaccords? Il y a lieu de préssentir qu’un cercle très restreint des hauts placés du regime (branche armée) détient toute la vérité sur ce qui s’est réellement passé! On le saura un jour…Imana ikingire les innocents de tous les quartiers visés par les Imbonerakure-FDLR appuyés par ceux qui les ont créé…

  9. On y croirait si la justice Burundis était indépendante! mwarabwishe ubutungane, n’ababurimwo barabizi basangira n’abarundi bakanabana mu ma quartiers baravugana ingene ubutungane bukora! Hataje abandi indépendants, ntanakimwe muzovuga ngo cemegwe! corrompu, une justice commandée par la Documentation et les mafias de NKURUNZIZA§§§§§.

    Urumva procureur arazi informatique cane guca ashira en gras « Ngagara » na « Musaga »; ubwo bwenge yabukuyehe! Ayo ma quartiers ntabansi bariyo!!!!

    Mbega iyo ndwi baha ubutungane ko batayitanze kuyandi ma crimes! huuuuu n’umwana yoruca! Naje président ampaye i semaine sinobura ukwo ndabigenza kugira anazerwe!

    Mbe Manirumva, mu Gatumba, intwazangabo (polisi) yapfiriye mu Kamenge n ‘abandi ko ata ndwi yatanze!

    Arababaye kuri Adolphe ariko abasoda bahereye Somalie ntanuguhoza igihugu n’imiryango! that’s stupid!

  10. Ces enquêteurs sont vraiment efficaces. Monsieur le procureur de la république devrait leur confier les affaires en stand bye, comme Par exemple Manirumva ou les Soeurs italiennes.

  11. Abo banyamusaga bazogumuka gushika ryari?ko impera n’imperuka bazoshirwa kw’amaboko na police.Harya iki rebelle conyene nico kirwanya leta kuko turya bagira twaradukoze 1994 biranka

  12. Le procureur de la republique qui a choisi de rendre justice aussi rapidement que possible a une seule personne pour des raisons qui lui sont connues, devrait le faire discretement et ne pas faire des declarations officielles. Parce que c’est revoltant pour les burundais en deuil, qui attendent la justice depuis des annees mais en vain. Cela n’honore pas aussi la justice burundaise.

  13. Pourquoi cette rapidite a enqueter sur la mort d’Adolfe seul , alors que izinzi ry’abantu bamaze kwicwa ntihagire igikorwa. Duhereye kuri Ernest Manirumva, Abanyamurenge, Gatumba, Feluzi, les 3 soeurs italiennes, les FNL batowe dans les sachets batawe mu ruzi, abariko banyuruzwa bicwa bunyamaswa n’abandi n’abandi. Ubutegetsi ntibusiba gushinyagurira abanyagihugu. None uyu munsi abantu bagandaye, harimwo n’abahekuwe na Adolfe nyene bariko bibaza iki bumvise ubwira ubutungane buriko burakoresha k’umuntu umwe gusa ? Ikindi n’uko ubwo bwira bugamije guhamvya abantu biyamirije 3eme mandat. Ariko ubutegetsi bumenye ko iyo nyifato yo gusumbanya abarundi ari inzira ijana mu cobo ataco izofasha abarundi. Ukubura kurasa, ubutungane bukenewe na bose.

  14. Nagomba mbwire abo basore bo ku musaga bagume bahagaze neza,birashoboka ko ari umugambi batoye wugukuramwo .kamwekamwe.mugume mufatanye munda ntihagire umuntu numwe babatwarana mubona .kumwe bama batwara umuntu ntasubire kugaruka.murazi yuko ku musaga nkurumbi ahanka urunuka.mwimenye nanje ndazi yuko mutari abana.ariko iyo modoka ndazi yuko atayo muzi.

    • Uvuze ukuri . Musaga bariko bagerageza kubakorera inteba ishushe kugira babakuremwo bakeyi. Ariko baramaze kubimenya, nibahaguruke birarire uko bashoboye, uwutambana na mukeba ntavuna urugohe. Bariko bahorwa kuba baragwanije 3 eme mandat illegal, birazwi kw’ivya Adolfe atavyo bazi. Ntimusinzire umukondorazosi ngo babatsinde mu bana. Urupfu ruraho inyuma y’imiryango yanyu. Nizindi quartiers zose nka Nyakabiga Jabe, Ngagara, Mutakura, na za Buterere, Cibitoke, bazogerageza uburyo bwose baje barabakura mwo bakeyi, n’ubu babamaze. Izo mbonerakure zibatera inguvu zabo n’iyo police ya Nkurunziza nta nguvu babarusha, niyo police nyene vyaragaragaye muri manifestations ko ata buhinga bwo kurwana bize. Brutalite n’iyo ibaranga. Nimwavyifata mwo neza bazotwara umwe aho gutwara 5 rimwe canke babure n’umwe. Imana ibane namwe.

    • Uvuze ukuri ncuti yanje.nibabe magabo kuko umwasi wa quartier anti nkurunziza baragavye.

    • iryo tohoza ryoryo riranyarutse mbe iryabarundi bishwe na leta ryo justice irigejeje he ko yigenga

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :