Communiqué des FCD suite à la mort du Colonel BIKOMAGU Jean

Communiqué suite à l’assassinat de l’ancien chef d’état major burundais le colonel Jean Bikomagu

NON A LA GUERRE ETHNIQUE

(Service communication et presse /
État Major des Forces coalisées pour la Démocratie)

2015-08-15_21.22.02L’État Major des Forces coalisées pour la Démocratie condamne énergétiquement les assassinats à caractère ethnique qui sont en cours au Burundi. En effet, dans un espace de moins d’un mois, deux officiers de haut calibre, tous ex-chefs d’État major (EMG) au Burundi, les officiers Adolphe NSHIMIRIMANA et Jean BIKOMAGU, viennent d’être assassinés par le même commanditaire, le gouvernement dictatorial et sanguinaire de Pièrre NKURUNZIZA.

Le but de l’assassinat de ces figures militaires qui ont incarné les deux fractions armées en conflit (Abomwishamba et Abakomagu) durant la guerre civile est de raviver la haine ethnique et d’inciter les burundais et plus particulièrement les Forces de l’ordre (FDNAC, PNB) à se scinder en deux groupes ethniques opposés.

En outre, les commanditaires de ces deux meurtres qui ne sont autres que NKURUNZIZA et sa clique d’assassins (dont le cerveau est  Willy NYIMITWE) n’hésitent pas à propager des propos mensongers et divisionnistes, pour accuser faussement le Rwanda de vouloir attaquer le Burundi alors qu’il s’agit du contraire; le CNDD-FDD ayant crée et armé une milice composée des IMBONERAKURE et des INTERAHAMWE dans le but de raviver un conflit ethnico-régional au profit de la dictature.

Les Forces coalisées pour la Démocratie porte à la connaissance de l’opinion nationale et internationale qu’elles s’opposent contre toutes divisions ethniques et/ou régionales propagées par le régime sanguinaire de Nkurunziza et invitent tous les burundais à lutter ensemble pour déraciner ce fléau qui, en l’espace d’une décennie, a endeuillé le pays plus de trois fois (65, 88, 72, 93, etc.).

Loin de nous diviser, l’assassinat de l’ex-chef d’état major Jean Bikomagu comme celui d’Adolphe Nshimirimana, doit renforcer l’esprit d’unité de tous les « Abarundi » quand à la détermination à combattre par tous les moyens l’Ethnisme et le Régionalisme.

De ce fait, les Forces coalisées pour la Démocratie déclarent qu’ils s’alignent derrière le Leadership du Général Godefroid NIYOMBARE pour combattre et éradiquer définitivement le régime dictatorial de Nkurunziza.

Nous appelons la population burundaise et spécialement les Forces de l’ordre du Burundi à se retenir et à ne pas céder face à ces actes d’assassinats commandités par Nkurunziza pour diviser les burundais. Nous rappelons aussi que le dictateur Nkurunziza et sa clique de bandits ne seront plus dans la légitimité de gouverner le Burundi à partir de ce 26 Août 2015 et qu’à partir de cette date le pays sera dirigé par l’opposition politique CNARED sous le soutien de toutes les Forces révolutionnaires y compris la majorité des forces armées et policières burundaises.

Les Forces coalisées profitent de cette occasion pour envoyer les très vives condoléances aux Familles approuvées.

Fait à Nyanza-lac, le 15 aout 2015

Pour les Forces coalisées

Gén. Didier NYAMBARIZA

N.B.: Nous rappellons que les Forces coalisées ne sont ni un Parti politique ni une Force armée destinée à remplacer les Forces de l’ordre du Burundi (FDNAC, PNB). En effet, les Forces coalisées constituent une coalition des branches armées dont les membres sont des combattants issus des ex-Forces armées (FDD, FNL et FAB) sans aucune ambition politique et qui ont quitté temporairement le gouvernement (FDNAC, FDN) pour entammer une lutte armée contre le régime dictatorial de Nkurunziza. Pour cela, les Forces coalisées reconnaissent l’existence légale des Forces de l’ordre du Burundi puisqu’elles ont été le resultat des Accords d’Arusha.

L’objectif principal de ce Mouvement Armé est d’utiliser la lutte armée pour combattre la milice de Nkurunziza (composée des éléments IMBONERAKURE et INTERAHAMWE) soutenue par une petite clique d’officiers FDNAC/PNB, et de permettre à l’opposition burundaise réunie actuellement au sein du CNARED de restaurer la vraie démocratie au Burundi. Ceci dit, les Forces coalisées ne sont pas une branche armée du CNARED mais sont un Mouvement armé indépendant à part entière qui s’alligne, comme tous les citoyens burundais, à proteger la Constitution du Burundi et les Accords d’Arusha. En s’allignant à la vision politique du CNARED dirigé par l’honorable Léonard NYANGOMA, le Mouvement armé des Forces coalisées soutient donc tous les vrais partis politiques du Burundi qui obéïssent la Constitution du Burundi et les Accords d’Arusha, et qui sont par consequent contre le troisième mandat illégal de Nkurunziza.

Enfin, après la victoire finale contre le régime dictatorial de Nkurunziza, les combattants des Forces coalisées seront soit réïntégrés aux Forces de l’ordre (FDNAC, PNB) soit démobilisés selon un processus professionnel.

Publié le 15 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 10 Commentaires.

  1. umuriro urawugurura ariko ntubuzi ko uwuzimy vyoroshe.

  2. Africa Stand Up!!

    Jewe mfise utubazo twinshi.Ku mpera y’iryo tangazo,Didier Nyambariza yandika k’ari i Nyanza-Lac.Nih’ari vy’ukuri,canke n’imvugo yo gusamaza?Hanyuma Adelin nawe wavuze k’ur’umusoda,ivyo wabivuze nk’icipfuzo,canke n’ivyo muvugana na bagenzawe,ko mbona umenga abasoda benshi baracayoboka Peter?Je nza narataye icizere kabisa,kuko kuva aho twumviye ngo hari abagiye kuza gutabar’abanyagihugu baruhijwe amaso agahera mu nzira!NIYOMBARE ndamushimira kuko yarakoze ico ashoboye naho baciye bamuhemukira!Harageze ko duhagarika amajambo atubaka,tukaja mu bikorwa,kuko iyo tuvuga hama ntidushire mu ngiro,duh’inguvu umwansi wacu,uyo nawe s’uwundi,ni NKURUNZIZA hamwe n’abasavyi biwe!Nibaze ko le 26 nkoko ariyo ngoma,ntibazosubire kutudeceva!!

    • mbe wewe africa uri umu civil ko mbona udahura nakimwe mu bivugwa.
      None ugomba Nyambariza akwishure akubwire aho ari? Canke ukeneye kumenya ko ivyo avuga arivyo? Muri make je ndi mugisilikale kandi narabaye no mw ishamba. Iyo umuntu a signer ngo ari ahantu, ntaco bitwaye kumenya aho hari kañdi kiranazira ko uhamenya, igikuru ni message kandi abazi kwumva barumvise!
      Message ya mbere nukugwa mu mitego ya nkurunziza na nyamitwe bagomba kugarukana amoko. Kabiri ni message clair ko abagwanyi baja hamwe kandi ntibivange muri politique. Iya gatatu niyukw informa les opinions cane cane mu gisoda ko bitegura. Mbonere nakaryo ko kwishura Mumubone nti ntanakimwe c echoué d’avance, au contraire ni co bita « accuser reception » …hanyuma abo bari impatient, munyarutse ivyanyu canke muceceke…intambara mwibaza ngo ni za filme zo mu ma televisiyo…intambara irategurwa…isaba ibikoresho arivyo twita « logistique » , iba rero integuro ziheze. Ahubwo iyo mubaza muti mwoterera iki niho mwokwumvikana…nayo kubaza ngo nyambariza ari nyanza..mbe yoba ari congo canke america ugomba abikubwirire aha. Iyo handitwe itegeko « decret » riba signer na peresida bandikango « fait à bujumbura’ kuko ibiro vy umukuru w igihugu biri i bujumbura, ataruko peresida ari i bujumbura…hari naho abi signira i gitega canke ahandi ariko haguma handitse « fait à bujumbura »…yaco rero musamaza abantu.
      Mbe ko wasize amashurwe Niyombare urazi iyari? Ntibinakenewe…twe twamaze kubona relation entre nyambariza et niyombare dusomye nkabagomba gutahura.
      Akajambo gato kuri Rosa…murabwira CNARED na SOCIETE CIVILE baje muri ONU nivyo bajejwe…nayo abapfa ntibapfuye ubu no guhera 2010 barapfuye kandi bagipfa. Jeho nivuze ko ndumusilikale, sinzi ko Rosa uri muri pôlitique canke société civile? Kora neza ivyanyu…natwe turiko dukora neza ivyacu.
      Bref, instinzi ni cash ariko ku mwanya wavyo.

  3. Usangwa mutashobora kutabara Igihugu aho Nkurunziza asigaye arungika polisi mu mihana kufata abantu bakababoha bagaterera mu ma kamyo bakabahora ko Novuga ko ataco muriko murafasha kurindira ko amara abantu nobagereranya natwe tuvugira aho
    twicaye ataco tushoboye kugira tukize Abarundi
    Mwebwe mukigira declaration ya mbere twagira turakize ntitwari tuzi ko muzokwemera ko haba amatora Ubu ngo murindiriye le 26 / 08 / 2015 ko ariko yica abantu mubona ico gihe
    muzoba mujekuja mu nzego abagwanije ikiringo ca 3 aribo muzoba mukesha iyo ntsinzi baraheze
    mpeza mvuga nti ivyo bibanza muzoba muronse ntateka muzoba mufise kuko ataco muzoba mwafashije abatumye mubironka
    Reka ndabahe Proposition Kugira tutabare Abarundi Nimurabe ko hagira abantu bari muri Amerika Canada na Europe bagenda kwicara imbere ya Onu musabe ko barungika vyihuta abajaku tabara abarundi bariko bicwa na Nkurunziza
    Mwitwaze cane cane ko mukwica ariko akoresha amafranka ahabwa Onu kubera Abarundi bagiye kufasha muri Mali Centre Afrique na Sommali
    Ikindi nukwo aho turi twosubira vyihuta maniffestation yo kwirukana ababandi abicanyi barongowe na petero Nkurunziza

  4. None kumenga muzosanga bamaze abantu. Za Matana, Mugamba, SNR yamaze les jeunes. Ivyo vyose nukugira bategure irahira rya Nkurunziza. Tabara uwro wraruka ruriko
    ruzira 3eme mandat illegal

  5. Bikomagu ahejeje kuronka justice y’Imana kuko yitavye Imana, hanyuma Adelin ibintu nkivyo ntuza kubiyagira kuri reseau social iyo plan ibiri a moitié echouer.

  6. Congratulations mes respects.
    Nagira nunganire mvuga nti iyo ni step yo gusigura et gu prepara les opinions…rero urugalba rwose rurafise igihe co gusigura imbere yo gushira ibintu mu ngiro.
    Jewe rero nyalbariza turazinanye, twarakoranye mw’ishamba rya rukoko igihe ca ya mirwi ntavuze izina.
    Uraguma rero uko wamye, ntiwemere amacakubiri ayariyo yose…ahubwo b’uturwi mudufute guhera iyo muri, urazi ko duhera mw’ishamba, …wibuke igihe nagukiza bagira bakwice ngo uva i bururi, ndakwinginze ivy’intara my birwanye mukiri hiyo, kuko urabona ukungene igisilikale n igipolisi bipfuye kubera uturwi…vya bijama vyose (MM1, DU, eka na ba Lima bose) barabiguze ntihagire uwuguhenda…abo lu cibitoke bafatanye nab i kayanza na ngozi baca bakina ikarata y ubwoko ngo barashitse, wabonye na rwasa ko yabigiyemwo…ariko haracariho abumutima. Gusa munyarutse ahandiho muzosanga twahonye.
    Ni jewe chef Komporo, ex-bn Lion
    Ukomere chef dunia..

  7. Jewe ndi umusilikale muri FDNAC (Officier) nkaba ntakoresheje izina ryanze. Nagira nanje mvuge nti ivyo ba nyambariza n’abandi muriko murapanga nivyiza…ariko mwadutebeje kuburyo dufise amakenga ko muzobishikako…ariko nkuwuzi igisilikale ndazi ko gu planifia bifata igihe…gusa turasavye ko le 26 petero atorahira, ivyarivyo vyose, mugire ibishobotse mu korane na CNARED küko. somye neza mbona ko mubemera ariko mutari en liaison… niko nibaza nimba ntihenze..kugira mugire strategie d’attaque conjointe politico-militaire. Kuvyerekeye ingabo z’igihugu ntiwihenze, la majorité turab ashigikiye ariko tuboheye amaboko imugongo (mwebwe mwobitahura kuko mwarabaye mu nzego)…gusa muje aho twonyeguruka tugafasha.
    Nayo turabazi mwese, yaba ba mes respects Niyombare, Habarugira, Nyambariza n’abandi turazi imitima yanyu, mukomeze uko mwamye…ntagisivya instinzi ni cash.
    Iyo message nayo yo kudacanamwo, twari dusanzwe tuyizi mu gisilikale (sinzi ivyigi polisi neza naho nzimwo abashingantahe n’abagabo b’ijambo)…ntibazo tu divisa rero kuko turazi ubwenge..intambara y’amoko twarayisezeye. Dusigaje intambara y’uturwi kandi nayo turayirangiza vuba.
    Imana i azigame n’abanyu.

  8. Ndadaye a ete tue en 1993.bikomagu etait dans le pays. En 2005 cnddfdd au pouvoir pendant 10 ans. Bikomsgu etait la. Alors si bikomagu a tue ndadaye pourquoi la justifce burundaise na pas pu mettre sur le bas de la justice pour qu;il soit juge si le fait tombe sur lui. De toutes les facon,bikomagu etait jusqu;aujourd;hui non coupable de se qu;on l;accusait.tot,la bonne justice indepandante sera en plsce et jugera les auteurs de ce crimes ignobles,que ca soit sur la mort de dolufu ou de vyinshibikomsgu.en tout,je doute fort que ces deux figures a cote de bikomago peuvent s;associer pour eliminer notre cher bikomagu. Gustave ntiyobura kuba arimwo,kuko arazi yuko mumisi ubutingane buzojajo akahorizwa vyinshi

  9. Rose Hakizimana

    None ko mbona abantu bicwa bakanyuruzwa abandi bagapfungwa ko atanakimwe muriko murafasha muzosokoroka arukwo Nkurunziza yamaze abantu muzoba muje kukiza iki
    Aho ntimwokwiyumvira ico umusirikare amarira Igihugu mu gihe catewe Erega Uburundi
    bwaratewe Kuko UMWANSI sabavuye hanze gusa Bwaratewe nuwo bwavyaye Iyo umuvyeyi yavyaye umwana ari gito w inkozi y ikibi YARAMUCA canke AKAMUVUMA
    Ivyo relo nobigereranya na Nkurunziza yahemukiye abarundi

    Nca mbona ko Abarundi bamuvuma mugabo kumuvuma ntibikwiye kuko ubu tuvuga ko
    yateye Uburundi ubu ico twokora nuguhagurukira rimwe tukamugwanya Abamwonkeje bakavuma IBERE yonse
    Nico gituma nsavye Abasirikare kutabara Abarundi batewe nikikoko kiryana Nyambariza relo namenye ko tutagikeneye amajambo Ko ubu tukeneye ibikogwa Nimwahaguruka Abarundi bazoca bahauruka kuko mwarabonye ko babuze ababafasha aho baja mw ibarabara iyo mubakingira abantu ntibari kwicwa
    Nkurunziza ntiba akinda agaramye nkuku ariko arabigira Nimuve mu kinyegero muje hamwe n abarundi b umutima twirukane ico kikoko catwinjiranye Ntimurindire ko amara inganda Erega izo mbonera kure nabo bapolisi ntibabarusha ubwenge canke inguvu

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :