Les membres des forces de défenses ne recevront pas leurs soldes à la fin du mois

https://i1.wp.com/cdn.i24news.tv/upload/cache/medium_image/upload/image/afp-9084a59af984a57a7f72e987de8c1ea9014983b6.jpgDepuis le début de la crise burundaise, l’économie du pays est au stand by. L’OBR perd entre 16 et 10 milliards de francs burundais par mois et cela depuis que le chef de l’oligarchie burundaise a décidé de briguer son troisième mandat illégal.

La première conséquence au niveau social c’est le manque de salaires. Dans le privé le pire s’est déjà installé. Dans le public, le gouvernement essaye tant bien que mal de payer certains fonctionnaires.

A la police, le mois passé, c’est une partie de ce corps qui a reçu sa solde. Les policiers issus de la rébellion FDD sont les seuls à avoir eu un semblant de salaire.

De source de la direction de la police nationale, nous apprenons que les policiers ne recevront pas de salaires à la fin de ce mois d’aout 2015. Même son de cloche à l’armée nationale. Par ailleurs, une information passe de bouche à oreille entre les membres des corps de défenses issus de la rébellion CNDD-FDD qu’ils ne seront pas inquiété. C’est une stratégie pour mettre la pression sur les anciens ex-FAB.

Déjà que le corps de défense et de sécurité est déjà scindé en deux par des extrémistes hutu du CNDD-FDD conseillé par les INTERAHAMWE, s’ajoute encore la dilapidation des salaires des militaires en mission à l’étranger. Ces derniers n’ont pas reçu de salaire depuis bientôt neuf mois.

L’article XV de feu MOBUTU Sese Seko du Zaïre s’installe progressivement dans le pays. Reste à savoir si les militaires et les policiers pourront résister à cette injustice à cause de l’égoïsme d’une clique qui veut se maintenir au pouvoir pour piller éternellement les biens du peuple burundais.

SHAKISHA Théopiste

Publié le 15 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 14 Commentaires.

  1. Mureke inzara ibahotore tuze turabe ico bazoheba bakavamwo

  2. Reka baberke baheze bagarure ubwenge Bamaze amezi 4 umengo barataye ubwenge
    Nkurumbi asasika inganda barorera umengo ntibakimenya icabajanye ko ari UKUTABARA
    Igihugu iyo gitewe Nukuvuga ko Abasirikare batashobora kuba Basindabibazwa mu bisanzwe bategerezwa kuba mu kibanza cambere mu gutabara iyo Igihugu gitewe nabo hanze canke abari mu Gihugu
    Uburundi bwaratewe nuwo bwavyaye yahindutse Igikoko kiryana Abasoda lero nibagwanye ico Gikoko kiriko kirya abarundi Cahereye ku Rwaruka none gishitse ku Bavyeyi
    Ndakebuye relo benewacu ntibarondere amafranka atagira amahoro Nibarondere Amahoro azana amafranka

  3. Iyo nkuru irandyoheye cane, aba EX-fab ubwenge bwaricuritse kubera ama faranga yomuma mission, nukubera bamwe bamwe babaha udufaranga bakabaja inyuma. Nkurunziza ndagusavye ubime aamahera niho bopanga umugambi mwiza wokugukura . Buriya aba CNDD-FDD ntimugirubwoba babaha amahera babima ntibashigikiye peter namba. bakeneye ko muja hamwe mukavyumvikanirako mukamukura, hagarika ikibazo cubwoko ntagihari muburundi abantu bari inyuma ya peter nabantu yahaye ama poste meza batize, hamwe na , ndakugarika, kazungu, ayubu, gihahe ntibashika cumi. Ariko ntwazangabo ntimubona ko Umwansi w’igihugu arumwe: nkurunziza gusa, abasigaye nibikoresho, tegura plan yo kumwe elimina kuburyo le 26 aout atabararana, ndabasubiriyemwo Ex-FAb et Ex- CNDD-FDD, mwese muvymva kimwe reka gutinyana Nkurunziza si Ndadaye bidasigura ko ndandaye yarakomeye cane ahubwo yazizubusa nico cababaje abantu kubona umuntu arenganwa nayo nkurumbi, ntabantu 30 afise bomuphira bomugwanira, reka ubwoba , mutamukuyeho azobakuraho ivyo vya EX kwa nivyo kubatandukanya mbese naho bobahemba bonye Ex Fdd bamwanka kubarusha ikibi ciwe barakizi , barundi barundikazi ntabansi 10 buburundi bahari ni nkurunziza nakagwi kabantu cumi. Mukorewmo muzoba mutabaye uburundi mutabikoze hahaha, azobicca abamare, mubure ubwenge mubure nubwo mukwaha

  4. Bazoyatora aho ari none ntibafise inkoho? Mwiririre n’abana banyu!

  5. ~Time will tell~

  6. sabira ikigongwe igihugu canyu Imana, kuva kera n’ imbere yuko Nkurunziza afata ubutegetsi carononwe na bagitegeka ico gihe ni umuvumo w’Imana ukibandanya n’ubu.
    Nta numwe ariko aratsinda muri ibi.

    • Sasha

      Ivyo bintu n’ivyo mwama mushira imbere ngo n’abimbere ya Nkurunziza barononye. None igihe yafata ubutegetsi iyabwira abarundi kwaje gukora nk’intwaro zari zihari, na CNDD ntibari kumutora. Iyumvire igihe un president uwari wese azoza avua ngo na bandi barivye, n’abandi barishe, ndiko ngira nk’abandi. uwzokurikira Nkurunziza niyaza avuga ngo na Peter yagira uku, abanyagiguhugu ubu nta n’umwaka bazomuha. Ibintu birahinduka, abanyagihugu baratera imbere ntawe bazosubira kwihanganira imyaka myinshi ataco ariko arabamarira. Il faut ko habonka un president akunda abanyagihugu, n’igihugu, adureza imbere nk’ibindi bihugu, ivyarivuo vyose si Nkurunziza. Ntavyo ashoboye.

  7. Imana ikora ibintu bukebuke itakuvugisha.irakureka ukigira utwo wishakiye,igataba ikaguhushura. Ca c;est le depart.mwibaza ko nkurumbi umwaka azowutwara? Ntimwirirwe muja kwiyanduza,murareka abo ba dd nyene bamenyereyebamenyereye kunywa amaraso yabarundi nibo bazomwikubitira urwo mugutwi.ugira bazokwemera ko bicwa ninzara babona abatubureye imikanda? Wait and see soon man

  8. Reka aba ex-fab nkurunziza abagaraguze agati kuko harigihe imana ariyo yamuhaye ubwo bubasha,mugabo ntiyibagigwe ko azokwitwa ex-president.Nation of lord god,only i urge you to be in high endurance,for god is ready to bring a great salvation upon you.This propheties shalln’t delay nor be abscent.peace shall come not passing where you desire,but where you don’t now till now.brothers,sisters,mother and father,be blessed.

  9. Aha samandari arafashwe!namba iyi nkuru ariyo,kagara amenye kwinda y uwundi ikoma induru ntiwumva. Nubugiriki,ubumenyi na democratie vyatanguriye iwabo,kubera ubukene,buriyorosha kugira amakungu abuhe amafaranga bubesheho abanyagihugu bugarijwe n ubukene,tubasumvya ubugabo?

  10. Nimwirinde gucanishamwo inzego kuko hamwe zosubiranamwo ndazi ko twese bitotworohera.

  11. Dites-moi, la présence des interahamwe au Burundi est-elle authentique?

    • Vous venez de Jupiter ou quoi? Quelle authentification voulez-vous? Notariale? Il y a des questions qu’il ne faut pas poser pour ne pas pincer au coeur des gens. Les manifestants tués à bout portant l’ont été à cause de ces tristement célèbres!

  12. ko bigoranye ubu mu misi iza rizoba ibara!abafasha uburundi ni bace inkoni izamba ahandi ubusuma buza kwaduka mu gihugu ni hatagira igikozw

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :