L’Honorable RADJABU Hussein s’exprime sur la nomination du plus minables des cadres du CNDD-FDD à la tête du SENAT

MBEGA NKEZE UMUKENGUZAMATEKA NDIKURIYO REVERIEN YATOWE KURI UYU WA 14 /8 / 2015 KURONGORA INAMA NKENGUZAMATEKA CANKE ?

+009Bagenzi ,muntahure ! Ndikuriyo REVERIEN nahatswe kumukeza kw’iteka yatewe ryo kurongora inama NKENGUZAMATEKA nca ndigarura. Muti kuki ? Vyari bikwiye ko ndamukeza kuko ari mu bo twagendanye ku rugamba atakabi n’akabibi ndamuzi ko. Uretse ivyo nk’umukunzi w’inkino nawe nyene akaba atwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru FFB niyunvise mwo agatima ko gushaka kumukeza ariko vyanyankiye. Muti kuki ? Nigaruye kuko nibutse yuko iyo nama NKENGUZAMATEKA yagiye ho havyonzwe amasezerano ya ARUSHA n’ibwirizwa shingiro mu nkinamico y’amatora yubakiye ku kiringo ca gatatu ca PETERO NKURUNZIZA kimaze gusesa amaraso atari make y’abarundi harimwo n’ayincuti yacu ADOLPHE NSHIMIRIMANA mubona kuri iyo sanamu.

Ku bijanye n’ubwishime bw ‘Imana yo ifata ingingo ishatse ku mwanya ishatse, yo yatwambuye LT GENERAL ADOLPHE NSHIMIRIMANA nibutse ko Ndikuriyo REVERIEN ko aherutse gushikiriza iciyunviro ko stade y’umupira y’i Makamba yogira ubwugamo bwitirirwa Adolphe Nshimirimana n’ubundi bwitirirwa GENERAL Major Ngurube Melchiade (Umwe mu ntwari twagendanye yaguye ku rugamba ) ngo bitumwe n’ibikorwa vyiza bakoze.

Nguku uko ndabibona kandi n’uburenganzira bwanje nkaba nsaba ndetse ko babandi banyihanganira !

Kwitirira Adolphe Nshimirimana ubwo bwugamo ku vy’uko yakoreye uburundi ivyiza vyinshi Kwoba ari ukumucurira kuko n’aho jewe vyoshika nkabitahura abarundi benshi n’abanyamahanga ntibobitahura .Ndasavye ntihagire uwumbaza igituma kuko ahanje mwunvise ko vyoshika nkatahura. Ariko ! !!!!! HAMWE ubwo bwugamo yobwitirirwa kuko yakunda inkino akaba ndetse yarigeze kurongora umurwi w’umupira MUZINGA, n’ukuri Yaba jewe n’abo bandi twobitahura kumwe.

Nayo ku bijanye n’ubundi bwugamo bwokwitirirwa NGURUBE Melchiade n’ukuri UMUKENGUZAMATEKA REVERIEN ashatse yovyihoza ariko abwire PETERO NKURUNZIZA ko umugambwe CNDD-FDD washize mu mategeko yawo ingene uzokwibuka iyo ntwari mu mugambwe akaba yaravyirengagije. N’aho Stade ishobora kuba iyumuntu ,ishirahamwe canke umugambwe vyoba vyiza ko abatari mwo bubahirizwa .Stade iba iya bose n’aho ba shirika bibagora gutahura.

NKUNDIRE MPERAHEZE MPOZA ABAKUNZI B’UMUPIRA W’AMAGURU MU BURUNDI KU BIJANYE N’UWO UMWE MURI TWEBWE IMANA YADUKUYE MWO. YARAKOZE IVYIZA NK’UKO NDIKURIYO REVERIEN ABIVUGA IMANA IZOBIMUHEMBERE , YARAKOZE IBIBI NAHO ………
KURI IVYO YAFASHIJE MU VY’UMUPIRA UMUGWI INTAMBA NGIRA NTUZOMWIBAGIRA EKA NDETSE NA VITAL’O . VITAL’O YARI AHERUTSE KUBAKEZA KU NTSINZI YABO KURI INTERSTAR MU KUBAHA IMIRIYONI 5 NO KUBAHA IBIKANYE N’IBISHUSHE BONGERA BAKETA MU KABARE K’IWABO W’ABANTU.
NKUMBURE INTERSTAR IYO BATSINDA YARI KUBAFATA NEZA UKO NYENE.

ABAKUNZI B’INKINO NTITUZOMWIBAGIRA

Honorable Hussein Radjabu

Publié le 15 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 6 Commentaires.

  1. Abantu bariko bashira ivyizigiro kumuntu ashigikiye adolphe, numva umengo boronderera ahandi, Honorable: – kwica birababaje ariko uburyo yicamwo abantu bamwe mu ma sachet, abanti kubakorera vyamfurambi bitarabaho kwisi, vyukuri urya mu general yarinze anukira nkurunziza niwe ww ushigiye iyo utuma uvyigumizamwo, nagire nkebure abahutu bamwebamwe amacakubiri yabugaye amaso bakaba hatargeraho batandukanya abantu namadayimoni ugurura amatwi ndabakuruguture » satani yaje : Kwica, kwiba, nogusambura » iyo shetani ngira ndayikubwire iyo ariyo: nkurunziza yiba ubutunzi bwigihugu nubwabanyagihugu, yica igihugu nabanyagihugu, asambura imigambwe , ama shirahamwe, abahutu nabatutsi. muri nkurunziza niha satani yibera, urya ni lusifer en personnes hama ba ndakugarika, adophes, willy nyamitwe, kazungu nibo bashira mungiro imigambi ya satani ariwe nkurumbi barya rero muyindi monde bitwa ama dayimoni. nkurumbi ameze nkasatani iboshe kubera ari president niko kubohwa kwiwe ibintu vyose abituma amadayimone ariyo zirya ntumwa ziza kwiba , kwica gusambura ibintu vyubastwe depuis des decenis. SO les hutus ugurura amaso kuko nkurunziza ariko akora ibintu ashaka ko mubisangira aranabagaya aziko ariwe muhutu azubwenge kuko azi ubwo kwica, kwiba gusambura, arabubarusha, nico gituma atumva umuhutu yomuterana intambwe nimwe, aca agarura amacakubiri abafis eimitima ihuha bagaca bamushigikira. Cubwenge bahutu bakunze kubita ibijuju Nkurunziza we aje abagaya, aziko ariwe akomeye, kubera ikibi namwe mugaca muja inyuma yiwe? niwe muhutu wenyene ahari muburundi mukubereka ko hagize ico mushikako aba ari abatutsi babahenze? nivyo abakangisha kugira intwaro yiwe yubujuju nubujura isasagare, kemyera mumwikureko abahutu bubwenge baruzuye, ubwenge sugukora amaraso, nugukora ukushoboye kugira bantu ubateze imbere!!!

  2. None iyo foto tubona, ni iya dorufu umubisha ? Canke ni iya reveriyano nyene, le plus minable des minables dd ? Na jewe simbona le lien entre le tire et le contenu de l’article

  3. Bizarre!
    Le titre ne reflète pas le contenu de l’article et l’article ne reflète pas non plus la figure historique de son auteur.
    Hitler a fait tant de bonnes choses en Allemagne, mais on se souvient toujours de lui pour ses crimes.
    Pourquoi alors ne pas penser à construire d’abord un monument de l’autre Adolphe, son frère, son idole, HITLER pour se souvenir de ses bonnes réalisations?
    Vous pouvez le construire à Iwabo w’ibikoko ou Iwabo w’Abasigaye Munyuma Bakagenda, canke kuri permanence.
    Et puis penser à l’autre Adolphe après?
    Je suis tout de meme surpris par ce manque de maturité politique de cet homme qui se dit politique.

  4. Njye mbona ari ntabyo kutana ba mwana byari kubamo,igihambaye ni gushyigikira no gushyimangira un Etat de Droit!

  5. Honorable,tu deviens de plus en plus mystique dans votre plume, apprehender votre esprit à travers vos ecrits que je dirais philosophique devient de plus en plus difficile,il nous faut finalement dame kazoviyo pour les decortiquer voir les decoder.le language gamba »imvugo y ikigamba »(que les gens de là bas m en excuse ,c est juste une expression)que vous utilisez,il n est pas donné à tout le monde de le comprendre,traduisons nous en kirundi facile ce que vous avez voulu dire dans votre article .si non ,tu nous reproduirait le coup de votre fameux duscour « gahanga wishwe n iki? »,n eut été les specialiste du language on y aurait vu que du floue,tu dusais par exemple: » …gahanga wishwe n iki? Nako karinumira,aragafata aragasomagura…nako karinumira…wamugabo abagumyabanga baca baramufata baca baramwica..rpa ntiyaribwabeho,adolphe sihoyarari… ».dans vos écrit,en tenant compte de ce qu il a a été et de ce qui a été dit de lui, on ne voit pas tres bien votre position par rapport au general defunt adolphe, sa personnalité, ses agisement et sa morale. S il vous plait ,eclairez nos lanternes.internautes sur ce forum,ceux qui y ont pigé quelques choses aidez nous.bien à vous

    • Il ne faut pas porter atteinte aux gens de Mugamba en comparant leur langage aux mauvaises articulations. Qu’est-ce qui vous surprend? Le désespoir conduit à porter son espoir à tous ceux qui sont supposés pouvoir faire peur au pouvoir actuel. Tout comme on ne devient pas saint du jour au lendemain, on ne devient pas érudit du jour au lendemain. Radjabu de 2015 est celui de 2005-2007. Désillusionnez-vous!

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :