Assassinat du général Adolphe Nshimirimana, le suspect livre les noms des commanditaires dans le camp de Nkurunziza

DorofuLe sous-officier que l’on surnomme « Komera »-nom d’emprunt pour la protection de sa famille-, qui a tiré la roquette sur le véhicule, et tué le général Adolphe Nshimirimana, a livré les noms des hauts dignitaires qui ont commandité l’assassinat du numéro 2 du régime, assassiné le 2 août dernier, dans un attentat à Kamenge.

En cavale depuis bientôt une semaine, après avoir échappé à une tentative d’assassinat, « Komero », -qui était membre de la garde présidentielle, il y a encore quelques semaines-, qui a réussi à s’enfuir, s’est exprimé sur les ondes de radio Bujumbura internationale. Pour lui, après le forfait, son équipe et lui ont été mis en lieu sûr, le soir de la mort du général Adolphe Nshimirimana.

Ils ont été gardés dans le domicile du général Ndakugarika, où ils ont reçu les visites de Nyamitwe Willy, conseiller et porte -parole du président Pierre Nkurunziza, qui est venu les réconforter et leur a promis « une récompense » pour avoir tué le Adolphe Nshimirimana, «Turindiriye yuko Komiseri BUNYONI ayatora kwa nyakubahwa », traduction, on attend que le commissaire BUNYONI, aille prendre l’argent chez son excellence, a martelé « Komero », qui a par ailleurs donné les détails du plan commando pour achever le général Adolphe Nshimirimana.

Deux jours avant sa cavale, « Komero », a avoué qu’un de ses compagnons avait pour mission de l’assassiner. Informé, il a pris la fuite. Car pensait-il, la récompense promise était la mort. Les compagnons du commando, auraient d’ailleurs été assassinés par la garde rapprochée de BUNYONI apprenons-nous de nos contacts à Bujumbura.

« Komera », est attendu dans les capitales occidentales, pour sa protection apprend-on.

Koaci.com, Samedi 15 août 2015

Publié le 16 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 11 Commentaires.

  1. ninihazw gille waguz commentaire nziza ariko haragusovye!!!!! urya nuntu wabonye yambaye chainette si adolphe ndamufise kwifoto, uzorabe indirimbo ivuga, ngo: tembatemba harageze twatwawe nibisiga ntitwabimenya » urya muntu kurirya foto kumunpta wa 3:04 irya fito iciza ndayifis kuva fin avril analyse yawe yari nziza nuko hari akagusovye zirya photo zibiri zose zarungistwe na nyamitwe, ndazifise kera nta Adolphe arimwo , ugurukamaso Adolphe ntarapha, umuhabara wise nubu baravugana!!!

  2. kuvyerekey gutera uburundi l 26, jw nagomba gusaba igisoda kubitegura neza, kandi babitegurire indani ntibagume bizera ba nyambariza ko bazotangura gutera nabo bagaca babihisha inyuma. kimwe nyambariza simwe mwamutumye, ashobora kuba ari kuruhande rwanyu, canke yatumwe nabandi. nashaka mukore plan iru sur. mwiravye mutaravye abo inyuma yigihu, mureke nokuja cane en contact nabo kuko murashobora kugwa mumutego mugasanga ntimurikumwe hama agaca aza araha uwamutumye liste yabo kwica ntavyonzi ariko numube prudent, abo mukorana bari hanze yigihugu babe abo mwirungikiye kuraba vyukuri ko hari ikiriko kirategurwa, nkurunziza amaz iminsi yica abasoda, il veut en finir avec l armee burindaise mwese atabwoko acaguye, kuko yarinz yikora kumbonera kure nuko atamusoda yemera gukora amanyanga kubwiwe, ubu naho yikora kuba FDLR kuko imbonera kure burya turi bamw, nabo baramuvuyeko asigarany aba nyarwanda. kuko nibo amacakubiri yubwoko aracabishe ntibarashika aho tugeze. tegura akantu kumutse ntimucanemwo cible numwe, nkurumbi ba ndakugarika tizobatoza intoke, kuramwo peter kurya adolphe bashats kumukuramwo naho ww ariwe yabiteguy kugira amare aba atteint biwe, harya niwe yabishe ww aracariho ariko kurya babiteguye ntamutwe babarusha, kuramwp nkurunziza le ,25 a 24h, ntanumuntu azorya urwara uwundi twese numwansi wacu ntanumw barikumw ni mbones zatamuvuyejo zashaka money icomubakurako!!!!

  3. Au burundi c`est l`unique pays ou les assassins se livrent et disent ceux qu`ils ont fait…..partout au monde muzontohoreze ikindi gihugu ivyo bintu biri…duhere mugatumba uwitwa nzarabu yemange ko yishe ngo natumwe na adolphe,,mukamenge uko nyene ngo natumwe na nakanaka,Adolphe apfe ngo nije namwishe ntumwe na naka..ivyo ntibibaho ..

  4. nininahazwe gilles

    kugeza ubu unkuru zijany n urupfu rwumuhis adolphe ninyish kand umwe wese akavuga uko avyumva ariko nivyiza yuko iyo dutanze coments dutange izitanga umuco ariko atar ibihuha bifatiye ku rwanko nimigambwe. nagira ndagusabe ww usoma iy cmntr yanje uyikurikirane neza hama niwaheza uze ubibaze umusirikare yoba atuye aho iwanyu. ikibazo ca [1] nibaza n iki, mbega birashoboka yuko imodoka irimwo igitoro iterwa rocket 2 namasasu ntishe????? [2]mbe muburundi iriya modoka yumuhis adolphe niyo yabaye iyambere itewe rocket?????? [3] mbe mwahora mubona iyo imodoka itewe rocket bigenda gute??? [4] mbe vyagenze gute kugirango imodoka HILUX ikubitwe na rocket 2 igume ihagaze ntinagwe????? [5] mbe umuhis adolphe uko mwamubonye kuma photo yatanzwe hari ikiguma canke ubushe mwabunyeko??? haboneka aho yarashwe mumutwe gusa;;;;;;;;; kubijanye nimodoka bivugwa ko adolphe yarasiwemwo n ibinyoma 100/100. aha nkamenyesha ko kubantu bose bakurikirana ubumenyi bwa balistic physic explosion babitahuye ata makenga. AMAKENGA YAJANYE NA EVACUATION UKO YAKOZWE. abarundi benshi mwabaye mu burundi mu bihe bigoye vyintambara mwarumva kenshi yuko abanyagihugu batasiba kwidogera abasirikare yuko batihutira gutabara. aha nashaka kubibusa yuko ivyo bitumwa namategeko yo mugisirikare avuga ko kizira kikaziririzwa kuja kurugmba giturumbuka. arinaco gituma ibihugu vyose kwisi bifise igendereza kugira ntihagire ikintu gishika mugihugu giturumbuka, arinaco gituma nubwo uba utewe utiteguye haba ico bita replie tactiq. utegerezwa kuja murako karere ugiye gutabara witeguye neza kugira ukingire ubwambere [1] abasirikare urongoye woye kubata mumutego wabansi ivyo navyo bigakorwa mukwinjira muri ako karere umwansi arimwo buke buke nubwenge bwinsh muvyagisirikare [gucengetera] kandi ivyo kenshi bikunda kugorana kuko umwansi aba akurindiriye. hama hagakurikira ibindi vyinshi gukingira abanyagihugu ninyugu zigihugu nibind vyinsh tudakeneye kuri iyi kuru kurikira rero ibibazo ngaha. adolphe amaze kugandagurwa mumwanya isase ruseha abaniha yar imaze kuhagera mbere nabajejwe umutekano baciye bahashika buno nyene. 1er Q iriya ruseha abaniha niki catumye umu chaufeur wayo yiyemeza kuja kuri gr d nord atamakenga??????????? 2e Q aba police canke uwariwe wese yagiye gutabara niki camuteye kutagira amakenga akaca agenda direct mumwanya muto sans precaution?????????? ivyo mugisirikare ntibibaho. 3e Q kuri gr d nord haba uruja nuruza rwibihumbi nibihumbagiza vyabantu umwanya wose. mbe mumwanya police itarashika nikuki habuze n numunyagihugu numwe aphotora adolphe ngo tumubone????????? mwese muraz iphoto mwabonye ko arinkey cane kandi zitavuye mubanyagihugu ariko ari izo muri hopital. ico kwibaza mbe vyukur aho iriya modoka yaraswa adolphe yarimwo???????? 4e Q mbe nikuberiki hahishijwe cane muburyo bushoboka bwose kugira ntihagire iphoto nimwe iboneka akiri mukibanza vyaberemwo???????? ntasano bifitaniye ninkuru zivuga ko yafriye aho ntarinze kuvuga ??????? umumenyesha makuru wa RFI harico bikubwiye????????????? IMODOKA ABAMENJA BAKORESHEJE. muraz mwese ko kubiraro vyose bigabura ama qrtie bicunzwe naba police. wihweje neza umwanya abatabara bashikiyeko kur grd nord numwanya muto cane kuburyo abarashe umuhisi adolphe ntaho bari bwagere. ni pont brasserie ni muha ni kanyosha ni large icatumye badatangiriza niki???????? hari na geste mwabonye kur aho hasanzwe hahagarara aba police bahagarika imiduga???????? wait and see time will tell.

  5. ndayongeje christia

    Et pourquoi reprendre ce que vous avez ecrit???complicite du journal avec les actes politiques ou ???

  6. Ce site devrait faire preuve de professionnalisme et de tolérance. Quand un commentaire ne va pas dans le sens de ses poils, il est automatiquement rejeté. J’ai dit que cet article est douteux, repris intégralement après la publication par J.J.Kaburundi de « Le sous officier qui a tiré sur le General Nshimirimana témoigne » et que Mr Ciramunda a démenti avoir interrogé ledit sous-officier. Ce site devrait accepter que l' »auteur » de cet article soit recadré.

  7. So where are the names? Sometimes i got the feeling that this news website is up to something

  8. Bien dit murundikazimwiza, this is a question mark? Bujumbura News izikwegera!!!

  9. Tentative de fausser les investigations. Pourquoi alors on parle d’ une vengeance en tua Bikomagu. Mais pourqoui tous les criminaires font recours a Bujumbura News?

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :