Prestation de serment, deuxième série d’images …

Prestation de serment, deuxième série d’images …

Publié le 20 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 11 Commentaires.

  1. Abarundi dukeneye amahoro gusa.ubuhutu,ubututsi n,ubutwa burutwa no kuba umurundi kuko kugira nabi ntibiva kubwoko.

  2. Vyizigiro Bizima

    Bakundwa banje. Muragabe kuko akanwa kanyu kavuga ibiri mu mutima wanyu. Igihambaye ni ukuronka amahoro tugakora. Uwoje wese kudutwara ico akora ubwa mbere ni ugushira mu mufuko wiwe. Wewe udakoze uzopfa witunye naho hoja uwo wibaza ko ari we rukiza.Ntaco muta amajambo rero kuko azobatwara mwanka gushika mandat ayiheze kandi amakungu hasigaye amezi atatu agatangura kumukeza. Vyama vyabaye ncuti….

  3. wewe uvuze abahutu, bahe amahoro, kuko majorite y’abavyiyamiriza n’abahutu , uravye neza igitigiri c’abahutu bishwe kuri mandat ya peter kiraruta ic’abatutsi. n’akarwi k’abanyoni n’abicanyi kandi karimwo n’abatutsi.Edward Nduwimana amatwi ansumira ngo n’umututsi, muribuka igipolisi ciwe kimaze kunigagura abahutu ba Zebeya i Buzinde ingene yajinyoye : ngo iyo Mana yabo nibasubize bazima. Rero umuhutu arashobora kuba igikoko kubahutu nkuko umututsi ashobora kukiba kubatutsi. amaronko, ukwikunda, ukwanka abarundi , nivyo Peter ahejeje kwerekana. Avyuye ingwano atazotsinda. Ikibabaje n’abazohasiga agatwe.
    Iyo Mana yitwaza izomwereka ivyo yarondereye abarundi. Asigaye ameze nkaba Talibans uwo yishe ngo Imana yamuhanye. kandi Imana ntiramubaza ca kibondo yasogota imbugita kimuhungiyeko ngo agikingire.

  4. NGUVUMALI Panthaléon

    mbega uyo mugabo ahenda abarundi ngo arakunda igihugu, yibaza ko abarundi isinzi bincabwenge batabibona! gushigikirwa n’imbonerakure zirirwa zirica niho abona azeye urukiza.uretse ivyubuhutu n’ubututsi twariko turibagira tugrageza kwiyugna, Petero NKURUNZIZA amenye ko yahemukiye igihugu kandi ntagifise iteka ryo gutwara abarundi muri rusangi. Mbega ko atwarira abiwe gusa azodutwara tutamwiyumvamwo. Ndayicariye nawe nyene amenye ko ari umuhemu kandi Imana izobimubaza.

  5. Rose Hakizimana

    Azoyivugiriza mu ruta kurya yarahiriye mu rutara kuko yashoboye kuyiba aho azoyivugiriza ntazohabura Erega vyose yabihinduye ubwambere yahora arahira ukuboko kw ibubamfu kufashe arya madrappaux ukwiburyo nakwo kufashe Biblia None nabonye ahahora hafata Biblia hafashe icumu iyo bshiraho n inkoho n umupanga akabifata vyose kuko nivyo akunda
    kandi nivyo yamenyereye

  6. @muhutu, reka kuvyitirira ubwoko sha vyitirire abo bahemu bake bakoze iryo bara. Ntihabuze abatutsi b’abahemu bari kugira meme chose

  7. Hewe mana yaremye abahutu ariko umuntu araboregwa kushika aho ata ubwenge (bunyoni yamwabitse umudari) haazazzzzzzzszsssssssshooiii ewe abahutu amahera arabashajije kabisa murahemukiye ubwoko bwabahutu kuko siyiyo mico yacu

  8. Kwiba Ingoma biroroshe, ikibazo naho uyivugiriza.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :