SINDIMWO Gaston et BUTORE Joseph viennent de prêter serment en tant que vice-président

SINDIMWO Gaston et BUTORE Joseph viennent de prêter serment en tant que vice-président

Publié le 20 août 2015, dans BUJUMBURA News. Bookmarquez ce permalien. 20 Commentaires.

  1. Wewe wise NVUGUSI Sha u wenge bwawe warabutaye uraja kubhhiga ngo abatutsi nti boron ka uko batera kuko ari bake ya uraja kubaza KAGAME uko yabingeje mu rwanda hanyuuma umubaze ingene yateye Congo agatsinda arwanye ni bihugu vyafasha Congo bishika munani aratsinda yo mora MOBUTU ahashira KABIRA pere ico rero women ya KAGAME ashatse gukura Peter nakanya isase noneho abanya merika bamubbwiye ngo dukurireho iyo ntunva rind ira Gato

  2. Rose reka kwicwa n’ishavu wewe turazi ko naho Peter yokora iki ntiwokwigera ushima,hama iyo coup d’état ntiwoja imbere ukayigira tukaraba?ngo so akwanka akuraga ivyamunaniye ingo iyigire turabe ko wishinga kuvugira hiyo muri za Canada na Europe,abana bose bawe bibereye hanze n’ikigaba Eddy wamusohoje urupongo mw’i jabe,reka abandi nabo barere bakuze bongere basohore.Yarahiriye ahabona kuko twebwe turi i buja twarabibonye,mbe wewe igihe waja gusasa mu Kigobe n’inde yari yaragutoye ko tuzi ko utigeze utorwa n’abanyagihugu none n’ubu nivyo ushaka ngo ube coptée kumwe Buyoya yabigira kugira induru zigabanuke?reka twarabahinyuye abantu bameze nkawe ntantambwe mukiduterana,bihere i wanyu biherere i wanyu,une chose que tu devrait savoir »LES CHIENS ABBOIENT MAIS LA CARAVANNE CONTINUE SON LONG CHEMIN »

  3. Amisome Ntamvuridahita

    twaciye muri vyinshi kandi abarundi babonye vyinshi. ariko ni rya mbere umukuru w,igihugu arahirira mu mbari.none twemere igihugu gitwarirwe mu mbari? ishwi da! abarundi nubu barazi ko manda izohera le 26/08/2015 a 23h59. ukwihangana kwabo kuracabandanya. ariko bagiye guhaguruka utinya ingwe ntutinya iyikwinjiranye! nayo abibaza ngo biraheze babaze iyo Micombero ari,Bagbo,COmpaore. Bitebe bitebuke ya Mana avuga atazi izohaguruka.

  4. Uwimana:Mana Nzima;Uri Imana kubayizi kandi uri inyishu yabayisaba ubudasiba.Nico gituma nubu tukuragije igihugu cacu nabakibamwo bose kandi udasobanuye. Mana uraturinda gutwagwa nabo bose bavuga imikomo atakindi bacisha mukanwa.Ukabona hageze ko botwara Uburundi urabaha uguhinduka ibitutsi bavyihane vyose basabe imbabazi Imana kandi bagire n’urukundo.

  5. Mu misi mikeyi, Nkurunziza azokwicwa bunyamaswa be n’abo basangiye ububegito.
    Ikibabaje, n’uko Nkurunziza asigaye ar’intumva kandi umengo yaragifise amatwi!

  6. C’est un gouvernement composé des hommes et des femmes les plus médiocres du Burundi.

  7. Heheheheheheh reka mwese ndabatwenge. Umwe ngo urwanda nirubafashe gutera igihugu kandi ga nkabona umenga avuga ikinyarwanda, uwundi ngo union nationale ngo si union africaine.hhahahhahhahahha reka nsubire ndabe iryinyo. Ubu harageze ko gaston SINDIMWO ataba umurundi? Mbega mwebwe muzi vyinshi kundusha yabaye mu burundi ryari? hanyuma yinjiye muri Uprona ryari? ko ntigeze numva NDITIJE akirongoye uprona avuga ko Gaston atari umurundi?hanyuma ngo amwirukane mu mugambwe wiwe.

    Bagenzi humura!!!!!!! erega yatowe n’abenegihugu kandi bamuri inyuma. Harahumiwe uwugomba kugirana ingorane n’abenegihugu. Ubwo mubonye bivugira make mwibaza ngo nukubura ivyo bavuga? Muga data ngo ntibize nimwe mwize, nimwe muciyubwenge kurusha abandi!!

    Reka tube turakora uyu mwimenyerezo. ibiroberi bimaze kugeragezwa mu gihugu c’uburundi bingana gute? kubera iki atakiramara ukwezi kigiye ahabona? twama tucumva kw’izina hanyuma ntitumenye iyo cayongeye?

    Abateye igihugu mu mpera z’umwaka uheze,barihe? mumbonera bari mu kibira kwitegura neza gutera igihugu?

    Kera jewe narutse hemwe bambwira ngo nta muhutu yoshobora igisirikare, muga aho mboneye ingene bavyifashemwo igihe bagandaguriye Nyakwigendera Melchior NDADAYE, ni ho natahuriye ko na bo bashoboye. Murabe rero imyaka barwanye kugira bashike mu gihugu, mumbonera abatutsi bagomba gutera igihugu bazobishobora kweli? nibasubize ameru mw’isaho kuko ehe raba namwe ntanumwe atazi ko ibice 85% bigizwe n’abahutu, mbwira rero uwo mututsi azinjira mugihugu akaronka uwumuraza ntihagire uwubica ikanda? mugirire igicapo kuva mu Rwanda , kwinjira ikibira hanyuma gutera muva mu kibira munyereke aho abo batutsi bazinjira ata muhutu ababonye; Nukuri barabasya atacamira nimba bagomba bishore mu ntambara.

    Aha mubona natwe abashegeshwe n’ivyo agatsiko kabatutsi ba bicanyi aha murantahura si abatutsi bose muga agatsiko konkejwe amacakubiri bagiye barakorera abahutu nukuri uwobasotora barabafyeta atacamira. Ngo Urwanda rwarabonye ihonyabwoko, nibagerageze mu Burundi ho bizoba ibidasanzwe kuko nanzi ngo ufise appui imeze gute, Sha jewe ndaziko atakarwi k’abatutsi bari kurushi kamenyereye gutwara no kwica kazopfa kanesheje ingabo zihari n’abenegihugu banyotewe amahoro.

    Muragomba kubona ayo imbwa yaboneye ku mugezi, ni mu mukoreko hagire icaba murabe. Gusa mbabazwa n’abazopfa ataco bazira .

  8. Et si c’était un autre qui était élu au poste de Président, aurait-il prêter serment le 20/08/2015 avant la fin du mandat de son prédécesseur? C’est tout simplement un coup d’État et une prolongation du mandat suivant! N’est-ce pas ça une faute lourde en politique?

  9. La nomination de Sindimwo est expressément interdite par l’article 123 de la constitution. Il y est écrit : «Les Vice-Présidents de la République sont choisis parmi les élus.» Or il n’a jamais été élu. Il a passé toute une année à faire campagne pour se faire élire, le DD a tout fait pour l’aider à se faire élire, mais les Burundais ont refusé de voter pour lui! De quel droit le DD peut-il forcer ces mêmes Burundais de payer son salaire de vice-président alors qu’ils ont refusé de voter pour lui?

  10. nkurunziza we nyene ntakunda abarundi canke muyindi mvugo ntabahutu ntabatutsi ntabatwa akunda,régionalisme Ubu niyo agiye gukoresha!ababona ko batomushigikira muruwo mugambi ugayitse yarabigijeyo ntiduhendwe rero ngo hari urukundo yakunda Adolphe,yarabona ko amugumije muri leta agiye gushinga yomubera intambamyi narirya arico biyamirije kuri nyangoma mukabona ko rwasa(ava muri KAMUKINGO:KAYANZA MUYINGA KIRUNDO NGOZI) yamushize muriyo leta!ba bunyoni na uwamahoro nibo basigay ari ikibazo gikomeye kuriwe nabo ntibitangaje kuko ntibizomugora kubata mugasho kubera bagirizwa bimwe muvyaha bikomakomeye nacanecane guhungabanya umutekano w’igihugu!muragabe rero kuko willy nyamitwe wewe azosabirwa gufungwa ubuzima bwiwe bwose gutyo nord yiganzire ubutegetsi kumwe kwa Buyoya yashaka ko bururi itova kubutegetsi

  11. Iby’abavandimwe b’abaturanyi,n’agahomamunwa.Ariko dutangira twibaze icyo twabafasha kuko nkuko Kagame yarungitse,abazimya inkongi y’umuriro watwitse isoko rya Bujumbura,azabe ariko agoboka bene wacu mu gihe bamwiyambaje.Nah’ubundi turabasengera,Imana ibahe kwihangana,ntawupfukiranya ukuri,kandi Abanyagihugu bazoteba batsinde.

    • Abanyagihugu baratsinze ntibatsinda kabiri; abanyagihugu bataratsinda nibaza ko ar’ abanyarwanda; abonabo Kagame arababona.
      Umukuru w’ Igihugu yarahiye uyu munsi. Imana Ibiherwe icubahiro, kuko twayisenze nayo ikatwumva

  12. igitangaje nuko arahira yahenze abantu ngo azorahira ikiringo ciwe giheze. iyo nintwaro yigikenye.intwaro zose zigikenye zihera nabi kandi nawene arabizi cane kandi arazi icamujanye mwishamba. ntiyibagire ko ishavu yari afise nabandi barifise. muga nibaze ko kurya avuga imana cane azokwihanura.

  13. Nkurunziza ahejeje kugira cout d etat ntiyibaze ngo ararahiye ngo biraheze IKIBIMWEREKA
    NUKWO KURAHIRIRA MU RUTARA
    Iyo itaba cout d etat yari kuja ahabona nkuko vyahora bigenda Ubu relo biriyerekanye ko ari igisuma kandi we nabo bamushigikiye ntaco bazoshikako
    Tukaba tuteye ivyatsi iyo ngendo yo gufata Igihugu nk itongo yaguze n ugufata Abarundi nka baja biwe turavyanse kandi twese tuve hasi tumwirukane

    • Mbega uzosubira kuri radio ya Bujumbura news ryari ngo tukubone? Erega ngira niwe uzohava utwara CNARED!!!!!

      • dieu est aussi une propriété DD, il l’invoque comme se ce dieu, je le prends en minuscule, car je crois qu’il invoque un démon. un dieu pour lui seul!!! et non pour ceux qu’il tue… mbega injiji !!!!

      • Rose Hakizimana

        Wewe wiyita ngo uri Murundikazi mwiza CNARED uzoyitwara wese azoba ashigikiwe
        kandi nanje ndimwo mu Barundi benshi banka ubwo buja bwa Nkurunziza nturondere relo abo utuka ubona ko mutagira ico mwubaha
        genda ubwire Nkurunziza nabo bari kumwe uti iyo Ntwaro yanyu y amaraso izoranduranywa n imizi Amabi Nkurunziza yakoreye Abarundi azovyishura
        Iyo ntwaro y imivumo y amaraso Abarundi ntayo bakeneye

  14. Gaston SINDIMWO un congolais au poste de 1er Vice President d’un gouvernement d’union africanie forme par Peter cela n’etonnerait personne . Le seul soutien que ce criminel a est celui de Zuma qui se croit le President le plus puissant de l’Afrique . Ce grand coureur de jupons va depasser les limites en croyant qu’il peut disoser de l’Afrique selon ses appétits cupides et seuels jusqu’à proposer a Pter du n’importe quoi .
    Un gouverement d’union nationale ne signifie pas un gouvernement d’union africaine

    • Seviren urihenze cane Sindimwo Gaston il n’est pas Congolais loin de la seulement nu mwana wo mu muji wa Bujumbura ne Nyakabiga.Ahubgo jw ndamugaye gose kuko nzi ko iyo gouvernement ntizomara kabiri birababaje kubona Gaston nzi neza gose ayirimwo.

Bienvenue sur notre forum de discussion. Postez votre commentaire en restant courtois et poli. Les commentaires redigés en MAJUSCULES ne passeront pas. Merci.

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s

%d blogueurs aiment cette page :